IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mugamba : Imodoka ya OTB yaguye mu mutego w’abitwaje ibirwanisho

Mugamba : Imodoka ya OTB yaguye mu mutego w’abitwaje ibirwanisho

jeudi 28 Ndamukiza 2016, par egide

Imodoka y’ishirahamwe OTB (Office du Thé du Burundi), ihinguriro ry’i Tora yatewe kuri uwu wa gatatu n’abantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye.

Iyo modoka yatewe yari ivuye i Bujumbura, igeze mu Mugamba, intara ya Bururi, ikaba ariho yarwa muri abo bantu bitwaje ibirwanisho batamenyekanye, akaba kandi ata n’umwe yafashwe muri abo bantu bateye.

Umudereva w’iyo modoka akaba ariwe yakomeretse muri ico gitero.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.