IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Munyonyo 2014

Itarike 13 Munyonyo 2014

vendredi 13 Gitugutu 2017

Igenekerezo rya 13 Munyonyo .

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1956: Ibihugu vya Maroc, Soudani na Tunisiya vyinjira muri ONU.
1968: Igihugu ca Guinée Équatoriale cemererwa kwinjira muri ONU.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1975: Angela Watson, umukini w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 7.4 ko
Angela Watson

1990: Florent Manaudou, umunonotsi w’umufaransakazi ahiganwa mu rukino rwo gusiginwa mu mazi, mu kwoga.

JPEG - 7.4 ko
Florent Manaudou

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1984: Chester Himes, umwanditsi w’umunyamerika.

JPEG - 10 ko
Chester Himes

1989: Sourou Migan Apithy, uwabaye umukuru w’igihugu ca Bénin.

JPEG - 5.6 ko
Sourou Migan Apithy

1990: Eva Arden, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
2008: Mitch Mitchell, umucuraranzi w’umwongereza.

JPEG - 11.2 ko
Mitch Mitchell

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya indwara ya “pneumonie”.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.