IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Macky Sall yashitse i Bujumbura

Umukuru w’igihugu Macky Sall yashitse i Bujumbura

jeudi 25 Ruhuhuma 2016, par Jean De Dieu

Umukuru w’igihugu ca Sénégal Macky Sall , umwe mu bakuru b’ibihugu bane bagendera Uburundi, yashitse i Bujumbura ku muhingamo w’ejo kuri uwu wa gatatu.


IGIHE

Messages

  • Utwo dufoto ni twiza PEE!

  • ,Emwe nibeze amosonindabirorere.

  • WEWE UKUNDA KWIYITA IRIBUKA NABANDI BAGUMA BISHIKANA NAWEWE NIYUTISHIKANA UZOSHIRA NKIFU YIMIJIRA NKURUNZIZA NUMUGABO WIJUNJA NIJAMBO WANJA WEMERA NUMUGABO URAVY UTUGABO TWAHUNZE NINTARE YIBEREYAHO

  • Gushikaho simbarwa nkico bazaniye abarundi kuko gushika vyonye igikuru nuko bafasha abarundi kwitura uwomutwaro ubaremereye watumye basigara bipfumbereje kandi baribafise ababo none batakigira ikibahoza

  • ABO BAKURU BIBIHUGU NIBAGANIRE NA PRESIDA BANAMUSABE ABAPFUNGWA YARAYE MEREYE IMBERE YUMUKURU WISHIRAHAMWE MPUZAMAKUNGU KWAZOREKURA ABAREKURE EJO ARIYOMUKIRE NAMWE MWITABIRE IVYO BIRORI IVYO TWARABIHIYE NA RWASA YARAMUHENZE NKUKO AREKURA BAKE CHANE GRWOSE

  • Icipfuzo canje nuko abo bakuru b’Ibihugu baje kugenderera Nkurunziza bosiga basavye abarundi bose bahunze guhunguka, kuko ata honyabwoko ry’abatutsi basanze mu Burundi, hanyuma bongere basabe ko ibiganiro vyonyarutswa kuko nta kuguma hategwa grenades mu masoko n’ububari bidahonyozwamwo ikirenge ca Nkurunziza, c’est vraiment archaique comme solution de la crise politique en cours. Il faut que les burundais évoluent avec le temps, kuko ubwicanyi muri politique buhamagara ubundi kandi si bwiza namba mu basangiye Igihugu. Vyiza rero nukwitwara nk’abantu civilisés, tukamenya gusonera uwo tutiyumvira kumwe muri politique twibuka na cane cane ko umunyagihutu yipfuza igihe cose gutwagwa mu mahoro. Tubandanye rero duterera ivyiyumviro vyubaka abarundi n’Uburundi tureke kwisenyerako k’impene.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.