IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ayubu yagirizwa kunyuruza imisore ine yo mu Cibitoke

Ayubu yagirizwa kunyuruza imisore ine yo mu Cibitoke

vendredi 17 Mukakaro 2015

Ayubu, umukomiseri mu giporisi yagirizwa kuba ari mubahohoteye rwose bamwe mu bafashwe bagirizwa kugira imyiyerekano, yoba ariwe yanyuruje imisore ine yo muri komine ya Cibitoke.

Bamwe mu bamaze iminsi rero batwarwa n’imwe mu miduga yo mu rwego rw’igendereza canke imiduga yo mu giporisi, bakaba bajanwa ahantu bagasinzikarizwa ubuzima, canke bakajanwa mu bibanza, aho bukeye bagirizwa ko bari mu mirwi irwana, nk’uko amakuru ava mu mashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu abivuga. Imisore yanyurujwe kuri uyu wa 16 Mukakaro muri komine ya Cibitoke, kw’ibarabara rya 12, bivugwa ko batwawe na Ayubu bari bane, kugeza ubu imiryango yabo, ikaba itarabatora aho bajanywe.

Muri APRODH bariyamiriza ifatwa rya bamwe mu bagirizwa kugira imyiyerekano yo kwanka ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, bakaja kwagirizwa ko bari mu mirwi irwana; canke bagahohoterwa bimwe bikabije.

IGIHE

Messages

  • Nawe nibamukate igihimba cirondoka nkuko yabikoreye abandi, ahubwo nabandi nibabahige kuko siwe wenyene nabo babakone sha! Ihorihoze.

  • none bafachwe kumbera bahugabanya umutekano babahora umbusa ahubwo bari bakwiye kuza barabisa kuko niho nabandi mboca bagira ico batinya ayo machwarahamwe nayo amvuga ngo ntaharanira ivyicaro vyo politike baranduhenda kuko nimbobabatuma guhugabanya umutekan.

  • emma

    ayubu kora icamategeko avuga uwukoze icahaco guturira abantu nimiduga na mabarabara namazu naho yopfa ntaco. bantu mwandika ngo mwiyamiriza PETERO ngo ntiyongere gutwara murihenda cane! ahubwo ababahenda nimubiyame twese abarundi dufatane munda tur

  • UWO AYUBU NABIKORE ARIKO AMENYE KO AMARASO YABANTU AZOMUHUMIRA. MBE ABAZIZA KO BEREKANYE AHO BAHAGAZE KUBIJANYE NIBIRINGO? MANA GARUKIRA ABARUNDI NUBURUNDI MURIKI GIHE BURIMWO.

  • TWEBWE TURIYAMIRIJE ICO KIRINGO CAGATATU C’MUKURU W’IGIHUGU KUKO KIRIKO KIRATUMA ABANTU BICWA BUNYAMASWA

  • YASHOBOYE KUBAFATA NINGENE MWAMWIRUKAK MUMIGUMUKO. NABAKONE

  • Ayu uraz ko amaras ahum?bandany ejo barik bakwagiriz kwic ababikir kuk nkuru yar agushigikiy ku mabi ukor ugum widegemvy ub haragez ko abarund tukwiyamiriz

  • ayubu yakoze amabi menshi mwano mezi atatu kugeraho ahagrikira abafata kunguvu abana b’abakobwa mu buterere akagirako avuga ngo nibabatere inda bavyare imbonerakure.ubutungane iyaba bwabaho yokurikiranwe muba mbere

  • ayubu ico yomenya amenye ko atar’imana kandi amenye naw ko azokomoka

  • Ewe burundi waragowe ariko bizohera imana ntiyo nkuru

  • Ayubu we reka kwicanira umurir iyegeranriz inkw uzobibna nutihan kuk ibih bgenda bikuranw uyumus urhk utotez naw ej uzototezw utagr gtabara hama nagir mbwr uwo munt yiyis emma mbeg umunt apfuy uronkik?ngo nah yopfa ntaco??urumunt ufse inyam namaraso?uwupfuy asiba rwiw kinogo mugbo rwaw kik kikurindiriy nukr mugenz hak uvuga nab wokwihorer kuk twes twikorey ubuzima ntitwikorey amabuye!

  • AYUBU UBIGIRE WIBUKA KO EJO ARIWEWE BAZOBIGIRA HAMWE NAKO KAGWI KAWE.IMANA IGUFASHE WIHANE SI NON IBIHANO VY’ISI NIVY’IMANA BIRAKURINDIRIYE

  • Bakinda bagaramye canke bicaye barabesha tuzomutora.Nibatekere kuko:<WIKANIRA IMIGISHA YUWUNDI UKANYA AMAGUFA.>

  • AYUBU UBIGIRE WIBUKA KO EJO ARIWEWE BAZOBIGIRA HAMWE NAKO KAGWI KAWE.IMANA IGUFASHE WIHANE SI NON IBIHANO VY’ISI NIVY’IMANA BIRAKURINDIRIYE

  • None uwo mukomiseri azotahura ryari ko ukora inabi ukishurwa iyindi!!Jew ndababazwa cane nuwuhohotera agateka kazina muntu kandi ariw yarajejw kugakingira??Nkuko nkunda kubivuga,umwu mw wes azobazwa ivyo yakoz,kuko Ayubu yagirizwa vyinshi,nagomba gutera akamo MBONIMPA atwara APRODEH,asab Sentare mpuzamakungu,yugurur amadossier yabahohotera agateka kazina muntu.Murakoze

  • Mbonimpa, asanzwe aharanira,abarwanyi kuva keta,ariko ntaho bizomushikana,kuko murimake ivy’Imana Yateguye k’uburundi niyibizi

  • Ewe Burundi bwacu,wishwe n’abo wavyaye.

  • Ndashima ko abarundi mushikiriza ivyiyumviro vyanyu ukobiri kose, kandi mukubahirizwa. Ariko ndabibutse ko abahora bibazako ikibazo caha i Burundi aricamoko, namba! Kuko peter, edouard, bunyoni,sindimwo, cokoroko,,... Hamw na Sinduhije,Rwasa,pacifique,Minani,ntavyohanyuma... Mwohava mumbarirako hagwana ubwoko ubuhe nubuhe? Iyo nimikenyuro yinda nogusamaza abanyagihugu batazi ibiriko birakigwa,ukuri kuzoteba kuj ahabona hanyuma abarundi turuhuke, duterimbere!kubahiriza amategeko vyoza imbere, nihovyokwerekenako dukunda igihugu cacu! Les patriotes

  • naho reta yoba yaguye akazi ntiwokwiyumvira kwica kuko rurirye abandi rutakwibagiye.Emma we uraraba neza ukosore ivyo uvuga kuko Imana abarundi basenga irumva kandi kwifuriza beneso urupfu sivyiza.None wewe uzoja he mu misi iri mbere?Vuga make uzobazwe bike

  • wait.bizotinda bija ahabona.land I sikera

  • Yemwe Mwes Munyumv:umurund Wumuhirwe Yosenga Kuk Igihugu Kigomb Gitwarwe N’umumarayika W’imana Gusa.Nayo Imbonesi Zose N’abaja Ba Nkuru Bazo6gara Bameze Nk’ibibwana Vyabuze Nyina.Mbega Bibuz Nyina Haca Haba Iki?Harambe Abateshejw Igihugu Cabo Kuk Bazotinda Bavamo Abagabo.

  • abantu bo kuri iyi ntwaro baracits ibikoko?ubu ubuzima bwakiremwa muntu ntaco bukivuze?niho birirwa baravugako baguma bishikana!Imana idufashe.

  • Ngumumalayika?Urasara cankurarota ukanura?Mwamenyereye gusahura twahunze,gutwara.mumenyaraso,ama coup d’Etat,mwnkamatora ngomurwane mubone gutungivyomutakoreye.Rero ngo imfatakibanza mutwzigitugu ,ibiganiro babahintebe mutatsindiye,uburero sinkakera mutsinzwe mutwarwa nimwanka mwangare.Ubuzojamwishamba nabwo umuti uravuguse tuzobanywesha .

  • yoooohh ewe ema nuwundi uwariwe wese! nimupfume mwibuka ko iyabaremye ihari kandi yo izocurubanzav rudahengamye
    mushobora kuba mwica uko mushaka muzi ngo ntankurikizi ikibi kiragukurikira tu! ayubu nawe niyice igihe ciwe naco kizogera numuntu naw afise umubiri ubabara iciza nuko mwomenye ko muri abarundi ntanakamaro ko kuicana!

  • ayubuwe ntanyungu numutahe bizova mumaraso bizogirigwa nawe umudyango wawe ivyo ukora lmana irabibona kandi yo urubanza iruca neza!ntaho ihengamira nka leta ya nkuru

  • Nashaka kubwira umuntu yiyise Power, uti uraraba nezantuvugutirwe imbere yuko wifuza kuvugutira abandi.
    On ne s.est jamais!!!!!

  • Mana tabara u Burundi n, abarundi

  • ndabaramukije mwese ndababajwe na societe civil hamwe na opposition bahenze abanyagihugu ngo biyamirize3e mandat none ubu bariko baricwa nki nsazi na ba dd none bokingirwa gute?mwobafasha iki?kombona namakungu yabibatanye amatora agiye kubandanya ukuri kwamye.ahaa murabe ko mudahenze abanyagihugu kuko nibo bariko bahona kubwishi mwiraramiye mumagorofa yanyu ,murakoze

  • Yemwe yemwe bantu biburundi,ntimworeka guhohotera gateka kamuntu? ndahanura ibiro vyi perereza hamwe niki porice birirwa baragandagura abenigihugu,nimugezahooo!! mugerageze mwige kubihugu vyashitsemwo demokrasi, muzosanga mukirikure cane gose.kandusaga ivyobihugu vyahuye ningorane zisumba izongaho iburundi.unomusi biruka nugutezimbere igihugu nabenigihugu,nogukingira abenigihugu. namwe mwirukira gusesa maraso yabomwonse rimwe,mwibuke Kayini yishe Aberi ukovyamugendeye.ninacogituma igihugu kizokwama mumagorwa adahera yi nzara, ubukene mubenigihu,gwabwirwa beshi akumva beneyo,kandi habwigwa icumva,icerekwa nikibona.

  • Awa AWA REKA DUKOME MWEMERERERA IKI IZO MBWA ZABAHUTU KWINJIRA MUGIHUGU CACU??? nTANARIMWE TUZOTWARWA NUMU EX ASSAILLANT IGIHUGU KIBE KIZIMA ....NIMUGIHE UMU JEUNE YEMERA IMANA APANA ABO BICANYI YABA ABAHOZE KUNTWARO ZAKERA .YABA ABO BA RWASA.EKA NIZO NJAVYI ZA BA DD TUGIRE CHRISTU kandi ndababwire secre mutari muzi igihugu cishwe na NYAMITWE JEWE NDABIBABWIYE NKUWUBIZI IMBERE YUKO AMATEGEKO YOSE AVA IWE

  • Iyonipro.Tike Umugabwe
    Urikubutegesti Ugira
    Abaru.Ndi.Mwabonye.Kwa arabana
    Buguhenda
    Nimwihanure Mu Fyaiki

  • Iyonipro.Tike Umugabwe
    Urikubutegesti Ugira
    Abaru.Ndi.Mwabonye.Kwa arabana
    Buguhenda
    Nimwihanure Mu Fyaiki

  • Ndababaze?Nono Ayubu Azogezaryari kwicaarundi Yibukeko Ingero Ugerako Niyo uzogere
    Ngwako

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.