IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 5 Munyonyo

Itarike 5 Munyonyo

mardi 5 Munyonyo 2013

Igenekerezo rya 5 Munyonyo ni umunsi ugira 309 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 56 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1912: Thomas Woodrow Wilson aba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira 28.
1968: Richard Nixon atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 6.6 ko
Richard Nixon

1996: Bill Clinton atorwa ubwa kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 6.8 ko
Bill Clinton

2004: Vladimir Poutine ashira ugikumu ku masezerano ya Kyoto ajanye n’ugukingira ibidukikije.

JPEG - 5.8 ko
Vladimir Poutine

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1917: Jacqueline Auriol, umugorew’umufaransakazi yabaye uwa mbere yabaye umudereva w’indege z’indwano.

JPEG - 30.4 ko
Jacqueline Auriol

1938: Joe Dassin, umuririmvyi w’incange y’umufaransa n’umunyamerika.

JPEG - 6.5 ko
Joe Dassin

1959: Bryan Adams, umuririmvyi akomoka muri Canada.
1963: Jean- Pierre Papin, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

JPEG - 34 ko
Jean-Pierre Papin

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1991: Robert Maxwell, umurwizatunga mu bijanye n’ukumenyesha amakuru mu Bwongereza.
1996: Eddie Harris, umucuraranzi w’umwinronge w’ikizungu akaba n’umwanditsi w’indirimbo w’umunyamerika.
2011: Loulou de la Falaise, umwe mubakorera muvyerekeye ibirezi mu maduka ya Yves Saint Laurent.

JPEG - 7.9 ko
Loulou de la Falaise

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.