IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Firipo NZOBONARIBA : Uburundi bwafatiwe ibihano n’ishirahamwe Abanyagihugu (...)

Firipo NZOBONARIBA : Uburundi bwafatiwe ibihano n’ishirahamwe Abanyagihugu batazi

vendredi 8 Ndamukiza 2016, par egide

Reta y’Uburundi ivuga ko mu ngingo y’ibihano ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa ryafatiye Uburundi biboneka ko iryo shirahamwe ryatawe mu rudubi n’abanyeporitike basanzwe begereye iryo shirahamwe kandi bacuditse cane naryo, hanyuma bafata ingingo y’ibintu ku Burundi batazi na gatoyi.

Firipo NZOBONARIBA, umuvugizi wa Reta y’Uburundi, akaba n’umunyamabanga wayo amenyesha ko ishirahamwe OIF (Organisation Internationale de la Francophonie) ata na rimwe rirarungika intumwa mu Burundi kugira zize kugendera igihugu kuva kigize ibibazo bijanye n’amatora.

« Nta munyagihugu n’umwe bigeze babonana kugira bavuge bati twarabonye abarundi bamerewe uku, bifashe neza canke bifashe nabi kubera izi ngorane zihari, baheze bavuge ko Reta itagira ugushaka kw’ugutorera umuti ibibazo bihari.»

JPEG - 71.2 ko
Firipo NZOBONARIBA, umuvugizi wa Reta y’Uburundi, akaba n’umunyamabanga wayo

Nk’uko vyashikirijwe n’umuvugizi wa Reta y’Uburundi ku nsamirizi y’igihugu, Reta vyayitangaje ingene umuntu atakugendeye ashobora kuvuga ko ufise inyifato itabereye.

«N’abanyagihugu benshi iryo shirahamwe ntibarizi, ntibaranaribona, baryumvise uno munsi rifashe ingingo z’ibihano. Abanyagihugu uno munsi ntibovuga ko bari batunzwe n’iryo shirahamwe, rizwi na Reta kandi kubera impamvu z’imigenderanire.»

Ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa ryahagaritse imigenderanire n’ugufashanya ryahora rifitaniye n’Uburundi.
Iyo ngingo y’uguhagarika imigenderanire n’ugufashanya hagati y’Uburundi n’ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa yafashwe n’inama yamaho igira iya 97 yabaye kuri uwu wa kane, ihuza inzego ziserukira abandi muri iryo shirahamwe.

Muri iyo nama yaremeshejwe na Michaëlle Jean, umukuru w’iryo shirahamwe, ingingo yafashwe n’uko imigenderanire n’ugufashanya vyohagarikwa mu Burundi, ariko igihugu kikagumizwa muri iryo shirahamwe.

Imigambi igiye kugumizwaho akaba ari iyishikira abanyagihuhu aho nyene, kandi itabanza gucishwa kuri Reta y’Uburundi, hamwe n’imigambi ifasha mw’iterambere ry’intwaro rusangi (Rétablissement de la démocratie).

Uburundi bwahowe ko buterekanye ugushaka mu kuva mu ntureka igihugu kirimwo kuva mu kwezi kwa Ndamukiza 2015, aho umutekano ubandanya gutituka, ubwicanyi hamwe n’uguhohotera agateka ka zina muntu bikaba bibandanya kwibonekeza, ibiganiro navyo hagati ya Reta n’abatavuga rumwe nayo bikaba vyadindiye.

Louis Hamann, umuvugizi w’umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa amenyesha iyo ngingo ifashwe kugira bagondoze Reta y’Uburundi itore umuti w’ibibazo vya poritike biri mu Burundi, yemere kandi n’ukwitaba ibiganiro biyihuza n’abatavuga rumwe nayo, bidakumira vy’ukuri.


IGIHE

Messages

  • ivyo mukora vyose abatutsi babarusha diplomacie, mweho ntimushira hamwe, muhora mucanamwo bo binumiye bari kukivi mumakungu.

  • Muravugishwa ni bindi bahano bira caza muzoja mu biganiro mwa vura

  • Badilik Acha Valu Valu Ugop Mungu Yehova Tegemeye Ufalme Wa Mungu Njo Utatawala Iyi Nchi Yenu Burundi.

  • Babwire. Iryo ni ubundi ni ishyirrahamwe rya recolonisation De l’afrique. Mushatse mwarivamo kuko ntamumaro wa Francophonie.

  • Mbega wewe wiyita umuvugizi wareta adahari urinda kubideha weho ntubonako vyatanguye kukugeraho ntubona ivyobinkanyari watanguye kuzinga kwarikimenyetso cerekanako ugeze kure rindira aho bukera baze bagufatire nibindi bikubuza kuja kwirirwa uraryogorera kwako gacuma kanyu Ngo ni radio ndabona kwivyuvuga Ari ukwihagararako uravye ivyovyavi mumaso birerekana Ko nimbwa yokurya itoguhaga mwarawakije mugabo uzobazimirako

  • Mbega wewe wiyita umuvugizi wareta adahari urinda kubideha weho ntubonako vyatanguye kukugeraho ntubona ivyobinkanyari watanguye kuzinga kwarikimenyetso cerekanako ugeze kure rindira aho bukera baze bagufatire nibindi bikubuza kuja kwirirwa uraryogorera kwako gacuma kanyu Ngo ni radio ndabona kwivyuvuga Ari ukwihagararako uravye ivyovyavi mumaso birerekana Ko nimbwa yokurya itoguhaga mwarawakije mugabo uzobazimirako

  • Haaaaa!ahubwo nibavuge basubiy kumva uwuvuga ururimi rwabo bazomufatira ibihano

  • Haaaaa!ahubwo nibavuge basubiy kumva uwuvuga ururimi rwabo bazomufatira ibihano

  • emwe ndumva uburundi buhanzwe.ngura nukubwanka kwa cane.qui vivra verra.

  • emwe ndumva uburundi buhanzwe.ngura nukubwanka kwa cane.qui vivra verra.

  • emwe ndumva uburundi buhanzwe.ngura nukubwanka kwa cane.naje ngira mfate ibihano,jeho kuki?qui vivra verra.

  • emwe ndumva uburundi buhanzwe.ngura nukubwanka kwa cane.naje ngira mfate ibihano,jeho kuki?qui vivra verra.

  • Ibihano sumuti kuri Leta zihonyaga agateka kazinqmuntu ahubwo kubima ipampuro zinzira kuva ku mukuru wigihugu nivyegera vyiwe na bashikarangaji niho bakwikebura Nkurubi na Nyamitwe na Gaston na Bunyoni mukabima ipampuro zinzira amahoro aca asesekara mugihugu

  • Ibihano sumuti kuri Leta zihonyaga agateka kazinqmuntu ahubwo kubima ipampuro zinzira kuva ku mukuru wigihugu nivyegera vyiwe na bashikarangaji niho bakwikebura Nkurubi na Nyamitwe na Gaston na Bunyoni mukabima ipampuro zinzira amahoro aca asesekara mugihugu

  • Hamwe ngo abo bafashe ingingo ngo ntibazi naho uburundi buherereye,
    Ahandi ngo ishirahamwe ryafashe ingingo abarundi ntibarizi,
    None dukure iki muri ayo majambo ko abari kuvugira igihugu badakora akazi kabo.
    None ko hari abarundi bakora muri ayo mashirahamwe kandi nibaza ko leta itanga intererano buri mwaka, ni agakengere kwumva ko amahera yacu tutazi iyo aja

  • haribintu vyinshi bikorwa nama kungu Hamwe bikababaza ahandi bigasetsa none iyo bafashe ibihano bibazako harico bibwira reta canke abayoboke bayo umunyagihugu nyarucari iyo uriko uramubwirango aba canke bariya bafashibihano kandi asanzwe yarayinzara wibazako avyakira gute? nibatuveko abobanyamahanga ninabo batuma tutaronka amahoro mugihugu cacu! kuva murimirongirindwi nakabiri gushika nubu ibipfa biracapfa ayomakungunyene arorera ndangize nvuganti barundi benewacu ntabwotwese tuzoba abakuru buburundi ahubwa dukundane tubwubakire hamwe nayabaduhenda ngo bazoduha inkoho ntahozizodushikana at arukwicana hagati yacu Mana garukiruburundi nabarundi

  • muvane imitwe aho mwebwe ibyo murega u Rwanda mwabanje kuza mubyirebere se ? murindire nibindi biri munzira

  • NONE KA NZOBONARIBA MWO JAHAMWE MUKAGANIRA NABO MUTAVUGARUMWE MWOBA IKI? NTIMUBUNA KO MU PFA UBUSA IVYISI NTIBIHEZWA.!!!

  • tuzorara inzara nakare kuva 1961 bama bica abo twitoreye none vyababuriye batwaye utwabo.
    niturare inzara nakare nibenewacu tutanka bazanye inza muburundi bazunguruka amahanga bateranya
    nitwarara inzara amakungu azobimyenya baze baterere indya mukirere dusame.
    NONE KO BAMYE BATWANKA

  • IGISUMBA VYOSE ,NUKWIZERA IMANA NAMABWIRIZA YAYO IBISIGAYE VYOSE NUBUSA

  • NZOBONARIBA TWOKWIZERA IMANA IVYISI TUKARAKA KUBIPFA NTIVYOBA ARIVYIZA?

  • uyu mutama wacu muvyukuri mukuvug avug nabi can ati abanyagihug ntaryobaz?nn Reta Niki?

  • haruwundi atari buyoya aguma akokeza igihugu gitunzwe n’IMANA gusa,abonabobatanga angahe mugihugu baribatunze buyoya gusa bararushe.

  • Ni babanze babwire wa mukozi wabo Kagame arekura Mme Victoire Ingabire, none yamupfungiye iki? Hako twosubira m’ubuja, nibagumye utwo dufaranga twabo.
    Hakub’imbwa wob’imva. None ninde atazi ko Ntaryamira yishwe na Kagame? None hari ico babivugako? Bahutu b’umutima ni muhaguruke mufatane munda twiyamirize abo bose baduhatigiza kuganira n’abariko batera amagerenade abanyagihugu. Ni kubera iki tutogira imyiyerekano yo kwanka ko Reta iganira n’umurwi w’iterabwoba. Niduhaguruke twese mu gihugu cose tuziyamirize iyo ngingo yoguhatigiza Reta kuganira n’abicanyi.

  • iryo shirahamwe ryihuse gufata ingingo kuko ryarikubanza kwishikira mu burundi rikaraba ukuntu bimez.

  • ububaramaramara haheze imyaka ibiri atamfashanyo baduha leta iheruka kwongera abakozi,ntamukozi waleta adahembwa temba mugenda nimuyashire kagome niwakunda ivyagusa yoo!murarushe!

  • Komera mutama ntkamaro bari badufitiye twebwe abenegihugu nibagende bahenzwe

  • Imana Iratubona Abarundi Ntacotuzoba Kuko Imigabo Idufitiye Siyo Kutwica Nkuko Bamwe Bavyiyumvira

  • ALIKO MUNDEBERE NUKI KWA MUNGU UKUNTU UYU MUNTU ASA. YARYA UMUNTU AKAMUMIRA. KEKOZE BABANTU BAGIRA ABANA BADAKUNDA KURYA UMUZANYE MURUGO RWABO BARYA NAMABUYE . HUUUUUUUUUUUUUUUU NDUMIWE

  • LILI URAMENYE ICYO KINTU NU MWANA CYAMURYA NAWE KIKAKURYA NUMUGABO WAWE NU MUYAYA, MURAMENYE NTAWE CYASIGA MURUGO. PUUUUU

  • ukinagiza umugabo kenshi ukamutera kurinda, nibitarivyo turamazekubirinda nibindi tuzobirinda, mukangabande?..tokaa

  • Leta Y-i Bujumbura Isigaye Irongowe N-ibijuju.Mbega Ako Kagabo Kavuga Ko Iryo Shirahamwe Abenegihugu Batarizi Hariho Leta Itarimwo Abanyagihugu?Gafise Imvugo Nk-iyigihuna.

  • Hariho Abantu Batazi Kuvuga Kandi Barize.Mbega Leta N’iki?Iyo Mvugo Ni Nk’iyigihuna

  • Ingingo Zose Zifatwa N’amakungu Ni Kuneza Y’abanyagihugu Canke Kunabi Yabo? Ni Kuneza Ya Leta Canke Kunabi Yayo? Ibaze Naw Wihe Inyishu. Jew Mbona Twokwemera Ibiganiro Kugira Turabe Neza Aho Ukuri Kuri.Nabobagirizwa Cou Deta Twobashengeza Ahonyene. Twibaze Icosumba Ikindi.

  • Unomusi baba fatiyibihano niho mubonye kuvuga yuko iryo shirahamwe mutaritahura? Niko mumeze imvugo yanyu turayi menyeye ntamwigera muvugisha ukuri. jewe ivyo bihano babafatira mbonako bidafashe kuko umuntu akironka uburenganzira bwogusohoka ntabihano abarafatirwa. kuvyafaswe harikwiye kwongerezwa kwibindi, vyaruhasha.

  • Iyaba DD biratwengeje noneho mwatanguye kwiyita abongereza mbega icongereza mwakivugeye he naho kuvuga kwibihano ataco bibatwaye uko nukwiyorohereza rindira akataraza karimunzira nubu wewe wiyita umuvugizi wareta uratanguye kuvuga indimi zibiri uvuga wivuguruza

  • hewe wiyise turaje, hewe muriko muja hehe ko mbona buca Kagame akurwa ku butegetsi na RNC hanyuma bagasavya turya tugufa asigaranye. Hewe urakubura urabe ubuzima bwawe, hanyuma ba nyamyinshi mu Rwanda ntibashaka Kagame.
    Ivyi Urwanda, Kagame yihenze twoca turara tumukuye ku butegetsi kandi urabona ko twamucokojeje kenshi aratinya Uburundi kuko arazi ko azomba aramaherezo yiwe. Arya magufa asigaranye tuzoyasavya.

  • Hahaha ewe cherif imbwa nkawe bayisubiza ubusa

  • "Reta yuburundi nubwo itofashwa ibandanyakubaho" rero nibaryumeko batiriwe barasohora inzandiko zidafashe.

  • I Burundi abantu benshi bavuga ikirundi Swahili ni Icongereza.Igifransa kivurwa naba sirisite.Aba fonctioneris.None OIF ihagaze kw isonga ngo ntibagishoboragufasha uburundi abo ba Buyoya nibo bahomvye bazoca baja kuciga muri ecole privee!Izo ordinateres , photocopyezes bahora batanga muri celab kugira zifotore ibihuha hari whats up yirungikira copis nyinshi.OIF niyegendere mubasirisite bimyora bi prononsisha kuntunyoni.Noneho OIF irafise akazi kenshi muri ibi bihe.Nibibagire abo barundi bivugira swahiri bigishe Buyoya na mworoha bo bivugira un francais approximatif depuis 60 ans..nibagaruka bavuga nkuwamize umu franca nzokoka abarundi dusubire gucudika na OIF.Emwe burundi bwacu!! OIF kweri irinemuye ngo iravanye natwe ngo kubera igi faransa bashaka kutwigisha!!! Nigende..Iradutega tugiye kuyigisha ikirundi

  • Sharif reka ndagusubize iyo RNC uvuga ntayo Uzi nubwo yazana abayifasha harimwo FDD,FDLR, ntanumwe ushobora guhungabanya umutekano tumaze imyaka 22 twishakiye kd twama tubivuga burimunsi naho uwo mugabo uvuga afite ibitekerezo byukuri gasopo muzavugire aho muri nkimbwa ziziritse kuko urusaku rwibikeri ntirubuza inka kunywa amazi intabwe kwesa imihihigo tubibona burimunsi twebwe abanyarwanda urumva , naho mwebwe muzaguma muboroga musakuriza ababumva uwiyanka niwe dutegereje ntakindi kwaza naho ibindi namagambo , NB ndashimira cyane nyakubahwa kagame na FPR inkotanyi bunze abanyarwanda ntihabe kwihora ahubwo bakatwigisha ubumwe no kubabarira icyo nigitego twatsinze amahanga acyibaza kugeza ubu turiyamiriza abashaka kuducanishamwo tuzamwiyama tumugwanye twuvuye inyuma ,Sharif u Rwanda igihe cyo kuba agatobero bimaze imyaka 22 byararangiye rero niba haricyo ushaka kubona RNC uvuga izaze turi maso kd erega yaratinye urambye kwisi aba DD batakwiyiciye uzabona byinshi kd umenye ukuri

  • Hahahahaahh noneho birarenze ,abanyagihugu ntibazi ishirahamwe ryabafatiye ibihano? Ikosa niryande?murongora iki niba mutamenyeshaabanyagihugu amashirahamwe murimo? Ivyo uvuga uzi neza ko ari ukubesha shame on you! Rindira mwavuzeko niyo nta mfashanyo muzokora.mureke gusaza imigeri mukomeze mukore.

  • @sheriff. Nwaramucokoje ntiyavuga rero kuko mufise ingufu muzorase Mu Rwanda turabe.ntuzobone intare isinziriye hama uyikore Mu jisho

  • Hemwe, Turaje na Jean, RNC ( Ihuriro nyarwanda) rigizwe n’abatutsi baje bavanye na Kagame mu Bugande barazinanye gose kandi nabanyezingo basa hari umugani uvuga ngo akitumye kama karekura umugozi kawuciye, n’ukuvuga yuko barya ba Kayumba

  • iki kigabo GITEYE UBWOBA NUKULI . CYARYA ABANTU AHUBWO ABAZUNGU BAKWIYE KUJYA BISHYURA AMAFRANGA YOKUZA KIREBA BYIBUZE NUBUKUNGU BWIFASHE NABI BWAZAMUKA.HAhahaha aliko jye ntabwo nagihagarara imbere reka reka

  • kumucokoza muri muburundi Niki u Rwanda rwahomba? turasaba Imana ngo muze murase mu rwanda gusa muzabone icyo imbwa yaboneye kumugezi, abaswa gusa

  • AHUBWO SE UMUGORE WE ASATE ? ALIKO BULIYA WASANGA ILIWE MUBI KURUSHA IKI KIGABO. MBEGA URUGO RWABO NI NKO MULI PARC YIBIKOKO WALLAH

  • IKI KINTU ABARUNDI BASHASTE BAKIBYAZAMO AMAFRANGA YAMAHANGA. ALIKO NTAMWANA CYAGWA UMUGORE WATINYUKA KUCYIREBA. NA BAGABO GUSA NABO BIYUMVAMO IMBARAGA

  • Akarere ki biyaga bigari kazoronka amahoro ata Kagame canke umwicanyi ariwe wese i Burundi batagitwara kandi ni vuba. Abahanuzi b’injuja bararivumereye bati:" Amahoro buca aboneka mu Karere k’ibiyaga bigari nta gihe gisigaye".

  • AHUBWO NJYEWE CYANTEYE ISESEME NUKULI.

  • hahahaha impyisi neza neza umutungo kamere turasaba ministry wibidukikije arebe neza amushire muri park yazana amadovise muburundi kabisa

  • Sharif nakubwiye ngo RNC ntuyizi neza nakayumba uvuga ntumuzi kuba yarazanye na kagame avuye Uganda haricyo yaharaniraga kd Imana imuhezagire kubwigikorwa ciza yakoze cyo kurokora abatutsi bicwaga na leta yahabyarima , rero icyo nakubwira ntamunyenda nini cg uzotuma igihugu gisubira mwicuraburindi yitwaje icyo aricyo cyose muri gouvernement iryo banga niryo dukundira H.E PAUL KGAME uzokora neza bazakorana ukora nabi nawe azahanwa yihanukiriye , sheriff ntukitiranye za leta zibihugu kuko ziratandukanye kabisa

  • Hewe Turaje igikuru ngaha nuko Uburundi bwa Ntare Rugamba butavogerwa, Uburundi umuntu atabuzi yo burundarara mwo ntabwo ari Congo.
    Urabaza Abanyarwanda benshi ico bamaze iminsi bahabonera.
    Abarundi bari maso ntawushobora kwikinga ikiza, acavugutirwa umuti.

  • Abarundi Twaratayubwenge,ico Gifaransa Kitumariyiki?Mu Rwanda Ko Ariyo Bari Ko Ibara Ryagiye Bakoziki Atarukuduteranya Ngo Tumarane,iyo Buba Ubwumwe Bwarikindi Barazobanza Badusubize P RWAGASORE Wacu tumenyugwo rukundo badufitiye

  • NIBAREKEKWIHUTAKUDUFATIRIBIHANO,AHUBWONIBAHANUREBARYABAGUMUTSE,BAGARUKETWUBAKIGIHUGU.

  • AHUBWO KILIYA KIYITA SHERIF UBANZA ALI ICYANA CYA MBONALIBA

  • Ahubwo ni sawa, icogifaransa nubundi cari gisigaje urume rumara mu Burundi, maze kizojane naba faransa bariko bazana genocide mu burundi nkuko babikoze mu rwanda mu 1994.

  • Sharif umenyeko nta mwana usya ahubwo aravoma , uburundi ntibuvogerwa hahahahaha ndagutwenze kabisa kuko urumuswa mubi ndakubaze niba butavogerwa hariko harabera ibiki? uburundi ntanahamwe buzwi kd nawe urabizi nizo nterahamwe mwazanye tuzazibakubitana kd uzabibona mwebwe mukomeze , nigihungu cya MBONALIBA cyubuheta.

  • REKA BABIFATE NONE HARIMFASHANYO MUKENEYE?

  • aabazungu barushijwe ubwenge n’abatutsi bacumbitseyo

  • nakaga, filipo?=izokinju sh zizakgbnuk

  • Iyo Mihimbiri Yabanyarwand Ibur Ico Yimarira Ikavuzinduru Kumugabo Wabagabu Burundi Buhire Nibik? Igwa Itara Tuzobamesa Tubavugutir Umut Kand Twebw Ibiganir Nivyo Biduhuza Mbishwe Mwebw Umeng Mwarigaswe Nimbwa Mubisenge Muranukir Ntimukozek Tukabavugutir Uwo Kuribwa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.