Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 26 Munyonyo
Itarike 26 Munyonyo
mercredi 26 Munyonyo 2014
Igenekerezo rya 26 Munyonyo ni umunsi ugira 330 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 35 kugira umwaka w’2014 urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
985: Hatangurwa igisagara ca Montpellier mu Bufaransa.
2003: Urugendo rwnyuma rw’indege yo mu bwoko bwa Concorde ruraba. Ikaba yarivuye i Bristol mu Bwongereza.
- Concorde
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1894: Norbert Wiener, umuhinga u biharuro w’umunyamerika.
- Norbert Wiener
1902: Maurice McDonald, uwatanguje uburir butegura ibifungurwa binyaruka gusha. Akaba ari umunyamerika.
- Maurice McDonald
1939: Tina Tuner, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
- Tina Tuner
1981: Natasha Bedingfield, umuririmvyikazi w’umwongereza.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1892: Charles Martial Lavigerie, umufaransa yabaye musenyeri mukuru w’i Alger.
1989: Ahmed Abdallah, umukuru w’ igihugu ca Comores.
INGABIRE Luc-Noël