IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega: Abanyagihugu bashaka kuja mu myiyerekano bahanganye n’igiporisi

Gitega: Abanyagihugu bashaka kuja mu myiyerekano bahanganye n’igiporisi

mardi 28 Ndamukiza 2015

Zimwe mu ntara zo hagati mu gihugu zatanguye imyiyerekano yo kwanka ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Ku murwa mukuru w’intara ya Gitega abanyagihugu barahanganye n’abaporisi.

Amakuru ava ku murwa mukuru w’intara ya Gitega, avuga ko amabarabara ya mbere na kabiri ari aho bita mu Giswahili, abanyagihugu bahanganye n’abaporisi. Aho nyene, abantu babiri baramaze gufatwa n’igiporisi. Ayo makuru avuga kandi ko abo bafashwe bashobora kuba bari mu mugambwe wa FNL. Aho i Gitega nyene, abanyeshuri biga muri kaminuza iri i Zege bahanganye n’igiporisi bashaka kuja mu myiyerekano, inyuma y’aho bamwe mu banyeshure bagiye barafatwa kamwe kamwe.

I Gitega nyene, abanyeshuri bo kuri ENG batekeye utwabo bahunga, eka no kuri Lycee Musinzira abayeshuri bashaka guhunga ariko igiporisi cababujije, kibasaba kandi kuja mu mushuri ku nguvu ariko nabo banka kujayo kubera ubwoba bw’umutekano muke ushobora kwibonekeza.

Tubibutse , abo bose bapfuye, abakomeretse, abo bose bahunga Uburundi igihugu cabo, abo bose birirwa inzara canke barara bahagaze, ari kubera kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Cherif Nkeshimana

Messages

  • Abanyagitega nibakomeze duharanire agateka kumunyagihugu.icogipolice kiriyambuye agateka baragowe

  • abo birigwa ubusa ni bo bwabwitera ninde abatumye mwibarabara nukubura ico bakora nyene. None mwe mwabatumye murabahemba? ariko nibaza ko opposition yabahaye meshi. subiza inkota mugwubati ivyo vyari ivya kera ubu abarundi twaraciyubwenge.

  • kugir amaros yabarund ntaher mwibarabar nibagire ibiganiro kuko ibarabar nugusesa amaraso yabacu nkuko numushingantahe RWASA yabivumereye

  • Sha Ciza, haba mu bahutu canke mu batutsi eka mbere no mu batwa, kiretse ibijuju canke ababifisemwo inyungu kubera ubusuma bakora canke uguhohotera agateka ka zina muntu, aha nanse kuvuga kwica, nta muntu n’umwe adashigikiye les manifestations. Sinzi rero umurwi wewe urimwo muri abo. n’abanyabwoba batagiye gufasha abandi baremera ko bariko barwanira ikiri ukuri. Mbega umuntu arenze constitution, akarenga amasezerano yatumye abarundi babana, ni irihe tegeko atorenga? Aho naho twoba turiko turaja he? Yoca ahindura constitution pour supprimer la limitation des mandats. none turavye le bilan catastrophique les 10 ans, wewe ubona uburundi bwoba bukiriho muri 5 ans àvenir ? Mbega ama dossiers y’ubusuma n’ayo ubwicanyi butagira izina ababikoze les 10 ans bazoja ahabona gute? Nous avons besoin d’un nouveau visage àla tête de l’Etat, wewe twarabonye aho yagejeje niyigire. C’est pourquoi la constitution et l’accord d’Arusha limitent les mandats présidentiels àdeux. Endeans 10ans, uba warushe kubera wagize ico umarira igihugu ( ce qui n’est pas le cas pour lui) canke uba ataco wagifashijije mu kwisununura kiretse kugisubiza inyuma( ce qui semble être le cas pour lui). Sinzi rero ko uri mubazokwunguka abarundi bariko baragogwa, si oui c’est dommage, canke uri ikijuju, ce qui serait aussi pitoyable

  • ABO BAPFA,ABO BASHONJE KUBERA AMASOKO YUGAW,UBUKEN BUZOKURIKIRA MUMYAKA IZOZA,BIZOBAZWA ABARI KUNTWARO.MBEGA NONE BASHAKA GUTEZA IMBERE IGIHUGU CANK KUGITEMVYA?BURYA INTWARI ZARITAHIYE UBURUNDI BWARAMAZE GUHOMBA.MUNTUNGE.

  • Cette photo n’est pas de GITEGA, vous pouvez mentir aux étrangers qui ne connaissent GITEGA mais pas aux Burundais du centre du pays. Vous croyez que vous allez réussir par montage. J’ai pitié de vous.

  • None nkurunziza ntiyokumva ibiriko biravurwa.namveho nahandiho abandi turinyuma,tushigikire bagenzi bacu .ko bamenyeye gusesa amaraso nibabandanye ariko nobabwira yuko ingero yicaha arurupfu.

  • None nkurunziza ntiyokumva ibiriko biravurwa.namveho nahandiho abandi turinyuma,tushigikire bagenzi bacu .ko bamenyeye gusesa amaraso nibabandanye ariko nobabwira yuko ingero yicaha arurupfu.

  • Uburundi buzamera nka Burkinafaso. Ibyo mubyitegure.

  • Abo bana babakene murungika mwibarabara, abanyu bibereye mubipangu canke barigiriye i buraya. Murabantu babi bapfe muje kubutegetsi. Umurundi wese abona ko atarwanira kuba umutegetsi canke umuyobozi nomuhanura kwigumira muhira we numuryango wiwe. Aho kugirango amere nkawawundi yaruhiye umuswezi

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.