IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Abantu bitwaje ibirwanisho bagandaguye umudandaza

Bururi : Abantu bitwaje ibirwanisho bagandaguye umudandaza

jeudi 12 Rusama 2016, par egide

Abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye bagandaguye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu umudandaza ku musozi Mutobo, zone Kibezi, komine ya Mugamba, mu ntara ya Bururi.

Uwo yagandaguwe ariwe Nestor Nibaruta yahora ari umudandaza w’inka, akaba yatewe kurugo iwe n’abantu bitwaje ibirwanisho bamugandaguye bamurashe, basiga bakomerekeje umuhungu wiwe.

Inyuma y’ukugandagura uwo mudandaza hamwe n’ugukomeretsa ku kuguru umuhungu wiwe, abo bitwaje ibirwanisho baciye bagenda, akaba ataco bagiye bivye muri urwo rugo.

IGIHE

Messages

  • IMANA IMWAKIR ABANTUBICA NIBAGEZAHO UBURAKEBW’IMANA BUTARABURURUKIRA

  • BIRABABAJE.IMANA IMWAKIRE.ABANTU NTITUKIBABARANA KWERI.

  • Abarundi turarushe no kuguma twicwa nkabana binyoni kumvo zumuntumwe mbe babashingantahe nabapfasoni biryamunyu bagiyehe Ngo badutabare ubunyene murakenyeye muricaye ngwizi nterahamwe nkurunziza yatumenyemwo ziduhonye nimbonerakure hamwe nigiporisi nigisoda vyiwe ariko muduhebe mwibuka ayamajambo yimana avuga ati uwuzoba agomba kuzigama amagara yiwe ngwazoyata nawe nguwuzoyata ngwazoyazigama

  • none mumuryango wuwo muhisi ntamatati yarahari amatohoza nakorwe bamenye abo bicanyi bakoze iryobara kugirango bahanwe nubutungane turahojeje umuryango asize

  • chaque jour ,ces gens font tous que il y ait au moins une ou 4morts par jour tuer pour alimenter les journaux quatidiens soifs.
    c’est leur goal de football par jour.
    si un jour ils ne trouvenent pas proche qui tuer d’important ,ils vont tuer leurs familles ou les vaches ou chevres a cause des negociations.Shame!!
    Je pense que le gvment est entrain d’additioner par jour combien de mort depuis une annee ces gens tuent.
    Le nombre tuer par la police peut etre 400 mais le nombre tuer par cette opposittion est presque en moyenne 2 personnes multiplier par 360jours.
    Si on les laisse pour 4ans qui reste le nombre atteindra 5000 a 10000 a leur tete.

  • nibururi,imanikwiyekuhagarukira,hagezekur,nibujumburahakabiri

  • Non Karaciyingan Abanyagihg Atacobazra Bagumebicw Atacobazr Reta Irorer?

  • Mana ubu ni ahawe,tabara UBURUNDI.

  • Erega mission bafise sizokwiba nizo kwica,kuko ibitigiri vyasabwe n’ababirigi vyarakwiye babicishije kuri Magi na Mbonimpa baheruka kuronka agashimwe kitiriwe :amaraso twanyoye yabene wacu araryoshe:,irya yari Tranche yambere kuva mumigumuko gushika igihe batora agashimwe kamaraso banyoye yabarundi,iyindi Tranche igira kabiri nagashimwe kazotangwa na Leta zunzubumwe za Amerika 2018 mukwezi kwa 9 bakazokita uwakoze neza mu burundi mukwica abazokahabwa naba "Pacifiqeu na Rufyiri ariko ayo namafaranga azocishwa mwabobantu kugirango ntibikemwe kumugambi wo kuguma bica abarundi kugirango amakungu aboneko atamutekano uhari, ok Mungu adusaidie Roho Mtagatif.

  • None ko bagomba kuduhonya abo ba gwanka biyago bashaka iki?kumbure dufane mundakubera umutekano uturaba twese abo nabo badashaka gusubiza inkota mugwubati"AMARASO YACU ARAKABA GWAKO"

  • BARUDI BARUDIKAZI HARAGEZE KOMUCA AMASO MUKICUGA KUGATWE KANYU NAHADI IBARA RIRAGUYE AHO UMUVYIYI ASIGAYE YIKORA MUDA

  • BARUDI BARUDIKAZI HARAGEZE KOMUCA AMASO MUKICUGA KUGATWE KANYU NAHADI IBARA RIRAGUYE AHO UMUVYIYI ASIGAYE YIKORA MUDA

  • NONE ABANTU BIBURURI NBE IKIGIHE BIRABAHO ABOBICANYI BABAMUKIRERE NTANISONIPE ABANYAGIHUGU BIBURURI VUGANA NTASONI UBWOMUBONA MUTANBAYE IBARA ESMURARYOHEGWA MWEHOMWICA MWUNGUKA IKI EJO AHOBUCAMUFATIGWA MUZICUZA KUKO TWIZEKO IMANA IZOBATANGA

  • N’UKURI IMANA IMWAKIR MUBWAMI BWAYO MUGABO MURAKWIYE GUKORA UKO MUSHOBOYE KWOSE ABOBANTU BAKAMENYEKANA MWOBA MUKOZE?

  • ntakund urumv bashakumunt kand twes ntawuzorusimb twes turarindiriye

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.