IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Inyandiko zahora zitangirwa muri Mairie zigiye gutangiwa no mu (...)

Bujumbura : Inyandiko zahora zitangirwa muri Mairie zigiye gutangiwa no mu Ntara

jeudi 24 Nzero 2013

Umushikiranganji w’abakozi n’akazi Annonciate Sendazirasa yaramenyesheje ko imyandiko zimwezimwe zikenewe zizohora zitangigwa mu gihugu cose.

Mu ntumbero yo kworohereza abantu bipfuza inyandiko zitandukanye zahora zitangirwa mu gisagara ca Bujumbura,ibiro vyo kumenyekanisha bigiye gutangura gukorera mu ntara kugira ngo bibaronse izo nyandiko bitabagoye.

Muri ubwo buryo,abantu ntibazorinda gushika mu gisagara ca Bujumbura kugira ngo baronswe impapuro bipfuza.Ivyo rero vyashikirijwe na Annonciate Sendazirasa,Umushikiranganji w’abakozi n’akazi, ku munsi wa kabiri itariki 22 Nzero umwaka w’ 2013,igihe yariko arashikiriza ivyaranguwe m’ubushikiranganji arongoye mu mwaka 2012.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.