IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Itegeko rigenga urudandazwa rw’amata asubirira amaberebere ririko (...)

Itegeko rigenga urudandazwa rw’amata asubirira amaberebere ririko ririgwa

jeudi 21 Ntwarante 2013

Inamanshikiranganji yarakoranye kuri uyu wagatatu igenekerezorya 20 Ntwarante 2013 irongowe n’umukuru w’igihugu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza.Ibibazocumi na kimwe nivyo vyaribitegekanijwe kwigwa.

Itegeko ryokumwaka rijanye n’ibikorwa vyo mu mwaka w’2013, Itegeko rijanye n’itangwa ry’impapuro z’umutsindo za Kaminuza ku mikangara yize mu mashure y’imyuga atari bwemerwe n’amategeko mu Burundi, integuro y’igihugu ijanye no gukingira abana, integuro ijanye n’isubirwamwo ry’itegeko no 100/306 ryo kuwa 21 Munyonyo 2012 rijanye n’ishingwa, igikorwa, indinganizo n’itunganywa ry’ihuriro ry’igihugu ry’abakenyezi ; integura y’itegeko rijanye n’itunganywa ry’amategeko agenga urudandazwa rw’amata asubirira amaberebere .Twibutse ko iyo nama nshikiranganji ikiriko irabandanya ivyo bikorwa vyayo.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.