IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Ndamukiza

Itarike 9 Ndamukiza

dimanche 8 Ndamukiza 2018

Igenekerezo rya 9 Ndamukiza.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

2003: Intwaro ya Saddam Hussein muri Irak iratembagazwa inyuma y’imyaka 24. Reta Zunzubumwe z’Amerika ikaba ariyo yafashije.

JPEG - 47.4 ko
Saddam Hussein

2013: Uhuru Kenyatta aba umukuru w’igihugu agira kane w’igihugu ca Kenya.

JPEG - 29.8 ko
Uhuru Kenyatta

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1821 : Charles Baudelaire, umwanditsi w’ibitabo n’ivyivugo w’umufaransa.

JPEG - 89.4 ko
Charles Baudelaire

1933: Jean-Paul Belmondo, umukinyi w’amareresi w’umufaransa. Akina n’ivyese.

JPEG - 157.2 ko
Jean-Paul Belmondo

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1553: François Rabelais, umuganga akaba n’umwanditsi w’umufaransa.

JPEG - 179.2 ko
François Rabelais

1643: Benedetto Castelli, umuhinga mu biharuro akomoka mu Butariyano.a


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.