IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Bamwe mu bagira imyiyerekano bagiye kwifatikanya n’abo ku (...)

Kanyosha : Bamwe mu bagira imyiyerekano bagiye kwifatikanya n’abo ku Musaga

samedi 30 Rusama 2015

Mu gihe vyari bimeze nk’akamenyero aho abari mu myiyerekano bahabwa akaruhuko k’impera z’iyinga kugira baruhuke, abaja gusuma bakagende, iyi ndwi bagumyeko.

Abagira imyiyerekano bo mu Bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura, biyegeranirije mu Kanyosha, hafi y’aho bita ku Muco, babanza kuzunguruka mu mabarabara amwe amwe y’iyo komine, bagenda baravyina. Inyuma y’aho, bakaba baciye bagenda bararirimba, bagana komine ya Musaga isanzwe ihana urubibe na Kanyosha. Iyo komine ya Kanyosha isanzwe ari imwe mu zikazemwo imyiyerekano yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, abayirimwo bakaba baririmba ko batemera ico kiringo.

Nk’uko twavyiboneye, iyo myiyerekano, yarimwo abantu batandukanye, inkumi, imisore n’abakuze. Gushika igihe c’isaha zine n’igice, abo bagira imyiyerekano muri iyo komine, ntibari bwatangure gushwiragizwa n’igiporisi.


Aristide Nizigire

Messages

  • HIIIHHHHHiiii,babanza kwinonora imitsi,ubu ngo niko bakora barahitanana bakaja uno munsi muri tel quartier,ejo bakaja mu yindi,bazotabuka,nibo basigaye bafata imiduga bakaja mu ma provinces gutoba,abanyagihugu mwirarire mubasubize i bujumbura ntibababuze kwirimira,mubwire polices zibegereye abo mutazi babahe inkoni basubire iyo bavuye!!!

  • Nibabareko none bonona iki?kwiruka gusa mwibarabara! Ahubwo nababashwiragiza ntabwenge bagira.

  • Niba ari abagabo nibafate inkoho turebe imbwa numugabo naho kwirirwwa biruka nawe utabishobora!! Kuko nanjye nabyutse niruka 10kms. Nubafata umbuto bajye mukuzimu aho bene wabo baheruka gutera mu kibitoke bagiye.

  • Hakuba Imbwa Woba Imva!!! Twebw Aba Manifestat Ntiturota Tuva Mwibarabara Uwo Ashaka Kwiyongera Ikiringo Atarekuriw Namategeko Natw Abarundi B’umutima Tuzomwiyamiriza Gushika Agondojwe Akubahiriza Amategeko Ata Rudome Akuyeko Canke Yongeyeko Abo Bapolisi Batubaha Ikiremwa Muntu Nibatumare Naho Aribo Bari Bajejwe Kudukingira. Ariko Ngo Uwuzicisha Inkota Azicwa N’inkota Ntamvura Idahita Kand Ngo Intabwigwa Ibwigwa Nuko Amaso Atukuye.

  • @himbazimana claude
    Peter nta mategeko yarenze,cour constitutionnelle yaramwemereye kwitoza!

  • Abigaragambya i Burundi wagira ngo hari icyo bapfana n’ibipfapfa. Abantu bamoka gusa. Mukinyarwanda baravuga ngo imbwa imoka cyane ntiryana

  • None Umukuru Wigihugu Ntiyokwemera Agashinguramwo Akarenge Ko Ariwe Vyose Vyadutse Kuriwe.

  • abarundi twisengre IMANA maz yikorer ivyayo,yo irazi igikwiriy gkorwa

  • ni dang!mutama yarubatse igihu nibamureke igikundiro n’icubahio yaravyirondereye induru ntiganza ingoma.

  • Nibayihebe bipange bamwankire muri isoloir mama nibaba batamushaka nonoho babahaye umwanya wogupanga nabo uwo bifuza m ntawoza ahiganwa na mutama peter avuga rimwe tukumva cumi niyirambire

  • Mbona ibivyose abariko bagomba kumarana aribenumugabumwe bapfinda none nkokugira abarundi abaribobarikobarimaranirantimubonakarubgesera jembona mutama yobisirabandi bakarya hatirwekubandanyahasesekamaras kukosihouburundibuzoterimbere babugmzamutmbar!

  • Muzehe yari yakozeneza icombona rero nashikirize abndi noneho yobanezegwa nibirikobirononwa cankeyibazako yobashimwa kubirikobiraba vyigorane bitumwenawe mugihugu niyemere abisikanye nabandi kuko uburundibwacu nibuto bukababukenye bukgmbakrbwnabeshi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.