IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Umuntu umwe yakomerekejwe na Gerenade

Kanyosha : Umuntu umwe yakomerekejwe na Gerenade

jeudi 2 Ruheshi 2016, par egide

Umuntu umwe niwe yakomerekejwe na gerenade yatewe mw’ijoro ryo uwu wa gatatu muri zone ya Kanyosha, mu gisagara ca Bujumbura.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro muri karitiye ya Musama iri muri zone Kanyosha, ikaba yakomerekeje umuntu umwe yariko ararengana, nk’uko bimenyeshwa na Moise NKURUNZIZA, icegera c’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.


IGIHE

Messages

  • Ewe Burundi ukomeza gusimba imanga! Bagumyabanga mwese murabonye ko iyo gerenade yatewe mukanyoshya vyobazwa imbonerakureEwe Burundi ukomeza gusimba imanga! Bagumyabanga mwese murabonye ko iyo gerenade yatewe mukanyoshya vyobazwa imbonerakure.

  • Jewe nunomusi sinumva umuntu yirirwa aravugiriza gerenade mubanyagihugu ataco bazira izombonerakure ziribesha zivunikira ubusa kuko urworugamba ntarwo muzopfa mutsinze reka ndabahanure nkumuvukanyi izogerenade zamuragenda kuzivugiriza kwarurya rugo guwazibahaye ariwe nkurunziza mumwereke ko yabahenze ngo nimuje kwica benewanyu ataco mubahora kubwinyungu ziwe ahohose mwirirwa murararubunda ngo muriko murarwanira umuntu ataco amaze atanico abamariye atanico azobamarira murikazoza jewe iyondavye beshi mumbonerakure twirirwa duhura zinaganye kumabarabara zitoteza benewabo ntagahuzu kokwambara bagira amavuja asigaye yaratonze wogirango niyamihimbiri rwagasore yahora avuga kuberako abandi bavyukira kukivi nabwo bukavyukira kuyerera ngo bifise ivyoburwanira nkurunziza yarabahenze kuko vyasebikunze azotegerezwa gusubiza ivyoyivye none muzoca mujahe mwambonerakure mwe ngirampanure kandi nimirwi ivugako yafashe ibirwanisho niba mugomba gutera ntihakagire umuntu numwe muhohotera nimwiyungunganye mukore igitero simusiga harya kwa nkurunziza kuko ibivyose niwe yabiteye kuko urya mumufashe bunyoni ba nyamitwe ba ndakugarika bakazungu nabandi bohita bisarimisha kuko nomuribo harimwo abatemera ayo mafuti ya nkurunziza

  • nkumuntu agira commentaire ingana gutyo arantangaza. Mbega bamwe babaha ama rockette muga ntibabahe aho muhungira ubu ntibavundiye mubusho? Imbonera kure zizamaho wazikunda wareka. nimba utagomba kurwara umutima vyokubera vyiza uje ukabana nazo. nayo kwibazako zikangwa nutu du commentaires mwandikira muvyumba aho muriko murihenda caaaaaaaaaaaaane!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.