IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 13 Kigarama

Itarike 13 Kigarama

lundi 11 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 13 Kigarama.

Abazwi cane bavutse kwigenekerezo nkiri

1642: Abel Tasman, akomoka muri Holland atora isi igihugu gishasha Nouvelle Zélande.
2003: Saddam Hussein arafatwa n’abanyamerika inyuma yo gutembagazwa ku butegezi muri Irak.

JPEG - 47.4 ko
Saddam Hussein

2004: George W. Bush, atorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe. z’Amerika.

JPEG - 85 ko
George W. Bush

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1816: Ernest Werner Von Siemens, umuhunga w’umudagi akaba n’umuhurwizatunga mu vyamahinguriro.
1967: Jamie Foxx, umukinyi w’amareresi akaba n’umucuraranzi w’umunyamerika.

JPEG - 20.7 ko
Jamie Foxx

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1931: Gustave Le Bon, umuhinga mu vy’imibano, ingendo n’inyifato, akaba n’umuganga w’umufaransa.
2008: Horst Tappert, umukinyi w’amareresi w’umudagi. Azwi cane kw’ireresi yakinye yitwa “Inspecteur Derrick”.

JPEG - 81.2 ko
Horst Tappert benshi bari bataziriye "Inspecteur Derrick"

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.