IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Amakuru avuga ko Imbonerakure za CNDD FDD zahawe ibirwanisho (...)

Amakuru avuga ko Imbonerakure za CNDD FDD zahawe ibirwanisho arabeshuzwa

jeudi 10 Ndamukiza 2014

Ikinyamakuru "The Guardian" giheruka gushira ahabona amakuru y’ibirwanisho vyahawe imbonerakure za CNDD FDD mu ntara Bururi na Makamba. Mu mubonano umukuru w’igihugu yagiranye na Samantha Power intumwa idasanzwe ya Barack Obama, Petero Nkurunziza yarabeshuje ayo makuru.

Ayo makuru y’itangwa ry’ibirwanisho avuga ko urwaruka rw’Imbonerakure z’umugambwe CNDD FDD zahawe mu kwezi kwa Nzero na Ruhuhuma imyambaro y’igisirikare n’igiporisi, hamwe n’ibirwanisho bigizwe n’imipanga n’inkoho. Ayo makuru amenyesha ko n’Imbonerakure zo muri komine Nyanza Lac, Kibago, na Mabanda mu ntara Makamba zahawe ivyo birwanisho na bamwe mu ntwazangabo, zo mu ntara ya Bururi, abavugwa akaba ari Général de Brigade Nduwumunsi (umuyobozi mukuru ajejwe abahoze ku rugamba), hamwe na Général-Major Niyungeko Juvenal batazira KIROHO. Nk’uko bivugwa, imyimenyerezo yabereye mu kibanza kiri inyuma y’ibohero ryo ku Murembwe mu Rumonge. Mu cegeranyo co mw’ibanga c’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, bamenyesha ko inama z’uguhabwa ivyo birwanisho ku Mbonerakure za CNDD FDD zabereye kw’ihoteri yitwa KU KANYAMUNEZA y’intwazangabo Général de Brigade Nduwumunsi. Abahawe ivyo birwanisho bivugwa ko boba babwiwe ko borindira isango bazohabwa, bakazoca bihereza abo batavuga rumwe.

Inyuma y’umubonano umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagiranye na Samantha Power, intumwa idasanzwe ya Barack Obama, icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi yamenyesheje ko ivyo bivugwa bitagira ishingiro.
Willy Nyamitwe, icegera c’umumvugizi w’umukuru w’igihugu c’Uburundi avuga ko bitokwumvikana ingene Uburundi bwoba buriko bufasha ibindi bihugu vyo mu makungu kugarukana amahoro, hama abategetsi b’Uburundi bakaba aribo nyene bahindukira guhungabanya umutekano w’igihugu cabo.

JPEG - 42.5 ko
Willy Nyamitwe, icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu

Egide Nduwimana

Messages

  • Uvuga ubesha sha vyaramenyekanye ka ndi harya bamwe mubabihawenibo babishaikanye imbere murindiregato uwuzokwagirizwa arahari

  • NYAMITWE ! urazi ko aho ariho mwihendera ! haraho mwibaza ngo muri abanyabwenge kandi Abarundi atavyo bazopfa bamenye integuro yanyu ! Ariko murakwiye kumenya ko Uburundi buhanzwe amaso n’isi yose ko ivyo mugira vyose babibona ! Ubu rero baramaze kubakenyura kumbura muce bugufi mwumvirize Abarundi bo bene igihugu.
    Nkaho uja ngaho ugahakana ko ata bigwanisho muha Imbonerakure, none ugira ngo harya baja gukizura mw’ijoro batajejwe umutekano ugira bagenda bafise AMASANAMU canke AMATARA ? Baba bafise ibigwanisho vyokumara abantu ! wibaza ko arivyiki ? nivyo kwica abo bazi ko batavuga rumwe ! Nube ureka kuvuga ibisunitswe n’umuyaga canke ivyo bagutamitse udufata nk’ibijuju, turazi inyigisho mu tanga kuko bibonekera mu nyifato muba mwigishije ! Wewe ufise ubwoba ko utazosubira kuronka ivya gusa uhabwa n’abanyagihugu , ko utazosubira kuronka aho uca , mbe wibaza ko muzojana kuba mu VYERWA vya NGOZI muri ya mazu! Ntusubire guharirira IMBONERAKURE kuko izo bikora biraboneka ! babikora amakungu abona . NYAMITWE icishe bugufi ISI irakubona kandi irakurindiriye ! Kanura ubone !

  • ewe nyamitwe imitwe igira igitekurukane.n’uwendeye nyina mu rutara yaramenyekanye.ivyo birwanisho mutanga bizohera i wanyu amakungu arabibona.

  • Barundi barundikazi aho ntakinyoma kirimwo ibirwanisho biratangwa ku MBONERA KURE akarorero jewe nye ndagifise twabihawe nabamwe mu bakozi bi perereza batubwirango nivyo kwirarira ntituzi umwansi twirarira iyava , ico tuzi umunsi urizina ukuri kuja ahabona kuku ibirwanisho turinavyo twarabihawe dushigaje kumenya akazi bizokora gusa .

  • Baze bihende badusomborotse,bibaza ko ibigwanisho SINDUHIJE yaduhaye twabitaye!turagavye.

  • None ivyobirwanishomuvuga iyabavyaratanzwe hariho ikintumwikeka mwashaka kuzokorera uburundi hanyuma bakabivuna babikoresheje!? jewe ndafise umwuzukuru arimurizo mbonerakure ntambunda ndamubonana habakumutaga cankemwijoro, none bafise umusibazibaha bakongera bakazibaka bakazitwara?

  • Birababaje kwumva amajambo Nyamitwe avuga ariko si kera ukuri kugiye kuja ahabona.Burya ntimwiyumvire ngo mwomara abo mutavuga rumwe aho mudatahurira ni aha.akarorero nimba turi mumigambwe itandukanye nuwo tuvukana hama mukampa ikigwanisho co kumara abo tutavuga rumwe wibazako nokora iryo kosha ngo nikore munda?Ba mutahura ahubwo twarengew ntahumbi dushaka kuko iyo mfita ikibazo umubanyi aranshikako ataravye umugambwe nico gituma tugiye kubasengeza mubwire amakungu ico mwabiduhereye kandi vyanke bikunde ukuri kugiye kuja ahabona kandi atari kera.Nayo ibigwanisho pe biratangwa ndetse jew ntaco mvuze ndazi aho nzavugira kandi nohanura bagenzi bacu ntiduhendwe duce ubwenge kuko ntiduhendwe ntaco tuzahanoba ahubwo ntitwikore munda kuko amaraso ni mabi

  • Gihungu swaganirizahiyo nta birwanosho baguhaye biraboneka ko uri muri opposition jewe ndababwiyeukuri ni ibihuha nta birwanisho vyigezebitangwa urya Onanga ikiringo ciwe kiriko kiramuherana ashaka yerekane ko ibintu biccika hama bamugumizeho . nTA GITUMA kiriho kiboneka CNDDFDD yopanga ihonyasbwoko mbega borigirirabande ? Erega barazi ubwenge barazi neza barigize iyobocabaja. None bokwiyahura babona.Ndaziopposition yoyo iraronse agakuru baca bakuza bace bavugabati twamadusemerera.Baragira amakosa turabizi maniniya mbere ariko ihonyabwoko ntaryo.

  • Cndd siyo irimwo abantu. Bibihugu vyishi(aba congomani,abanyarwanda,abarundi)aho rero icobahurizako ngo nukugumaa kubutegetsi gushika arinaho rero bafashe strategies zose uhereye mukwigisha urwaruka rwazo no mukubaha ibirwanisho vyokwica uwo wese atemera cndd.raba ahobagejeje igihugu!ico nobabwira nuko abarundi baciyubwenge kandi. Bakeneye ineza numutekano atagukandamiza uwundi daatawanje ngo nihonyabwoko niryo bagamije muga barihenda ego abatutsi bopfa nabahutu hosigara baake kuko ubuturabizi kandi turi pret rero nibitonde.I bururi na makamba ngobabwiye imbonerakure ko arya matongo abatutsi batwaye 72 buca aba ayabo,ngo barindiye isango yogutanguza isekeza ryubwicaanyi.none iyontwaro gayemwe...!?!Burakeye abobose bafise icibagizwa murayamabi bariko bakorera abarundi tubashire kukibuga aba congomani nabanyarwanda basubire iwabo uko baje,ivyo bivye vyose bizoja muminwe ya leta,wait Cndd siyo irimwo abantu. Bibihugu vyishi(aba congomani,abanyarwanda,abarundi)aho rero icobahurizako ngo nukugumaa kubutegetsi gushika arinaho rero bafashe strategies zose uhereye mukwigisha urwaruka rwazo no mukubaha ibirwanisho vyokwica uwo wese atemera cndd.raba ahobagejeje igihugu!ico nobabwira nuko abarundi baciyubwenge kandi. Bakeneye ineza numutekano atagukandamiza uwundi daatawanje ngo nihonyabwoko niryo bagamije muga barihenda ego abatutsi bopfa nabahutu hosigara baake kuko ubuturabizi kandi turi pret rero nibitonde.I bururi na makamba ngobabwiye imbonerakure ko arya matongo abatutsi batwaye 72 buca aba ayabo,ngo barindiye isango yogutanguza isekeza ryubwicaanyi.none iyontwaro gayemwe...!?!Burakeye abobose bafise icibagizwa murayamabi bariko bakorera abarundi tubashire kukibuga aba congomani nabanyarwanda basubire iwabo uko baje,ivyo bivye vyose bizoja muminwe ya leta,wait Cndd siyo irimwo abantu. Bibihugu vyishi(aba congomani,abanyarwanda,abarundi)aho rero icobahurizako ngo nukugumaa kubutegetsi gushika arinaho rero bafashe strategies zose uhereye mukwigisha urwaruka rwazo no mukubaha ibirwanisho vyokwica uwo wese atemera cndd.raba ahobagejeje igihugu!ico nobabwira nuko abarundi baciyubwenge kandi. Bakeneye ineza numutekano atagukandamiza uwundi daatawanje ngo nihonyabwoko niryo bagamije muga barihenda ego abatutsi bopfa nabahutu hosigara baake kuko ubuturabizi kandi turi pret rero nibitonde.I bururi na makamba ngobabwiye imbonerakure ko arya matongo abatutsi batwaye 72 buca aba ayabo,ngo barindiye isango yogutanguza isekeza ryubwicaanyi.none iyontwaro gayemwe...!?!Burakeye abobose bafise icibagizwa murayamabi bariko bakorera abarundi tubashire kukibuga aba congomani nabanyarwanda basubire iwabo uko baje,ivyo bivye vyose bizoja muminwe ya leta,wait Cndd siyo irimwo abantu. Bibihugu vyishi(aba congomani,abanyarwanda,abarundi)aho rero icobahurizako ngo nukugumaa kubutegetsi gushika arinaho rero bafashe strategies zose uhereye mukwigisha urwaruka rwazo no mukubaha ibirwanisho vyokwica uwo wese atemera cndd.raba ahobagejeje igihugu!ico nobabwira nuko abarundi baciyubwenge kandi. Bakeneye ineza numutekano atagukandamiza uwundi daatawanje ngo nihonyabwoko niryo bagamije muga barihenda ego abatutsi bopfa nabahutu hosigara baake kuko ubuturabizi kandi turi pret rero nibitonde.I bururi na makamba ngobabwiye imbonerakure ko arya matongo abatutsi batwaye 72 buca aba ayabo,ngo barindiye isango yogutanguza isekeza ryubwicaanyi.none iyontwaro gayemwe...!?!Burakeye abobose bafise icibagizwa murayamabi bariko bakorera abarundi tubashire kukibuga aba congomani nabanyarwanda basubire iwabo uko baje,ivyo bivye vyose bizoja muminwe ya leta,wait and see.

  • Biraraje gutwarwa nabanyamahanga nka Adolphe nabandi...arinaco yica abarundi bunyamaswa atakinya!iwe nukwica abntu nukugira urudandaza rwinzahaabu na cocaine,we ntatubabaje cane ikibira ca congo tuzomusangayo ubutunzi bwiwe nabwo leta irabubona.uyumugambwe cndd-fdd ukwiye kuzonafutwa mumigambwe kuko ivyobagiriye uburundi birarenze mukwica nukwiba atarinabarundi !!!!?burakeyeBiraraje gutwarwa nabanyamahanga nka Adolphe nabandi...arinaco yica abarundi bunyamaswa atakinya!iwe nukwica abntu nukugira urudandaza rwinzahaabu na cocaine,we ntatubabaje cane ikibira ca congo tuzomusangayo ubutunzi bwiwe nabwo leta irabubona.uyumugambwe cndd-fdd ukwiye kuzonafutwa mumigambwe kuko ivyobagiriye uburundi birarenze mukwica nukwiba atarinabarundi !!!!?burakeyeBiraraje gutwarwa nabanyamahanga nka Adolphe nabandi...arinaco yica abarundi bunyamaswa atakinya!iwe nukwica abntu nukugira urudandaza rwinzahaabu na cocaine,we ntatubabaje cane ikibira ca congo tuzomusangayo ubutunzi bwiwe nabwo leta irabubona.uyumugambwe cndd-fdd ukwiye kuzonafutwa mumigambwe kuko ivyobagiriye uburundi birarenze mukwica nukwiba atarinabarundi !!!!?burakeyeBiraraje gutwarwa nabanyamahanga nka Adolphe nabandi...arinaco yica abarundi bunyamaswa atakinya!iwe nukwica abntu nukugira urudandaza rwinzahaabu na cocaine,we ntatubabaje cane ikibira ca congo tuzomusangayo ubutunzi bwiwe nabwo leta irabubona.uyumugambwe cndd-fdd ukwiye kuzonafutwa mumigambwe kuko ivyobagiriye uburundi birarenze mukwica nukwiba atarinabarundi !!!!?burakeye!

  • Abatutsi bamwe bamwe nabo bazungu hari ikintu mwibagira cane. Ntimuze mwigere mugereranya abahutu babarundi nabanyarwanda. Ntimwiyumvire ko abahutu babarundi muzorasa urusoro rumwe bagaca bashira inkoho ku migongo biruka baja mu mahanga. Abahutu babarundi naba vrai patriots. Ndafise uborerero bwinshi. 1996 major Ngurube yasanze umu major wu mu ex far I Kalemi iriko agwanira ubufu na banyagihugu. Aca aramubwire ati:"ndagaruka ku mugoroba umbwire uwo mu major atagira abasirikare". Uwo mu major yaraye muri Zambia. Aba fdd bose baguye muri debandade muri Zambia mu mwaka umwe bose baba basubiye ku rugamba aho benewabo BA BA congomani na banyarwanda baca bigira mu gucrea amaduka. Nakagohe nagira mvunire umuntu wese yibazako umuhutu wubu azoba uwogupfa gukandagirwa. Aba bazungu nabo batwubahe nkuko tububaha. Ko badutereranye imyaka ni myaniko dutemagurwa ntitukiriho?

  • Mbega nkuyo avuga ngo Abahutu babarundi ntaho bahuriye nabanyarwanda ashatse kuvuga iki!?
    None uwo ngurube agezehe?
    haraho abatutsi bigeze bakundwa nabahutu?
    Ntimwamye mushaka kubica kuva kera kubera Imana ibakunda ikabakingira akaba arimwe muharwa!
    1972 mwapanze gutangura kwica 22h uwarikubatangurira akihenda isaha akabavugiriza ifilimbi 20h kakaba kabasesekanye!
    !990 Mucibitoke mufadikanije nabokwahavyarimana kakabasesekana!
    1986 ntega Malangala 1993 vyose vyateguwe ntivyabasesekanye!
    Nubu yivyure muwatse uzokwaka uziwanyu!
    Ndibuka Ndadaye avuga ngo Isegenya izoduhitana Yahereye Iwe!
    nubu mwarimukwiye kwikebuka!
    Muga mayina mwumvishwa nigiti rindira turababona!
    Ikiryoshe nuko benewanyu aribo bazobatangurirako tenyenya!

  • M S:Huuu ndagushimiye kuvyiyumviro vyawe

  • Reka ndabababarire abatutsi batitonze ivyobakoze tuzobibaryoza

  • jewe mbona umengo hari abarundi badashaka gutwarwa nareta iriho.nyakubahwa mukuru wigihugu hangama natwe abanyagihugu isinzi turinyumayawe =bavuga dukora guma kukivi kandi umudereva mwiza ntava kuri vora

  • Mwaba DD mwe;aha rurabuzuriyeko kandi nkuko namye ndabivuga muzize ubujuju bwanyu,kudahanugwa n’umuvumo.
    Aha ko ONU yabigiyemwo mwoshaka mukaba muritegura,ibihe bibi biratanguye.
    Ibuka aho mwavuye nukuntu mwashitse kubutegetsi,amabi mwakoreye benewanyu ubu harageze ko muyishura n’inyungu hejuru.Abo bashikiranganji nuwo Nyamitwe muvuga ngo n’ibinyoma ivyo ONU yashize ahabona, hahahahah mbe yoba ifise inyungu iyihe ? Ahubwo abo ba faux generaux bavugwa muri rurya rukete nukubashira ahabona babazwe bisigure,ariko muravye nabi ni La Haye si ngaho kuri parquet yanyu.
    Akanyaro kanyu niko muzize.
    Bon debarras

  • Abarundi ba none ntibakiri imbundege,nimba hari abariko barahabwa ibirwanisho barabibona kandi na ONU s,umwana yovuga ivyo itatohoje.Ababikwiragiza nibakwiragize ivyiyumviro n,imigambi myiza duheze tubatore,nayo amaraso ntaco azobashikanako nakare ngo uheza kugoka ibigori bikera.

  • Muze muvuga ivyubaka kuko namwe
    Mukunda amahoro

  • Muze muvuga ivyubaka kuko namwe
    Mukunda amahoro

  • Ivyobintu nibabihebe, kandi umukuru wigihugu harageze ko yoruhuka ahe abandi barye kuko ivyataronse mumyaka cumi atwaye ntavyo akironIvyobintu nibabihebe, kandi umukuru wigihugu harageze ko yoruhuka ahe abandi barye kuko ivyataronse mumyaka cumi atwaye ntavyo akironse.

  • BOBISUBISÀHÀKIRIKÀRÉ

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.