IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Grenade yatowe ku gituro c’imodoka zija ku Musaga na Kanyosha

Grenade yatowe ku gituro c’imodoka zija ku Musaga na Kanyosha

lundi 15 Ruheshi 2015

Ikirwanisho co mu bwoko bwa Grenade, catowe mu kibanza gihagararamwo imodoka zunguruza abantu zibajana mu gice c’ubumanuko bw’igisagara aca Bujumbura,hafi y’ahahoze isoko nkuru ya Bujumbura.

Iyo Grenade yatowe ku gituro c’imodoka zunguruza abantu zibajana mu makomine ya Kanyosha na Musaga.Hari nk’igihe c’isaha zitandatu aho abari ngaho bayibonye munsi y’imwe mu modoka zunguruza abantu.Imana yakinze iyo Grenade ntiyaturitsengo hagire uwo ihitana.

Abayibonye baciye bahamagara abajejwe umutekano,abo nabo baca barayikuraho itaronona ibintu.Abanyagihugu bari ngaho ku gituro bakaba bavuze ko ibintu biteye ubwoba kandi ko hofatwa ingingo zikomeye zo gucungera umutekano mu gisagara hagati.

Grenades zirenga zitanu ziramaze guterwa mu gisagara ca Bujumbura,abantu barenga 10 bakaba bamze kwitaba Imana.

Messages

  • ABAJEJWE UMUTEKANO NIBAHAGURUKIRE IZO NTUMVA

  • Hari ikibazo gikomeye c’umutekano giturutse kuri mandat yagatatu yumukuru wigihugu. nibaza ko akiri Nkurunziza en personne et en âme,yoraba amaraso amaze guseseka kubera we maze ico kiringo akagiheba nubwo ubuntu n’icubahiro yamaze kubihamba kubwo inyifata yokwigumiza kubutegetsi yerekanye azi neza ko ibiringo vyiwe yabirangije

  • Iyo Quartier yitwa musaga byaba byiza bayikupiye amazi n’amashanyarazi . Izo ngegera zigakamirika

  • ariko peter nawe jewesindamutahura ahoyahoz agombabatumare hoyoduha imipanga hakirikare tukamenya icodukorera izonyenzi zabatutsi ahontimubona kozatanguye intambara se barundi simbonicarindiriy naturekure tubigishindero izombwa zabatutsi

  • Wewe wiyise Nkurunziza, Iconokubwira wohagarika ukwowiyumvira, kuko ndazi abantubeshi baribaneze nkukwokwawe basezewe Isi biciye mukwimanika kukiziriko. Mbevyavakuki? Bamwebabona ibintuvyishi bibadudaniye bakabona nuruzobe bagahitamwo kubonako gupfa arihobobabaruhutse noneho bakiyahura. Nokugirunamarero kwikuramwo ngwingorane ziterwa na Nkurunziza iconokubwira nuko ategerezwa kugutwara iyindimyaka 5 nubwombona nubundi usanzwe utari Burundi ariko ndabona intuntu yaragusanze niyuri.

  • IMANA YOMWIJURU IKWIYE KUGARUKIRA UBURUNDI.

  • PHARAOH YARIGIZE INTUMVA MUGUTURUBIKA ABANYISIRAHERI,mu KUBAGIRA ABAJA.
    UHORAHO YAGERAGEJE GUKORESHA IBITANGAZA KUGIRA PHARAOH AMWIZERE ARIKO NTIVYABAYE NKUKO
    fin de fin UHORAHO AMAZE KUGIRA AGASHAVU NIHO YIYEREKANYE KO ARI IMANA nya MANA

    Ibi biri muri BIBLE niyo nzira ihari irambuye kandi aya majambo agatuma #TWIZERA naho woba uri mumagorwa angana gute

    Turavye kandi uko JOSEPH yahangayitse hanyuma akaba umwami

    mugenzi ibi ndavyanditse kugira nkwereke ko IMANA itaduhevye gusa dukomeze kuyisenga no kwizera ko natwe ishobora kudukorera ibitangaza hama abo badufata nabi nabo canke abo batugira abaja babo bakatwicisha agahinda

    vyose bizohera umusi nugera

    MULI BIBILIA HARAVUGA ATI: vyose birashoboka kuri abo bose bizera IMANA

    NDABIPFURIJE IBIHE VYIZA!!!

  • ABANTUBAKORIVYO IMANAYITEGUYE KUBACIRAKWITEKA AHUBWONIBAGEZAHO

  • ABANTUBAKORIVYO IMANAYITEGUYE KUBACIRAKWITEKA AHUBWONIBAGEZAHO

  • ABOBANTU BAGOMBA KWAMA BABONA AMARASO ASESEKA BURIMUSI?MANA RINDA IGIHUGU CACU.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.