IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 4 Kigarama

Itarike 4 Kigarama

jeudi 4 Kigarama 2014

Igenekerezo rya 4 Kigarama ni umunsi ugira 338 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 27 kugira umwaka w’2014 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1154: Papa mushasha ashikira amabanga kw’izina rya Adrien wa 4.
1533: Mu Burusiya, Ivan wa 4 afise imyaka 3 y’amavuko asubirira se Vassili wa 3 mu mabanga y’ubwami.
1977: Jean Bédel Bokassa atangaza ko abaye umu empereuer wa Centrafrique.

JPEG - 31.5 ko
Jean Bédel Bokassa

2005: Charles Konan Banny, uwari arongoye ibanki nkuru y’ama Reta yo muri Afrika y’Uburengero ashingwa amabanga yo kuba umushikiranganji wa mbere wa Côte d’Ivoire. Ayomabanga akaba yayashinzwe n’umuhuza Olusegun Obasanjo, umukuru w’ishirahamwe ry’ubumwe bw’Afrika akaba n’umuuru w’igihugu ca Nigéria.

JPEG - 48 ko
Charles Konan Banny

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1892: Francisco Franco, uwatwaje umukazo igihugu ca Espagne.
1969: Jay-Z, umuririmvyi w’umunyamerika akaba akongera akaba uwikorera utwiwe.

JPEG - 151 ko
Jay-Z

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1642: Richelieu, umu cardinal yanatwa igihugu c’Ubufaransa.
1679: Thomas Hobbes, umu philosophe w’umwongereza.
2006: Joseph Ki-Zerbo, umuhinga muri kahise akaba n’umunyaporitike wo muri Burkina Faso.

JPEG - 29.4 ko
Joseph Ki-Zerbo

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.