IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Colonel Jean Bikomagu yashinguwe

Colonel Jean Bikomagu yashinguwe

lundi 24 Myandagaro 2015

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 24 Myandagaro niho colonel Jean Bikomagu yashingurwa yahoze ari umukuru w’ibiro bikuru vy’intwaramiheto yashingurwa.

Ibirori vyo gushingura umuhisi colonel Jean Bikomagu vyatangujwe n’imisa yabereye kuri Cathedrale Regina Mundi.Iyo misa yari yitabwe n’abo mu muryango wiwe,incuti n’abagenzi.Umupatiri yasomye imisa yagarutse ku butwari bwaranze colonel Jean Bikomagu.

Inyuma y’imisa yo gusabira uwo muhisi,amabarabra ari mu gisagara ca Bujumbura ahacishijwe ikiziga c’umuhisi kijanwa mw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda aho yashinguwe,yari acungerewe n’abapolisi batari bake.

Mwomenya ko Colonel Jean Bikomagu yagandaguwe n’abantu bataramenyekana kw’igenekerezo rya 15 Myandagaro 2015,imbere y’urugo rwiwe avuye gusenga.Umukuru w’igihugu yari yatanze indwi imwe gusa kugira abakoze ubwo bwicanyi bazobe bamenyekanye.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Mbe Ko Yari Yatanze Indwi Itarenga Ngo Abakoze Iryobara Babe Bamenyekanye’ No Indwi Ntirahera? Babuze Abo Badendereza? Iburaya Iyo Umukuru W’ Igihugu Yemeye Ibintu Hanyuma Bikamunanira Aca Atanga Imihoho.

  • IMANA nimwakire mubwami bwayo nimba yarayikoreye! ariko abantu bica batazi kurema bashaka bobiheba ubuzima bwumuntu ni katihabwa

  • RIP Mzee BIKOMAGU wakoreye igihugu cawe nku muntu wu mushingantahe ukigeza kuri vyisnhi bigaragarira buri wese so imana izabiguhembera. nihanganishije umuryango imana iwube hafi

  • nagende ntakundi mubwirire agendajanye ayabuji ahabahutu yishe atibagiye na ndadaye tariko witonde utware iritubutse iryondadaye yariguhebwaryose kuva1993 gushika 2015 antumeko nzane ifuso yokuyatwara nikinogo bacagure andaje

  • ariko mwihenze iyomumujana munyabimata mukayanza imuruta mukamushira impande yaho yiciye abahutu canke mukamushira hagati bakamwaka ayabuji akunva uburyohe bwomunyabimata abatahazi nihepfo yo kwishur ryokwi remera

  • ariko ikimbabaje mwamuhaye umusaraba mugufi kandi yarumututsi muremure kandi mumuha uwera yarumu

  • Nange nawe afise akahise kabi vraiment!!!!!!!!ahubwo iyobamuca umutwe nkakurya yagize Ndadaye

  • munze turacangukunda imana ikwakire mubwami bwayo ham ntupfuy urandusinze tuzohaya ivyiza wakoze hama ibirofa nivyinshi muburundi nkivyandinze uko mbe komumwambika ibara muzigute kariwe yabishe ariko ntangitangaje erega mwebwe muri bicucu

  • Reka kuba muvuga umuntu nabi kubera mudahuje ivyiyumviro. Kuba le colonel yaranse ko mumara ubwoko bwabatutsi suko yicanna mugabo ntakundi mwazana inkoho akabarusha ubuhinga.
    Ubusaza bunyaga ubugabo akiri muto ntaco mwari kumugira. Kubona muja kwica abatama kubera peter ahejej kwica dolofo ni kuba ibigugu birengej. Ewe nyamitwe nivyo wari watumye ntivyakunze reka Ayo maraso munywe amstel.

  • NTIMUGACIRE URUBANZA ABANDI.URUBANZA NI URW’IMANA.nashaka gusaba umuntu wese aje mucumba ciwe amare nka 30 min yiyumvire iyo azoja amaze kuva mu mubiri wiwe upfukame utungane n’Imana utaravye icubahiro ufise ngaha kw’isi. ndasavye umuntu wese abonye iyi message arabe aho uhoraho yagiye amucisha hama yihane agifise akanya, yakire umwami JESUS dans son coeur kuko uwo niwe aca amushiramwo esprit st.

  • Ntacoyobona nikibi yakoze muri 1993 ahubwo bari bamutebeje.

  • Ahubw Uw Mushenz Ngr Yari Az K Yish Abnd Yar Az K Naw Atazopf?Ahubw Niyemer Umurir Umwakek,narumw Ruruzuy.

  • Nagende Niko we agiye adaciwe umutwe nkuko ya wuciye Ndadaye ariko iyamusanze azomubwira igutuma amusanzeyo be nabahutu Bose yanigaguye ubu barimwo baramusambisha. Nuwundi wese yigira agora agahambaye amenyeko uwucishishi in kota nawe azoyicishwa. Vyiza mworeka tukabana kuko ntakananiranye kwisi

  • Ewe bikomagu imana ikwakire yo izi ivyiza wakoze nayo abisi bakenguraka ikibi ariko hari uwoziga gushirwa numuhutu Abe atashimihe nyagoma’’ncanke leonce’bavuginyumvira’.gahutu’ etc yoshimira wewe umuhutu atablna ko ariwe vyananiye imyaka yose numutsi???akenye?=umututsi/yishwe=umututsi/avyaye beshi/ikosa umututsi?? Etc abahutu wq
    Wakijije 93 ntanumwe ariko aravuga ukuri akuzi??? Mbega ko wuva wqrumwicanyi iyimyaka yose dentale zose zari izankurubi ko atakuregukishije!! Kowuvq abahutu mwishwe nigikiki kibabuza kufata (abatutsi abahutu bose bishe) ko arivyo Arusha ivuga?.???nigiki.?? Reka basha mwigira abahutu kurubuga aha muvuga ivyo mushaka atawabatumye umuhutu Ubu amerewe neza muburundi???ntampfa ?. Nibikomagu??abica???konarinojoro bampfuye,???nibikomagu!!!!!!!

  • sha ntimunse bwish muryamir abatuts twariz pe turush ubweng abahut muraz katw twabatanguy kubaboner izub babikomag twarasigay

  • MBE YEMWE ABANTU MURATA IMITWE,NIMDE YABONA IGIHE AKORA IVYO MURI TWE CANKE MURIMWEBWE?AHO MYIMWOGEZAA AHO MUMYAKA CUMI MURI KUNGOMA NINDE YIGEZESHIRA NO MUKANWA IVYA NDADAYE?NONE HO MWABONYE KO UMUTI MWICA NAMWE NGO NDADAYE AZUKE?REKA TURINDIREâ °

  • Igendere Col Bikomagu. Imana ikwakire mu bayo. Uri intwari cyane tuzahora tukwibuka.

  • Mubaririkize neza aho bamuhamvye ,imva yiwe tuzoje kuyiterako roquettes nkizo yadutera mu kamenge,duce dufata ikiziga tugishwanyaguze dute ibipande muri tanaganyika ingona zigire fete, ubwo bugesera ntakwiye kuruhuka n’abavyeyi ku mpanda,agiye kubandurumbanya ababuza kwiruhukira

  • Jewe ntanyungu ndikondabona ngonuko umuntu yapfiye, mwomfasha mukambwira ahinyungiri kuritwebwe tubatugisigaye. Iyobigezehoho kumuntu apfuyeyishwe habumubabaro namarira ateye ubwoba bantu buryakubona umuntuyapfuye birababaje vyagera kuwapfuye yishwe wewusigaye wumva ikinya kirimwizosi nimiburiburi habamitende iyutaribwamubonemwegeranye, arikowaramubonye mwegeranye ashake abenumwasi arinzeyicwa umubonye ntiworoherwa mumubiri, nkibaza nkabahabwa ibintungobice umuntu ukobibakundira bagashirako bakagarika umuntu amaraso asanayabo agatembababona! Ndibaza abantuntituremwe kumwe pee!!!

  • kuki abahutu bavuga nabi rwose,hesha muraraba nezaaaa muvua mengo ntimwiyunvira mbona reta yose arirwanyu muugabo muryana nkimbwa.

  • Uyu muntu wiyita fidelite niba atari ubu extremisme bwamusaze adhobora kuba afise indwara yo mumutwe abantu bataramenya kuko mukanwa kiwe hasohokamo umwanda mwinshi cane ndeste hasohokamwo umuriro wa satani. Abantu bafise urwanko rukabije nk aba babita IBIKENYA ntibaramba barakenyuka itonde uri kw isi ubwo bugome uguma wamamaza buzokugarukira

  • ndabasavye muhagarike icokorana ababarundi ni mwige kubana mureke guhezanyayo ubuzima bw umuntu ni katihabwa

  • RIP Bikomagu ruhuka mumahoro wa ntwari we. Mureke ivyo birofa bigume bidedemba womengo vyo ntibizopfa

  • bikomagu niyegende ntigeze ahemukira igisoda cuburundi kuri reta yabuyoya naho twagwa nye nti gisoda ciwe bibabere akaroro kunzego zakinogihe batakimenya ibanga bahawe ,

  • Bikomagu genda wishe benshi Shitani iragutegereje kukwakira mubwami bwayo. Umuriro utazima urakubereye!!!

  • Imana imwakira mubwami bwayo

  • @fidélité. Nibyo rwose ni ukumutaburura ikiziga cye kikajugunywa muruzi. Bikomagu yishe benshi ntamva ye yagombye kugaragara uwo munywamaraso.

  • Arabamaze pe hasigaye buyoya nabagaza

  • Ntakundi Nibamushingur.Ariko Turababay Kubona Agiy Atatubwiye Ingen Ndadaye Yapfuy.

  • Nari nibeshye mvuga abahutu nabi . Mugabo abatutsi nitwe bicanyi gusa Imana ibabarire bakuru bacu bishe abahutu batabarika ihere kuri Bikomagu gusa azabazwe ibyo yakoze mwijuru. Naho Buyoya we cg Bagaza mbifurije urugendo ruhire kwa Shitani kuko bikomagu yagiye kubategurira inzira abo baginga kuko basebya ubwoko bwacu bw’abatutsi.

  • Ndatangaye kubona abarundi bagarukanye ivyamoko umuntu arikwabigarukana aze yeregwe iyi politique yokwangaza abene gihugu bakivukiyemw ababigir bos bokwibaz nabo iyobaciy kugira bashik ahongaho.

  • imana imushire mu binganza vyayo

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.