IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Burambi : Umukuru w’ikirindiro c’igiporisi yakomerekeye mu gitero

Burambi : Umukuru w’ikirindiro c’igiporisi yakomerekeye mu gitero

lundi 4 Ndamukiza 2016, par egide

Abantu babiri bapfuye, abandi batatu barakomereka, harimwo umukuru w’ikirindiro c’igiporisi, mu gitero cabaye ku mugoroba wo kuri uwu w’Imana i Burambi mu ntara ya Rumonge.

Ico gitero cabaye nk’igihe c’isaha imwe z’ijoro ku bunywero bw’aho i Burambi mu ntara ya Rumonge, amasasu akaba yarumvikanye gushika nk’igihe c’isaha zitanu z’ijoro.

Umukuru w’ikirindiro c’igiporisi ari mu bakomerekeye muri ico gitero, abandi bantu babiri bakaba bahasize ubuzima.

IGIHE

Messages

  • Jewe .bona niba hariho abarwana nibarwanye nkurunziza kuko biragaragara Ko abaribizeye Ko amakungu azobatabara ataco akibamariye jewe nosabako botera ibibanza bikomeye kandi urutavanako kugira akokarwi kabicanyi bagahashe

  • Ubwo N’ububeshi!Bavuga Ko Umutekano Ukwiye None Ivyo N’ibiki?

  • BURUNDI GOUVREMEMENT HAVE NO ANY OTHER CHOICE THAN DISTROY ANY ARMED GROUP. AT ANY FORCE BECAUSE IS SUPPORTED BY 80%OF THE PEOPLE.
    AND IS A AN ELECTED GOUVERMENT.THOSE ARE ENOUGH POINT TO DO SO AND THERE IS NO NEED AT ALL AT ANY NEGOCIATIONS.
    IF THEY COMPLAIN ABOUT 3RD TERM ELECTIONS TO KEEP IT THE WAY IT IS UNTIL NEW ELECTIONS COMES WHICH IS IN 4 YEARS.
    IMAGINE !!HOW MANY COUNTRIES HAVE THEY OPPOSITION IF THEY ALL JUST COMPLAIN AND TAKE ARMES???

  • @ERIC

    Where the hell you got those 80% from ? By "elected government", did you mean "self nominated"? You must be either Stupid, Imbonerakure or even non Burundian. Facts: The nation has over 260 thousands citizens suffering and even dying in the exile, The army has been ethnically divided, Police stations are always under attacks,.. This is NOT a matter of time, it’s a matter of obedience and respect of what got us out of our nasty killings history. Behaving the way Nkurunziza is should never be acceptable. Instead, it should be punishable (It would be disgrace If he goes unpunished after all this mess). I am a hutu so don’t even use ethnicity as your scapegoat. What are the Other nations that have presidents who wants to forcefully cling on power and then have their oppositions remain silent?? You sound so DUMB!

  • Yoyoyo turashize imana nitabare uburundi arikose reta ntiyo kwemera ibiganiro bagahagarika ubwo bwicanyi ntamusi numwe ntunva ngo hapfuye umuntu sha burya hagiye umwe haba hagiye ijana reta niyemere ibiganiro

  • Ntaco, Bazoshira Nkifu Yimijira. Intovyi Zamaho Kuko Nomu Bufaransa No Mu Bu Birigi Bariyo Inkozi Zibibi. Ewe Nigere Ryanyuma Baraze Barebe Turetse Ubwo Bwamujeri Dufise Amaho Nu Mutekano.

  • NONEGAYEMWE UBWICANYI BUZOHERARYARI MUBURUNDI. ABOBAGUYE MWICOGITERO,IMANA IBAKIRE.

  • Abo Bantu Baguma Bagandagura Abantu Ataco Bazira.Nibavuge Ico Bashaka.Bareke Gusanga Umuntu Mukabare Ariko Yivuna Akanyota.

  • Abo Bantu Baguma Bagandagura Abantu Ataco Bazira.Nibavuge Ico Bashaka.Bareke Gusanga Umuntu Mukabare Ariko Yivuna Akanyota.

  • Izonyenzi zita umutwe kubiganiro nubujuju erega bamenye katabiganiro vyo kugaburinzego bihari nk’iyarusha?ntamapabura nyama akiba uzoba nyumba kumi utow nabanyagihugu amase yakera ntagihoma urutaro raba politi yabo kubera ariyikinyoma iratuma ntamizi ifise nkiyamutamaaaaaa!!!

  • Abo bitwaza ibiganiro ntabiganiro vyo kugabangana inzego bihari nkuko ibijuju bivyibaza.utatowe ntiwatowe ntamagaburanyama ahari.

  • Abo bitwaza ibiganiro ntabiganiro vyo kugabangana inzego bihari nkuko ibijuju bivyibaza.utatowe ntiwatowe ntamagaburanyama ahari.

  • ABARUNDI BARAGOW KUGIRABAMARANE SE ARUMWE????

  • mbe abatera zagrenade mukabare nomumihana bacababwira aba bantu bandika nka none,tari,turaje,lili abobose amakuru amaze gutohozwa harimwo inkotanyi nibo bakoreshwa mugutyoza bakoresheje igihe mukwandika ibinyoma

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.