Accueil > Amakuru > u Burundi > CNARED yabwiye umuhuza abakwiye kuganira mu Burundi
CNARED yabwiye umuhuza abakwiye kuganira mu Burundi
mercredi 11 Rusama 2016, par
Umukuru w’urunani CNARED amenyesha ko aheruka kubonana n’umuhuza mu matati y’Uburundi, Benjamin William Mkapa, akavuga ko bamushikirije ingene urwego CNARED-GIRITEKA rubona inzira yo kugarukana ihumure, amahoro ubuntu n’urukundo mu gihugu cacu c’Uburundi.
Muri CNARED bamenyesha ko babwiye umuhuza Benjamin William Mkapa ko muri ivyo biganiro vyimirije, hazoyaga impande zibiri, ni ukuvuga uruhande rwa Petero Nkurunziza n’abamushikigiye, hamwe n’uruhande rw’abadashigikiye ihonyangwa ry’Amasezerano y’i Arusha, ari bo bahurikiye mu nama nkuru y’Igihugu CNARED, hamwe n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike yiyamirije ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.
Muri ivyo biganiro bigiye gutangura kw’igenekerezo rya 21 Rusama 2016, CNARED yasavye umuhuza ko n’imihari yafashe ibirwanisho yotumirwa.
Umukuru w’urunani CNARED Yohani Minani yaboneyeho akaryo ko kwibutsa umuhuza ko urunani CNARED rutegerezwa gutumirwa kuriryo zina atari kw’izina ry’imigambwe igize urwo runani.
« Twarongeye turadondagurira umuhuza abahurikiye muri urwo runani CNARED-GIRITEKA. Abo nabo ni imigambwe n’amashirahamwe ya poritike arenga 25, ni abahoze barongoye Uburundi, ni abahoze barongoye inama nshingamateka na nkenguzamateka z’Uburundi, ni abahoze ari ivyegera vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi, abahoze ari abashikiranganji ba mbere b‘Uburundi. »
- Yohani MINANI, umukuru w’urunani CNARED
Muri CNARED basigura ko kubera uguhohotera abanyagihugu n’inzego zishinzwe umutekano mu Burundi, haravutse imigwi yafashe umuheto, bagatanga akarorera ka FNL, FOREBU na RED-TABARA. Inama nkuru y’Igihugu CNARED yasavye abo bafashe ibirwanisho ko mu gihe umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yokwitaba ibiganiro bidakumira gushika imvo zatumye haduka intureka mu gihugu zizimanganye, ko iyo mirwi irwana yoca isubiza inkota mu rwubati.
CNARED isaba kandi iyo mirwi irwana ko mu bikorwa vyayo vya minsi yose, yokwama yubahiriza ubuzima bwa kiremwamuntu, na cane cane ubuzima bw’abanyagihugu.
IGIHE
Messages
11 Rusama 2016, 13:36, par eric
aba bantu nuku bafunga.
ubwo abarongoye ibihugu kera barakenewe?
abatera amagrena mumasoko barakenewe?
please excellence komera ntiwemera gushika 4years amatora abe
ako nakagayo
uyo minani naze abazwe ivyabaye 1993
11 Rusama 2016, 14:03, par KIRUNDO
EWE URARIYE URAHAZE UTANGUYE KWICA IMVUKIRA ZIWANYU ??.BURYA URIBUKA AKAHITIYE ??.68/ 71 /72 /88 /93 URAVYIBUKA ?.MBEKUDUHENDA UREKURA UWOMUZEZE NGONINDA IVYOWAVUGIYE MURWANDA URIKO UHUNGA KUTAGUMWEHAMWE NGO BAGUKURIKIZE NDADAYE ??.REKANUME NDAKURINDIRIYE MU KIRUNDO TUZOBONANA UHIRWE UGUME IYURI
11 Rusama 2016, 14:11, par NYISHU Orginal
Ahubwo nta n’isoni mukigira!Mugire kwiyemerera kari mwebwe mutwicira abacu muce mushaka ngo twicare hamwe ngo tuganire?Prezida wacu Petero NKURUNZIZA twagutoye tukwizeye,uri umuntu w’UMUGABO ni kwa kundi nyene:SONGA MBELE!!
11 Rusama 2016, 14:22, par CAKIRA
we minani uzogeza ryari ubwicanyi mugihugu uribuka uhagaze mu gwanda 1993 wavuzu uti:HAGARARA BWUMA MWABAHUTUMWE:mwibuke abo mwasutse mumigumuko,umenye umenyere NKURUNZIZA wacu ntabwo azicarana namwe mwabinywamarasomwe, mwagiye muriye ibihimba vyabantu nkimitima muja kuyirya mbe ntimurayihaga?abandi muturira mumapine ,uzobaze film yimigumuko 2016 nawe uzibonamwo ariko ikimbabaza niwapfa uzojahe??
11 Rusama 2016, 14:23, par CAKIRA
we minani uzogeza ryari ubwicanyi mugihugu uribuka uhagaze mu gwanda 1993 wavuzu uti:HAGARARA BWUMA MWABAHUTUMWE:mwibuke abo mwasutse mumigumuko,umenye umenyere NKURUNZIZA wacu ntabwo azicarana namwe mwabinywamarasomwe, mwagiye muriye ibihimba vyabantu nkimitima muja kuyirya mbe ntimurayihaga?abandi muturira mumapine ,uzobaze film yimigumuko 2016 nawe uzibonamwo ariko ikimbabaza niwapfa uzojahe??
11 Rusama 2016, 14:28, par Adonai Land Eric
Nivyiza Hamwe Ibiganiro Vyoramuka Bibaye,ark Nuk Uruhand Rumw Rumw Rufis Uk Rwibza Ukwarwo,yamara Twe Dushka Amahor Kuk Amajambo Ntac Arigera Atanga.Yab Reta Cnk Oposition Ntanumw Azoduha Amahor Kirets Uhoraho Gsa.
11 Rusama 2016, 14:35, par kamaro
ngo hazotumirwe nde nande? ababatipe ururumogi buha nkitabi ruramaze kubonona mumitwe, baratumatumanyeko ngo bucahaba amagaburanya ntibanamaramara!!! nimusubize ameru mwisaho hakirikare...muribijujukabisa ibigaro vyahezekera kuririyasango hazobarukubamenyesha ivyafundiswe kuko umuhuza amasimisi arikwarabigirisha hama mwembe nuburofa mbwanyu mukavyita imibonano numuhuza......ntacomwanze
11 Rusama 2016, 14:37, par MPAWENAYO VIANNEY
ICOMBONARETA,YUBURUNDINTIZEIHIRAHIRE,NGOIGANIRENABATEYE,AKAGUMAMUBURUNDI
11 Rusama 2016, 14:58, par BUGA
Uwominaninumusazipe ntakwijemumutwe,muriyumviranamabimwakwegeye,uburundimwenabambonimpa,ngomushakakuganiranankurunziza?
11 Rusama 2016, 15:10, par DEUS HAKIZIMANA
mwse murek kumutuka uko mwishakiye yashikirij iciyumviro ciw kandi giratomoye,nkurunziza n’abamuyoboka emera ibiganiro namw ntimwera kuko mukiyago hava vyose .kuko abarundi twese twipfuza amahoro benewacu, sumuhutu s’umututsi mwese ntawukunda igihugu ciwe n’inda yigendera gusa murakoze. rendez- vous alors le 21/05/2016 Ã 9h quartier ARUSHA EN TANZANIE
11 Rusama 2016, 15:21, par Bougounie Siheza
Nibanyarutse Ibiganiro.Bidakunze Twebwe Aba jeunes Patriotes Mudutegurire Ibirwanisho Nkurunziza N’akarwi Kiwe Tubikureko.
11 Rusama 2016, 16:37, par Bizimana Emmanuel
Mutama Dr jean Minani komera Ku muheto turagushigikiye.abo bagutyoza ntibazi UCO wamariye abarundi.Uwo umwicanyi ngo ni umukuru wigihugu (Nkurunziza) yica abo bagendanye(Adolphe),afunga abo bagendanye nabamushizeho(Radjabu),yiciye impunzi iyo zahungi nukuvuga umuhari wiwe cndd_FDD na fnl cas de Gitare et lukole en Tanzanie aho mwijoro rimwe hishwe abantu barenga 350 nubu reta yiwe ikaba yabigize akamizwe ningoma kandi babizi,kuva peter agiye kubutegetsi ntagihe rimwe abantu batapfuye cas de muyinga en 2007,cas de banyamureng,cas de Gatumba,cas de safisha,uce ushirako ibiriko biraba ubu,bibazwa nde?MBE urazi indahiro yarahiye ?ko ahagararira ubumwe bw’abarundi,ko ahagararira umutekano wabarundi ,ko azorwanya ihonyabwoko,murivyo vyose ntikihe yasgoboye gukora ahubwo kwariwe arimwo arabikora,mwebwe muriko mutyoza mutama Dr J.Minani nigiki atabakoreye kwariwe yatumye nagahengwe twamazemwo iminsi kaboneka,Nico gisoda gicanze kwariwe yatumye kiboneka mugusinya amasezerano y’i arusha hamwe na BUYOYA,cndd_FDD hariho na’umutumba yari bwshingemwo umukuru w’umutumba bamureka kwirengagiza ukuri hama muje mugutuka.Ikindi Dr J.Minani mwijambo yashikirije naryo kwica ririmwo,ahubwo yahamagariye abarundi guhaguruka kugira democratize yabo ntibace mumyanya y’intoke ari nayo ideologies cndd FDD yakoresha NGO iriko irahabuza Democratie nimureke guhirika ibintu mwumve ukuri,Ikindi nubu amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike n’imigambwe itavuga rimwe na reta yarahamagariye abarundi NGO bahaguruke amasezerano ya arusha n’ibwirizwa nshingiro ntibibace mu myanya y’intoke ko peter arimwo arica abantu bisigurako aribo barimwo barabica.N’eut ete Dr J.Minani nako larimi ntako muba mufise.Komera mutama Dr J.Minani tukuri inyuma.
11 Rusama 2016, 16:48, par None?
Jewe ndashaka kumenya uwomurwi wabarwanyi canke wabarwanyi kwibaho?
Umva kugirandavyenere kwibaho nibavuge ahobamaze kurwanira nabasoda bigihugu, canke bavuge atinitwebwe dutera ama grenades kumasoko , mubunwero, kumasengero, atikandi nitwebwe twagateye ariya ma rockets abasirikare bamaze kwicwanayo, noneho bicabigira inzira biciyemwo. Ndabasavye nimushirike ikinya muvuge atinitwebwe twakishe baryabarundi bose bagatewe ama rockets , grenades ndibaza uwomurwi ucuronka icotwita amunguranka.
11 Rusama 2016, 16:58, par cayi
ndabona mubiganiro harimo amahera, none muzokwibuka na na bajeune bari mumabarabara banatera za grenade.
11 Rusama 2016, 18:06, par Iribuka
Mbega cakira ,ayo ma film uduhayira ko utavuga ko wabonyemwo,abapolisi barasa abantu bamanitse amaboko hejuru,ko utavuga ko wabonye abapolisi barasa abantu mumigongo bariko barabahunga,ko utavuga ko wabonye inkorabara zimbonerakunya zifatanije nabapolisi egeraniriza abantu hamwe bakabarasa ikivunga,ko utavuga ko wabonye abapolisi babohera abantu kumiduga n’iminyororo igaca igend irabakuba mwibarabara inyama zabo zisigara mw’ibarabara, ko utavuze ko baberetse abo mw’igendereza batoboza abantu inshinge n’ibikwashu ku bihimba vyirondoka abagabo nabo canke imisore bakayoherako aka bido ka 5l kuzuye amazi kubihimba vy,irondoka bagaca bababwir ngo nibatemberane ako kabido bababoheye kumagara ko utatubwiye ko wabonye aha abapolisi n,imbonerakunya bagenda bafata kunguvu abakenyezi n’abigeme bomwarya ma quartie yiyamirije ihonyangwa ry’amasezerano ya arushan’ibwirizwa nsingiro,ivyo kubera iki batavyerekanye?Uwuri n’amaso ahendwa bike baze bahende wewe cakira nabandi mwgizwe ibikoresho vyo kwica,iyo bumenya umwf bwarik
11 Rusama 2016, 18:49, par suredeal
Muri fake gusa, amajambo menshiiiiii gusa gusa namatora menshi niba mutangiye amatora yimyanya iburayi murumva muzagera iburundi ryari? ubu noneho sinduhije we ntakivuga ngirago ihoteli yababiligi yaramuryoheye
plz mukure abantu murujijo muvugishe ukuri kandi ibyo mwemeye mubikore kuko ababafitiye icyizere mutesha umwanya mukabatera nibibazo kuri ubu sibake.
11 Rusama 2016, 21:04, par Evrard hab
Reka turindire turab gusa ntibizohav bisubira kuba amagaburanyama nkivyambere
11 Rusama 2016, 21:27, par N damiani
OK, none biruko ko musaba kwabomwatumye kukivi mukabaha inkota mwabarungitse guhiga inyamanswa ko muvuga ko bikubahiriza ikiremwamuntu mwabahaye inkoho ngio bazekwica impongo atarabantu? Muriko muriyerekana abarungitse utugwi kuzaturatera za gerenade
12 Rusama 2016, 00:52, par Morodikayi Jon
Komera nya kubahwa Jean Minani turinyuma ya we turagushigikiye, twebwe abanyagihugu, twabatunye tubizeye turaziyuko muriko murakora, uko bishoboka muzodukureko, ababamenja ,bahisemwo kunwa amaraso yabantu.
12 Rusama 2016, 01:07, par Matana
Minani ningombwa batumizeko imigambwe kuko nihona Nyangoma wacu waraye ukuye yozamubiganiro, ndakubwirako Nyangoma utarevyeneza aragukorako.
12 Rusama 2016, 03:57, par tari
Nyenicubahiro minani yohani komera kumuheto gitikiturirwa uwukwanka yangare turaziko uriseruka rukavye kandi turizigiye gose kurugamba mwatanguje atagisivya muzorutsi atankomazi kuko abarundi isinzi bishirwa rimenetse turi inyuma yanyu ijana kwijana hanyuma nkashimira mutama nyangoma mukiringo yaramaze arongoye cnared giriteka imana imuhezagire ntakabi kiwe kandi azogume iteka rimukwiye cnared ibere akarero keza nkurunziza nakarwikiwe muvyukubisikana kubutegetsi atamaraso arinze guseseka ikindi nosaba banyakubahwa murongoye cnared nuko mwosaba mushimitse Ko abantu bafunzwe kukadenderezo Ngo bashatse gusenyura inzego nuko mwosabako barekurwa atakindi kirinze gusabwa nabo bakitaba ibiganiro kuko urugamba rwoguhabuza amasezerano yarusha nibwirizwa Shingiro murarusangiye ikindi nuko impfungwa zose zipfunzwe zizira kwiyamiriza ikiringo 3 ca nkurunziza nazonyene zirekurwe vuba nabwangu inteko mvamakungu ziza gukingira abanyagihugu zinyaruke atakindi kirenze gusabwa amaradiyo yugawe afungurwe atakindi kirinze gusabwa ikindi imbere Yuko ibiganiro bitangura nkurunziza nukubanza kumutaramura ntimuze mwemere kuganira nawe yitwa perezida
12 Rusama 2016, 06:42, par nyanzira
hagararabwuma utekwimugitwecakaka peter twiberamahoro
12 Rusama 2016, 07:15, par Peace
Uyu mutype yiyita Cakira ngira sumurundi?Bamwe bahamagarira abantu mubiganiro nawe agahamagarira abandi kuticarana nabandi!Mbe Caki uribuka Buyoya igihe Yaragitwara igihugu Avugako Atoganira nimihimbiri?None amaherezo yabaye ayahe?Ibiganiro vya bose niwo muti urama mugenzi
12 Rusama 2016, 07:37
MUTI
12 Rusama 2016, 09:29, par Muhozi Vianney
Akokagabo kiyita KAMARO karantangaza ! ahubwo niwe wirirwa uranwa ibiyovya bwenge,kuko nivyo uvuga umengo, igorori rimwe ryarakorotse mumutwe.kuko turavye ingene mwirirwa murica abantu, ntamuntu akwije mumutwe yo kubahuka kunwa amaraso ya bantu, ahubwo mwebwe nimwe atabwenge mufise muhendwa na Nkurunziza petero,rwazobahubutunzi aruko mumaze abatutsi, na bahutu batashigikiye, mwarahezwe kabisa.mwarimukwiye kwikebuka mukagarukiriza ngaho kunwa urwo rumogi Nkurunziza yi rirwa gusomba murikongo, abahereza ngo ntimugire ikinya mukwica. ariko ejo muzobura ahomwihamba, icombona nukuzofata ingingo yu kwubaka ubusho bwishi muzorundwamwo, mwamihimbirimwe ya nkurunziza musubwivyiyumviro numwana vutse.
12 Rusama 2016, 13:48, par Wandumu
Uwomugumutsi yamenyereye gukamisha ibiziga vyabarundi namenye kotwamuhinyuye kera namenye kw,INKONA amase yakera ntagihoma urutaro
12 Rusama 2016, 18:20, par J MP
NDUMVA,UBURNDI BUTARAKI,KUKO UMWEWESE,ARONDERAIVYIWE
12 Rusama 2016, 18:58, par Daniel
Ndashigikiye Minani Nukuri Pierre Nkurunziza Ntiyicamatwi Twarambiwe Nukwabantu Bapfatacobazira
12 Rusama 2016, 19:07, par WASHUSHE KAMENGE
ICO NIYUMVIRA N’UKO MU RUNANI CNARED BATOTUMIRWA NK’URUNANI AHUBWO BOTUMIRWA BASERUKIRA IMIGAMBWE BATURUKAMWO .IKINDI NACO ABATUMYE HABA IMIGUMUKO MUKUBATUMIRA KUJA MU MABARABARA GUSHIKA N’AHO ABANTU BICWA BUNYAMASWA BITWAJE MAMA NGO ZA MANDAT IBINTU VYINSHI BIKANAHONONEKARIRA MUGUCA IBIHIMBA ABANTU ATARIBO BABIBAREMEYE NIBAZE KO BATOTUMIRWA!TWIZERE MBERE Y’UKO UMUSI URI IZINA URETSE KO RETA IZOBITWARIRA N’IMANA IZOBIBABAZA .
13 Rusama 2016, 08:36, par Sherif
Barundi, nimwemere mutahe murindire muri 2020 kuko abo ba Jean Minani bariko bakorera inda zabo kandi ntaguvu bafishe ngo Bahagane n´ubutegetsi bw´Iburundi, naho Kagame abafasha nagira ndababwire ko ata Kagame yoshobora gukuraho Nkurunziza kuko Nkurunziza arafise strategy kandi n’ubwitonzi ariko Kagame n’ikirwarudubi ninaco gituma ubu Abarundi baramurindiriye arungike abasoda biye Abarundi bacamwereka kandi bazoruhuka aruko bakuye Kagame kubutegetsi. Barundi mumenye ko Kagame yabaye umwana w’ikirobezo ( mayibobo ) mu mabarabara y´imkapala ntafise umutwe wokwiyunvira nk´umuntu akomeye.
13 Rusama 2016, 09:52, par PATSON
Sherif mayibobo ni wowe ni mugatuke umukuru wigihugu cyacu PAUL KAGAME Kuko ibikorwa bye birivugira ibibazo byigihugu cyanyu nimwicare hasi mu bishakire umuti Gutuka umukuru wigihugu PAUL KAGAME ntacyo bizabamarira kuko we ICyo areba niterambere ryigihugu cye kandi bigaragarira buri wese mwishaka gushyira ikibazo Ku RWANDA
13 Rusama 2016, 10:02, par Uwimanikunda
Icombona Nuko Biyemereye Kobazi Imirwi Irwana,bayizi Niyariyo. Vyumvikane Ko Amaraso Ariko Aseseka Muburundi Aribo Bariko Barayasesa Ariko Umutiwikibazo Suwo Nuko Bohangana Nabo Bafise Icobapfa Bagaha Amahoro Twebwe Abanyagihugu Ntibanyumve Nabi Kuko Muvyo Bashikirije Bidondaguriye Abobafoshe Ibirwanisho Nabaribo. Murakoze
13 Rusama 2016, 12:15, par ernest
Ahugbo bafatwe bahanwe niwaba ariwe wabatumye nawe ufatwe nta sinafeke ngaho
13 Rusama 2016, 12:17, par ernest
Ahugbo bafatwe bahanwe niwaba ariwe wabatumye nawe ufatwe nta sinafeke ngaho
13 Rusama 2016, 17:45, par Aimé BUKEYENEZA
Ahubwo Nimunyarutse Kuko Nkurunziza We Twahaze Ibinyomavyiwe Muzoher Kucerekeye Umutekano Muburundi Giriteka Muzoganirenkabanega
14 Rusama 2016, 12:43, par jean
Jean Minani uzorinda uva mwisi udasubiriye gutwara inama shingamateka nimba witeze ibiganiro bigushikana gusubira gutwara inama nshingamateka.amase yakera ntagihoma urutaro.
14 Rusama 2016, 12:43, par jean
Jean Minani uzorinda uva mwisi udasubiriye gutwara inama shingamateka nimba witeze ibiganiro bigushikana gusubira gutwara inama nshingamateka.amase yakera ntagihoma urutaro.
15 Rusama 2016, 00:57, par abubakal
muraganira bijamungi nimwebwe mugiyegukura igihugu mukaga nimukomere kwibanga
15 Rusama 2016, 12:00, par Signorina
Jean Minani, Uburundi buhejeje kurugika un mémorandum accusant le Rwanda d´actes d´aggression contre le Burundi, Honorable Radjabu Hussein ahejeje kuva muri CNARED hanyuma ngo Abarundi barenga Igihumbi Urwanda rurabirukanye barataye izabo mu Rwanda, none wewe amaherezo yawe nayahe?
Hari senario zibiri zikurindiye kuko Kagame ntashobora kunesha Nkurunziza, Kagame yaragerageje ariko vyaramutaye kuwa mazi.
Wewe Jean Minani uri mazi abira, ndabona iyo nda yawe igira ihoke et l´avenir me donnera raison.
15 Rusama 2016, 13:38, par Uwutahoyegamiye
Umuhuza Ntavuge Amatamikano,ariko Yubarize Amategeko Kumpande Zose Ntahengame,amere Nka MANDERA Yumvikanisha Ataravye Igitsu Canke Inyungu Ziwe.
15 Rusama 2016, 15:59, par Signorina
Jean Minani uri mu mazi abira ko Arusha itazobaho none uzoca ubigeza gute? uzoca uherera i Kigali ko bacoca bakwereka.
15 Rusama 2016, 23:58, par Mukobwajana
Uwo yiyita kirundo yoba yakoze iki mu kirundo nka Dr yohani.numa wa ki dd we mwananiwe na Universite Gihahe yokora iki atize!@? Ink ndagirabitabu dd kirundo