IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 28 Kigarama

Itarike 28 Kigarama

jeudi 28 Kigarama 2017

Igenekerezo rya 28 Kigarama.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1917: Abagore baronswa uburenganzira bwo gutora.
2001: Pascal Lissouba, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Congo acirwa imyaka 30 y’ibikorwa biruhisha kubera yahemukiye igihugu yongera anyonyeza amatungo y’igihugu.

JPEG - 46.8 ko
Pascal Lissouba

2007: Haba amaziko ya Benazir Bhutto yari yishwe umunsi umwe imbere ahitwa Larkana.
2011: Muri Koreya y’Uburaruko haba amaziko y’uwari umukuru w’igihugu Kim Jong-il.

JPEG - 40.4 ko
Kim Jong-il

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1856: Woordow Wilson, uwabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 18.
1924: Milton Obote, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubuganda.

JPEG - 142 ko
Milton Obote

1937: Jorge Nuno Pinto da Costa, umukuru w’umurwi w’umupira FC Porto. Akaba atawara uwo murwi kuva 1982.
1954: Denzel Washington, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 33.6 ko
Denzel Washington

1990: Marcos Alonso Mendoza, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Espagne.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1976: Freddie King, umucuraranzi w’igitari akaba n’umuririmvyi w’umunyamerika. Yaririmba umudiho wa Blues.
1999: Clayton Moore, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 15.1 ko
Clayton Moore

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.