IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

jeudi 23 Ndamukiza 2015, par Jean De Dieu

JPEG - 93.2 ko
La police Burundaise dans les rues de Bujumbura ce matin

IGIHE

Messages

  • Nous devenons un pays voyou. Nous nous rendons de plus en plus ridicules aux yeux du monde.

  • None nkibi bintu bari kwigira muma barabara n’ibiki? Ewe burundi bamaze kukugayisha mumakungu. Hari umu polisi yiyubaha yigira ibi bintu mwibarabara kabisa? Je nama mvuga, iterambere ry’Uburundi rizosaba ihinduka rikomeye. Ibi vyose hazogera aho tuzosigara tubiraba dutwenga. Tubazanya ngo " Mbega kiriya gihe, Ntabantu bari mughugu?" Wait and see!

  • Igiporisi nabakirongoye bose nibijuju kabisa...Iyo ni complex ya inferiority...biroroshe kubasekura

  • @janot et uwubizi
    Ubwo ivyo uvuga wabanje kwiyumvira?Uzogende ubaze aba manifestants ba vendredi passé bari i muramvya,abandi mu mpimba ko iyo complexe uvuze bayifise,vyoroshe kubasekura!,reka sha gufyina ,genda ubasekure turabe!Muragenda mubitege kandi plus murabatuka mubagaya,plus ils vont être brutaux.On n’est pas un pays voyou c’est ce que les tutsis veulent montrer àla communauté internetionale ,ariko batanguye kubahinyura,na bado,kandi amatora urabona barayashigikiye,rero muvuge canke mureke igihugu cacu turagikunda ntituzokirekera mu minwe y’izo mvoyoux mugenda kurondera mu ma cités mwabahaye amahera ,bakaza mw’ibabararbara kwonona igihugu,abo bapolisi binonore bikwiye bazobakubite gusumvya la fois passée,murabona!

  • Wewe uvuzeko vyoroshe kubasekura vyoca bikumarira iki?
    Hanyuma wewe uvuzeko kizirako Aba polisi bagirira imwitozo nkiyo yoroheje abantu abanyagihugu barengana ndakwumvise kubonahafi nukuri! Jewe nubunabishatse nucandakwereka aba polisi nkabomubihugu bibiri vyibihanyange kw’Isi bariko barakorera imyitozo mwibarabara abantu barengana, burya atarinwimenyerezo yokurasa aba polisi bakora bigiyeyo gato aba polisi nabantu ivyabo bibabirihafi yabanyagihugu arinacogituma aba porisi ntibakorera kure yumunyagihugu baramyegera wamugani warwaruriribwo rwawa murundikazi ruvugango nyegera nkorako.

  • non kobahunga ntibazogaruka? bahunga ubusa bazogarukanwa nubundi izo ninjiji barasara

  • non kobahunga ntibazogaruka? bahunga ubusa bazogarukanwa nubundi izo ninjiji barasara

  • Haaaaaaaa.....birasekeje kubona bakorera imyitozo mumuhanda rwagati. Njye ntekereze ko bishobora guhungabanya umutekano w’abaturage.

  • imana igire icyo ikora naho ubundi abantu twabaye inyamaswa

  • imana igire icyo ikora naho ubundi abantu twabaye inyamaswa

  • imana igire icyo ikora naho ubundi abantu twabaye inyamaswa

  • imana igire icyo ikora naho ubundi abantu twabaye inyamaswa

  • imana igire icyo ikora naho ubundi abantu twabaye inyamaswa

  • imana igire icyo ikora naho ubundi abantu twabaye inyamaswa

  • NIBARENKURUNZIZA YITOZE KUKO ABANYAGIHUGUBATAMWIYMVAMWO NTIBOMUTORA KUKO NAW NUMURUNDI SUMUNYAMAHANGA NTIBAMUFATENKIGOTI ISHIZE KUKO NUMUVYEYI WATWES ABO BANYEPRTK NTAKIND BASHAKA GUSUBIZA IGIHUGU MUMANGA NABAGUMUTSI AHUBWO BBAFATE BBAFUNG ABAVUGANGONTIBAHRANIRAIVYCARO VYAPORITIK UBU NABANYEPORITKE100%NTIBONGERE KUBESHA ABARUND NAMAKUNGU NGO NAMSHIRAHAMW ADHRANIRA IVYICCARO VYA PORITIK

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.