IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 23 Ndamukiza

Itarike 23 Ndamukiza

lundi 24 Ndamukiza 2017

Igenekerezo rya 23 Ndamukiza.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1965: Hashikirizwa imodakari ya Peugeot 204.

JPEG - 159.4 ko
PEUGEOT 204

1990: Igihugu ca Namibie cinjira mu muryangi w’ibihugu bigize ONU.
2013: Hemezwa itegeko rirekura ubugeni bw’abasangiye ibitsina.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1564: William Shakespeare, umwanditsi w’umwongereza.

JPEG - 66.3 ko
William Shakespeare

1791: James Bachanan, uwabaye umukuru w’igihugu agira 15 wa Reta Zunzubumwe z’Amerika.
1954: Michael Moore, umwanditsi w’umunyamerika akongera agakora amareresi y’ibiganiro.
1977: John Cena, umukinyi w’urukino rwo kunyinyana bita « catch ».

JPEG - 25.2 ko
John Cena

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1616: William Shakespeare, umwanditsi w’umwongereza.

JPEG - 66.3 ko
William Shakespeare

1998: James Earl Ray, uwagandaguye Martin Luther King. Akaba yari yaciriwe imyaka 99 yo gupfungwa.

JPEG - 297.4 ko
James Earl Ray

2007: Boris Eltsine, uwabaye umukuru w’igihugu c’Uburusiya.

JPEG - 23.3 ko
Boris Eltsine

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe igitabo hamwe n’ikingirwa ry’ibikorwa vy’abahinga.
. Umunsi wa mbere w’indwi yahariwe umutekano wo mu mabarabara.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.