IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Muranvya: Umugabo yafatanywe urumogi n’inkoho Pistolet

Muranvya: Umugabo yafatanywe urumogi n’inkoho Pistolet

mercredi 2 Nzero 2013

Umugabo azwi kw’izina rya Ndayiragije Bienvenu avuka mu ntara ya Muranvya yaratawe muri yompi ubu akaba afungiwe mu gasho k’igipolisi ku mugwa mukuru w’intara ya Muranvya kuva kuri uyu wa kabiri inyuma yaho bamufanye itonga.

Nkuko amakuru dukesha Radio television y’gihugu mu ntara ya Muranvya abandanya abivuga , uyo mugabo yafatiwe ku gituro c’ imiduga yunguruza abantu , mugihe yari yururutse imodoka imuvanye IBujumbura aho asanzwe aba ivyo bikaba vyabaye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya mbere Nzero umwaka w’2013.Akaba yisiguye avuga yuko iyo nkoho yasizwe n’umuvyeyi wiwe uyo nawe ngo akaba yaritavye Imana.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.