IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muhanga : Icegera c’uwutwara MSD yatowe ikiziga

Muhanga : Icegera c’uwutwara MSD yatowe ikiziga

mardi 12 Ndamukiza 2016, par egide

Icegera c’umukuru w’umugambwe MSD (Mouvement pour la Solidarité et le Développement) muri komine ya MUHANGA intara ya Kayanza yishwe anizwe n’abantu bataramenyekana.

Melchior HAKIZIMANA yategerewe n’abantu batamenyekana mw’ijoro ryo ku munsi w’Imana atashe, bakaba bamwishe bamunize.

Ikiziga ciwe catowe kuri uwu wa mbere.

Mu makuru dukesha umwe mubo bari basangiye uburongozi bw’umugambwe MSD mu ntara ya Kayanza, n’uko yari yamye asangira n’abandi ku kabare, ariko mu nyuma bamutora ikiziga, yishwe n’abantu bamunize.


IGIHE

Messages

  • Nkurumbi mutamuhagurukiye Ngo mumurwanye atakumubabarira azobahonya kamwekamwe muzokwikangura musanga yabahoneje nimuve hasi mumurwanye gushika yomotse ntimwishinge imvugo zamakungu aguma abafatiye amaboko imugongo abahenda Ngo ariko aramwumvisha kuja mubiganiro nimitwe batoye yo kumurerekera ngwabandanye abamare none ivyobiganiro bizojamwo imirambo canke ibisigarira vyabo nkurumbi yishe kuko abatemera ikiringo 3 yihagiye nimwe muguma mupfa kubwishi Ayo makungu ababwira kuja mubiganiro arorera ntaco akora ngwabakingire urabona ko base kurungika inteko mvamakungu Ngo zize gucungera abanyagihugu kandi wewe ntamusi uhera atishe jewe mbonako arurwenge rwanyamakungu rwokumuha umwanya kugira Abe arabamara none uravye kuva igihe bakamwingigiye kuja mubiganiro akaba yarase ariko mwebwe mukavyemera ntiwumvako uwomuntu harihagezaho kumukura bagashira uwuzhaka kwicarana nabandi gusumba kuguma bamwinginga nkaho umengo numwana nimuhaguruke mwitabare namakungu niho azobona ko mwashavuye kandi mwarambiwe nakokabi kabishe urabonako yishe abantu beshi muburundi none ariko arategura kubandanya uwomugambi ugayitse no mugihugu kibanyi curwanda abifatanije ninterahamwe ntimwemere rero kumuntu afise amaboko namwe mukagira ayandi aguma abasobanura nkintungwa aja kubaga

  • Hhhh naringizengo ni muhanga igitarama mu rda izo nerahamwe zageze arko c zaba ziciye he kotwazibuze ngo sisome imyisi umurundi abere ijisho rya mugenziwe mwamenya ubica uwariwe koku nakundaga gukorera vacance bujumbura arikubu sinatinyuka mubona umunyarwanda wese nka maneko arko nubundi twese turinkotanyi cyane

  • intambara yabananiye basigaye bajagutishavu kubanyagihugu bibeyere mububare, yoooo eregancuti nturindusemerera barahagurutse aho niho inguvu zabo zigarukira guterabanyagihugu ivyo nivyobashoboye ntiwitege ibisumbivyo, twararindiriye ko bajahabona turahebura kuko ibishirira birabarindiriye bibacanireko umoriro....semereragose babaguke tubabagiribisiga.........

  • Mbega tari, wewe uriko urakokeza kuki utoja ku batabara kuba babaye? uri ka mujeri kavugira ahokicaye nta ntambwe bamujeri bazotera ninaco gituma urinda kugara
    uwo munwa wawe kuko nta nico binavuze.

  • Uwo Muntu Yiyita Tari Ngira Ntakomeye Mumutwe Kuko Avuga Nkivyumusazi.

  • Uwo Muntu Yiyita Tari Ngira Ntakomeye Mumutwe Kuko Avuga Nkivyumusazi.

  • Turahojeje umuryango wabuze ,Imana imwakire

  • Imana Imwakire Ntajoro Ridaca

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.