IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 11 Mukakaro

11 Mukakaro

mercredi 11 Mukakaro 2018

Igenekerezo rya 11 Mukakaro .

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri

1533: Umwami Henri w’8 w’Ubwongereza yirukanwa muri Ekereziya Katorika.

Henri viii

1995: Haba ubwicanyi butagira izina bw’i Srebrenica.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri

1767: John Quincy Adams, uwabaye umukuru w’igihugu wa 6 w’iigihugu ca
Leta Zunzubumwe z’Amerika.

John Quincy A

1899: E.B. White, umwanditsi w’umunyamerika.

1916: Alexandre Likhaïkovitch Prokhorov, umuhinga muri physique
akomoka mu Burusiya.

1934: Giorgio Armani, umuhinga muvyo inyambaro.

Giorgio

1974: Lil’ Kim, umririmvyi w’umunyamerika.

Yoann

1986: Yoann Gourcuff, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri

472: Anhemius, umwami w’abaromani.

Argeminius

1731: Jean-François Leriget de La Faye, umukozi mu vyimigenderanire
akaba n’umwanitsi w’ivyivuga w’umufaransa.

2007: Alfonso López Michelsen, umukuru w’igihugu ca Colombie kuva 1974
gushika 1978.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu w’irwirirana ry’abantu.

. Mu Bubirigi: Umunsi mukuru w’umuryango w’aba flamand.


Luc- Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.