IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 23 Kigarama

Itarike 23 Kigarama

mardi 23 Kigarama 2014

Igenekerezo rya 23 Kigarama ni umunsi ugira 357 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 8 kugira umwaka w’2014 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1847: Abd El-Kader, umwanditsi akaba n’umusirikare w’umurwanyi yakoze n’ivyaporitike, arashira ibirwanisho hasi. Umwe mubatanguje Reta ya Algérie.

JPEG - 175.6 ko
Abd El-Kader

1909: Albert wa 1 aba umwami w’Ububirigi.

JPEG - 2.8 Mo
Albert wa 1

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1790: Jean-François Champollion, umuhinga mu nyandiko zo mu Misiri.

JPEG - 48.9 ko
Jean-François Champollion

1967: Carla Bruni, umuririmvyikazi w’umutariyano, ubu ari umutambukanyi wa Nicolas Sarkozy.

JPEG - 407.6 ko
Carla Bruni

1973: Gala Léon García, umukinyi wa Tennis akomoka muri Espagne.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

2004: P.V. Narasimha Rao, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubuhindi.
2007: Oscar Peterson, umucuraranzi w’inanga mu mudiho wa Jazz akomoka muri Canada.

Ibihimbazwa

. Mu Misiri: Umunsi mukuru w’intsinzi.
. Mu Buyapani: Umunsi wa yubire y’amavuko y’umwami Akihito.
. Muri Swede: Umunsi wa yubire y’amavuko y’umwamikazi Silvia.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.