IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga : Umunyagihugu yahitanywe n’amasasu y’abaporisi

Musaga : Umunyagihugu yahitanywe n’amasasu y’abaporisi

vendredi 5 Ruheshi 2015

Mu myiyerekano iriko ibera mu gisagara ca Bujumbura yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, umuntu umwe niwe amaze kugandagurwa muri komine ya Musaga.

Muri iyo myiyerekano yari yatanguye ku va mugatondo ko kuri uyu wa 5 Ruheshi, abaporisi ntibakundiye abariko baragira imyiyerekano kubandanya, arikwo guca babashwiragiza n’amasasu, umwe mu bari mu myiyerekano akaba yaciye yitaba Imana, ahitanywe n’urusasu. Iyo komine ya Musaga rero abatari bake baramaze kuhagwa, bagapfa barashwe.

Ivyo bikaba bishitse inyuma y’amasaha make inama nkuru ya ONU ijejwe amahoro n’umutekano, isavye Reta y’Uburundi kudakoresha inguvu ku bagira imyiyerekano, nayo abo bose bahohotera agateka k’abagira imyiyerekano, bategerezwa kuzobibazwa imbere y’ubutungane.


IGIHE

Messages

  • mana haragez k polic yikebuka,nay peter,nabise intar ifate imbuga umugan wa lion story.

  • mana haragez k polic yikebuka,nay peter,nabise intar ifate imbuga umugan wa lion story.

  • Ariko igiporisi kirahendwa kikemera? Ibiba vyose nubwo amaradiyo bayugaye bamenyeko unomusi atar’ejo ivyo bakorera abandi ejo buraca babibakorere.

  • NIBAGANIRE UBWICANYI BUHAGARARE UWUMENAMARAS0 YUWUNDI AZOYABAZWA N,UHORAHO

  • Nimwihangane uwabaremy arababona kuk mw’isi niko bimeze ntagifise intango ngokibure iherezo

  • Umukuru W’igihugu Ntiyoheb Ico Kiringo Bavuga Tukaraba Ibizokurikira.Imana Ifashe Uburundi

  • NUKURI MANA TURAGUSAVYE WIYEREKANE MU GIHUGU C UBURUNDI ABANSI BUBURUNDI UBACISHE BUGUFI MAZE IVYO BIBAZA NTABE ARIVYO BIBA AHUBWO UVYO USHAKA ABE ARIVYO BIBA UZOBA UKOZE

  • Abobarimumyiyerekano.Jewe Mbona Boyigarika.Ataraho Nyimbisiyabarambiye

  • ko baturasa cane kumusaga, nico bazokirabe kuko birashika kandi nivyo baduhora ubwoko.ukuri kuzoja ahabona abakoze amabi bayahanirwe nacanecane peter

  • Ntabwirwa,yabwiwe Nukwamasatukuye.Amarasoyabo,arabazwa Ababgabo Bbatumye.

  • Nibasabe Leta y’Uburundi kudasubira kurekurira igisoda, igipolisi n’izo mbonerakure gukoresha amasase na grenades mu myiyerekano y’abanyagihugu kuko bayakoresha bica et non bikingira.

  • Abo bapolice ntibaz, amategeko kuko iyaba bayazi ntiborasa umuntu atagira ikirwanisho!!! birababaje arik. bagiyebagiye bagiye reka turindire imana igiye kubishira ahabona

  • Abo bapolice ntibaz, amategeko kuko iyaba bayazi ntiborasa umuntu atagira ikirwanisho!!! birababaje arik. bagiyebagiye bagiye reka turindire imana igiye kubishira ahabona

  • Abo bapolice ntibaz, amategeko kuko iyaba bayazi ntiborasa umuntu atagira ikirwanisho!!! birababaje arik. bagiyebagiye bagiye reka turindire imana igiye kubishira ahabona

  • birateye agahinda imana nigarukire uburundi ahandiho turahonye kuko,ibibintu birateye ubwoba

  • ntawusomera bakoma akaruru

  • IVYUBURUNDI NAHIMANA

  • Uburundi burabaye nk’ikibuga c’umupira,none karashize ingani igipolisi kigume cica abanyagihugu,honyene ntibazi namategeko abagenga!!!

  • twebwe icotwoshikiriza nuko abobari mumyiyerekano nuko baguma bahasiga ubuzima nabo ataco barikobarashikako nukobokwanka kumutora bavuye mwiyo mwiyomwiyerekano naho pita natange icogihugu ntiyakiranguye narekure twaratijije turageze gutirura jewe iciyumviro niki !!!!

  • none igsoda nigipolis komucidogera jew mbahobuzuy kobatarandasa kuk ntajakubadimikiza imber ngondimwibarabara guhangana nivyontari bushobore emwe mutavuy mwiyo migumuko bazobafokora bontibatwengericitso mumwonga waruzoza kuko nivyobize kwishuri rya ruhashimbundezi.

  • Eh Mayibobi ziturira amazu ya abanyagihugu wabura kuzirasa uri umupolice!?

  • abarundi bakora iyo myiyerekano mubwire ubayoboye arekeraho,kuko murashirira mu mabarabara!!ibyaribyo byose amahanga yarabumvise pe ko mudashaka nkurunziza,mubyo mukora mu menye ko akiri president wanyu!!ashatse yakuramo candidature ye la veille y’amatora muzaba mu maze gupfa munganiki koko!!ariko se abandi bakoze imyigaragambyo nta bikorwa bibi nkibyo mukora bakora biyerekana pacifiquement,kandi bakabumva!!uwapfuye ntagaruka mu gihe umushuka agihagaze biteye isoni!!!

  • @minani
    abo bagumutsi ni abicanyi,ntibagenda imbokoboko,wibagiye ama grenades bamaze iminsi batera police,mbega ubwo bunywarumogi buja mw’ibarabara ngo mandat,abo bazoshikigwa ryari ngo babe aba perersida,vraiment!None baja gutuka police,babacirako ngo ni abatwa,ngo ni imihimbili,ivyo nivyo bagiye gukora mw’ibabarabara,kwica abapolisi uko ni kwo kugwanya mandat.Nimureke kubesha turazi ko ça fait parti de votre plan de sacrifier au moins 15 tutsis par jour,ni sacrifice izo ziriko ziraba si police ibica ni abatutsi benewabo,polis yicunge riko ntisamazwe,polis yacu turaziko ikurikiza amategeko,abo bishwe n’ibiyayuramutwe nibo bigize sinkorwako ,nibo bariko baramarana muri ayo mabarabara!

  • Iyo ONU ni ukuyima amatwi tukabandanya kwikingira no gukingira abanyagihugu!bashaka tubafate amaboko tubashogomangane mu gisagara babomore vyose,bamare abahutu,je nibazako abanyafrica twokwiga kwassuma ariko ntitwumvirize abo bantu ngo ni za ONU,nibahere muri USA aba noir bicwa ku murango ata migumuko barimwo ,babaniga abantu bahita,ivyo bibera aho ONU ifise icicaro.Nohanura police kwikingira no gukingira igihugu abo bazungu mubime amatwi,tuzokwemera ibizoshika après,ntimusamazwe n’induru yabo batutsi bariko barategura iki rebel mu rwanda ,abanyagihugu mwirarire nyabuna,polis muhagararebwuma ntimucike inkokora,naho ibiduca inkokora ari vyinshi,gato turabivamwo mwihangane !

  • ibi vyose bizohera imana isumba vyose. umu police naw nakoresh amategeko yize.

  • Mpanuy Jeanind Avugango Abarimwibara Nic Mayibobo Hakuvuganabi Woryanabi Ntakididenzako Urumurundikazi Uzobona@

  • abapolisi atagikojwe baramara abanyagihugu nonentibazi amategeko abagenga bamenyeko abica abanyagihugu bajobibajwa cankebahembegwa uwobishe bamenyeko aritwebwe tubahemba nonenibatumara bajohembwanabande?umukuruwigihugu arakwiyeguhagarika ubwicanyi bugigwa abapolisi atagikojwe baramara abanyagihugu nonentibazi amategeko abagenga bamenyeko abica abanyagihugu bajobibajwa cankebahembegwa uwobishe bamenyeko aritwebwe tubahemba nonenibatumara bajohembwanabande?umukuruwigihugu arakwiyeguhagarika ubwicanyi bugigwa nabapolisi

  • abapolisi atagikojwe baramara abanyagihugu nonentibazi amategeko abagenga bamenyeko abica abanyagihugu bajobibajwa cankebahembegwa uwobishe bamenyeko aritwebwe tubahemba nonenibatumara bajohembwanabande?umukuruwigihugu arakwiyeguhagarika ubwicanyi bugigwa abapolisi atagikojwe baramara abanyagihugu nonentibazi amategeko abagenga bamenyeko abica abanyagihugu bajobibajwa cankebahembegwa uwobishe bamenyeko aritwebwe tubahemba nonenibatumara bajohembwanabande?umukuruwigihugu arakwiyeguhagarika ubwicanyi bugigwa nabapolisi

  • Dieu va sauver le Burundi très prochainement.

  • ariko aba polisi ntibakigema canke amasase ntacica? umwe kweli? nkokumusaga ndahagez mfise inkoho ntanumwe nosigaza.

  • None ONU irashigigikiye abaturira abantu ku mapine batega amabombe mimamodoka?bizogaragara,

  • Komuburundi Babwenge Babaye Benshi Birahererahe?

  • iyo nyifato yi giporisi ndayishima cane. uti gute? none wewe umaze gutera igiporisi amabuye urumva ko uba hurondera kuvyura intambara nayo amase yakera ntagihoma urutaro niIMANA yo mw’ijuru irabizi ikintu nosaba nuko bokwemera bakaja mu biganiro kuko ibiganiro niyo nzira yumwumvikano na majambere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.