IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Amasasu menshi yumvikanye

Musaga : Amasasu menshi yumvikanye

dimanche 25 Gitugutu 2015, par egide

Abanyagihugu bo muri zone Musaga ntibaraye basinziriye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatandatu rishira uw’Imana. Amasasu menshi n’amagerenade vyarumvikanye, ivyononekaye bikaba bitaramenyekana.

Ayo masasu yatanguye kwumvikana nk’igihe c’isaha zitandatu z’ijoro, abantu bataramenyekana bakaba bateye aho ku Musaga, baririmba indirimbo ziyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero NKURUNZIZA.

Ayo masasu n’amagerenade vyarononye inzu imwe y’aho ku Musaga, ibindi vyahononekariye muri rusangi vyose bikaba bitaramenyekana. Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko ari ikirindiro c’igiporisi cari gitewe aho ku Musaga.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.