IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Libérat MPFUMUKEKO yabaye umunyamabanga w’Ishirahamwe rya Afrika (...)

Libérat MPFUMUKEKO yabaye umunyamabanga w’Ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko

mercredi 2 Ntwarante 2016, par Jean De Dieu

Libérat MPFUMUKEKO yatorewe kuba umunyamabanga mushasha w’Ishirahamwe rya Afrika y’Ubuseruko EAC.

Uwo yigeze kuba umuyobozi mukuru w’ishirahamwe REGIDESO agiye mu kibanza cahoramwo umunyarwanda, Richard SEZIBERA, aheruka gusozera ikiringo ciwe.

Sudani y’Epfo yemejwe nk’umunyamuryango mushasha, uba igihugu ca gatandatu cinjiye mu muryango wa Afrika y’ubuseruko, inyuma ya Kenya, Uganda, Tanzania, Urwanda n’ Uburundi.

Izo ngingo zose zafashwe mu nama ya 17 y’abakuru b’ibihugu bigize Umuryango wa Afrika y’ubuseruko yebereye i Arusha muri Tanzania kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 2 Ntwarante 2016.

Libérat MFUMUKEKO

IGIHE

Messages

  • peter akomeje gutsinda ibitsindo ijoro n’umurango. uwo mutama turamukeje niyirambire akorere bose yewe no murwanda azabafashe mwiterambere bariko,ntazabishure inabi Sezibera yashakira uburundi n’abarundi.

  • Nyamitwe abivuga ngo abandi ngo n’inkinamico none dore birashitse.

  • Imana ishimwe kabisa felistation nyakubahwa!uzuribuka uburundi bwacu!

  • komera mutama imana ikuzigame muma banga masha sha uronse ushire imana imbere nayo ntizogutetereza warantwye aha muri regideso utako ugenda umpaye na contra indeterimine ivyo imana izo bikumpere umugisha ndetse nabo mwari mufatanije uburongozi nabonyene ibazigame bakomeze gukunda abakozi murakoze komera mutwarire bose kandi ico ndazei komugishoboye komer wirambire

  • UHORAHO ARIKWARISHURIRUBURUNDI KUVYOBAKOZEVYOSE IZOVYISHURA

  • Iyo nitsinzi kuburundi inyuranye nivyiyuvyiro biboze kandi bigayitse vy’ abarundi bamwe ×2 batipfuri igihugu abo amahoro, ahobaribaye Arusha gusaba ko burundi bwokurwa murico kibanza binashobotse bugafatirwa ibihano vyukuva muruwo muryago Wa EA. Ahobari kurubu ngira baramaramaye basis!!!!!

  • Mvugiki Ndeke Iki,ntimubona Ko Dutanguye Guterimbere Vyose Bizoza,musigaje Kubona Kagame na Nkurunziza Basangira Agafanta Munama Ya EAC.

  • NISAWA KUGIRA BA SINDUMUJA TUZOBATANGATANGE NOMUGWANDA IYOBINYEGEJE TUZOBATUTUMURE KUGIRA BABONEKO INKONITARUZWA

  • burundi itsinzi ni kashi turanezere cane kubwiyo ntahe muhaye uburundi sezibera bbayiii ivyo wifuriza uburundi biragusize

  • IVYO TURABISHIMYE BANTU MWEMERA IMANA NTAHO IMANA YIGEZE YEMERA K ABAYO BARENGANA.SIMBIMANGA BURUNDI BWACU HORANA ITEKANE USARW AMAHORO N URWEZE.

  • Turamukeje nakomere kw’ibanga, abarundi isinzi turanezerewe nayo bampemuke ndamuke nibamaramara.Imana twashize imbere ntakiyinanira!

  • Turamukeje nakomere kw’ibanga, abarundi isinzi turanezerewe nayo bampemuke ndamuke nibamaramara.Imana twashize imbere ntakiyinanira!

  • imana mushobora vyose kwizina rya yesu nigume ikingira peter .abahutu nabatutsi dukundande ntidusubire please please kuraba ibisuru nutuzuru ntaco bimaze.ahubwo raba EAST AFRICA.UMUNSI MUZOKWEMEREGWA KUGURA AMATONGO NU GUKORERA MURIVYO BIHUGU KANDI SIKURE NTAMOKO MUZOBONA KANDI.
    MURIBICUCU MWANKIRA PETER UBUSA.

  • jew ndashimye ko soudan yepfo yinjiy nezew ko umuryango wagutse

  • Imana Irakoz Kutwagurra Umuryango.Mumi6 Tuzitwa U S Of African.

  • Imana Irakoz Kutwagurra Umuryango.Mumi6 Tuzitwa U S Of African.

  • Burundi, terimbere, abakwipfuriza ikibi bose bamaramare.
    Birababaje kubona hari "abarundi bamwe" baguma bipfuriza igihugu cabo ibihano, ils ne sont pas patriotes.

  • Nkurunziza agahinda kokudashobora gusohoka igihugu niko kagiye kuzomwegura ariko birababaja kubona umuntu nkankurunziza yahisemwo kwihambirira kugihugu kitakimushaka bavyita kuneganega aho waneguwe

  • Ndakeje umushingantahe Libérat Mpfumukeko ku cizere abakuru b’ibihugu vy’umuryango wa Afrika y’ubuseruko baraye baraye bamutumberejeko nongera ndamwipfuriza kuroranirwa muri ayo mabanga ahambaye mashasha. Mu mirimo ajeje, ndipfuza ko yotambutsa umuryango mw’iterambere mu mice yose yisunze amategeko y’uwo muryango, gurtyo, igihugu kimwe kimwe kikahakura akunguko, ata wandya wangura.

  • Kwimika umuyobozi president wigihugu ahagarariye yihishe mumwobo!!! biriya bintu byuko buri gihugu kizajya gihabwa umwanya wacyo wo kuyobora kuburundi bazabireke ntamusaruro ningabo zabo ziriho zizerera muri somalie zanze gutaha kandi zidahembwa zikorera Ibiryo vraiment uburundi bari bakwiriye kwongera kubusimbuka nko byahoze ibaze iyo batabusimbuka kubapresident ubu aba ari nkurunzinza mumwanya wa museveni none bari kumukurahe?

  • Birabaje kandi biratangaje uburundi nicyo gihugu muri East Africa gifite abadepite badafite performance even background zabo ntizisobanutse ndetse na politique y’igihu iri muri red line kuburyo na President wabo atizera abasirikare be yahisemwo kurindwa ninterahamwe umutekano w’igihugu urinzwe na milice (imbonerakure) economy isubira inyuma ukwo bukeye nukwo bwije impuzi zirenga 200,000 zibarizwa mubihugu baturanye utabariyemwo abagiye iburayi ville irashaje ntamuntu usana cg yubake abantu bahorana ubwo batazi uramuka abana babayobozi bose bohungishirijwe mumahanga itangazamakuru rihasigaye rikoreshwa na parti politique iri kubutegetsi secteur prive yamizwe namasendicat yubakiye kuri politique yirirwa muri manifestation letat yategetse kobakora aho niho haturutse umuyobozi ugiye guteza imbere EAC azatanga uruhe rugero rwiza?

  • Pierre Nkurunziza arateye isoni ! Araramukigwa gutwara EAC akavyanka (Kuko arazi neza ko atavyo ashonoye) , habaye amanama yo hejuru , ntagenda .. Ewe Barundi twaragowe. Il est àl’aise arikumwe naba paysans mu bitoke, kuko bo arazi ko ataco bamubaza , ntabintu bituma umuntu yiyumvira bmugoza ..

  • felicitation cyane wabaye muri EAC cyane kd wakoze neza baravuga ngo equipe itsinda ntamunu ushobora kuyisimbura uzakore neza ukorera EAC nkuko wamye ukora

  • felicitation cyane wabaye muri EAC cyane kd wakoze neza baravuga ngo equipe itsinda ntamunu ushobora kuyisimbura uzakore neza ukorera EAC nkuko wamye ukora

  • Ni vyiza, ariko nta ntsinzi irimwo kuko baduhaye ubwo burongozi kuva kera butunanira gushikira kubera twari twibereye mu migumuko n’ubwicanyi. Ehe raba nubu ni Tanzania ikibufise mu kiringo cy’U Burundi! Uwutabona ko u Burundi butagira abarongozi n’uwutabukunda!

  • Nkurunziza kuki atitabira inama za EAC cg ngo yemere kuyiyobora kuri tour y’Uburundi?!

  • H.E Museveni na H.E Magufuri bazajya bamutwarira nkukwo bisanzwe gusa nsinzi uza muguriza ayo kwishyura contributions za EAC kuko uwayamutizaga mubihe bishize (H.EKagame) yirirwa amutukisha abaturage muri manifestations kandi umenya nayambere atarayamusubiza.

  • Turamukeje kandi tumwifurije imirimo mwiza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.