IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Nyangoma asaba umukuru w’igihugu gutanga imihoho imbere y’igenekerezo rya 26 (...)

Nyangoma asaba umukuru w’igihugu gutanga imihoho imbere y’igenekerezo rya 26 Myandagaro

mercredi 19 Myandagaro 2015

Umukuru w’umugambwe CNDD akaba n’umukuru w’Inama y’igihugu iharanira iyubahirizwa ry’ibwirizwa nshingiro, amasezerano ya Arusha n’ubutegetsi bushingiye ku ntwaro ibereye CNARED Leonard Nyangoma asaba umukuru w’igihugu kuba yatanze imihoho mu ndwi imwe,kuko atarekuriwe kurongora igihugu inyuma y’igenekerezo rya 26 Myandagaro 2015.

Mu kiganiro yahaye iradiyo Ijwi rya Amerika Leonard Nyangoma yavuze ko ivyo babishikirije mu ntumbero yo gukebura umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza,kugira akinjure mu mahoro kuko kubwa Leonard Nyangoma,umukuru w’igihugu ntiyatowe n’abanyagihugu,kandi nta burenganzira bwo kwitoza yari afise.

Muri ico kiganiro Leonard Nyangoma yavuze ko mu gihe umukuru w’igihugu yoreka gukinjura,muri CNARED bariko baramaze gukora ibishoboka vyose kugira bumvishe amakungu,ibihugu bifasha ko intwaro ihonyanga amategeko,gutyo akamenya uko avyifatamwo.

Leonard Nyangoma amenyesha ko badashobora kwemera kwitaba umukuru w’igihugu abasavye kuja muri Reta y’ubumwe,ariko gusa ico bashobora kwemera ari ukuganira n’umukuru w’igihugu ingene Petero Nkurunziza uko yokinjura mu mahoro,hakajaho intwaro nfatakibanza yotunganya amatora meza,yizewe na bose kandi yitabwe na bose.

Mwomenya ko bitegekanijwe ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza arahirira kurongora igihugu kw’igenekerezo rya 26 Myandagaro.


Van Naris Mugisha

Messages

  • UBUHUNGIRO BWAKONONYE UMUTWE USIGAYEUVUGA NKUMUSAZI

  • Mana tabara!ubugombe bwawe nibube!

  • Shishikara Muhanure Ariko Kumva Biragoye, Ariko Utosora Ifuku Yamizamwo Akatsi!! Igiharage Cintu Mva Naho Wogikura Mubindi Ukagi Teka Conka Nt’icigera Gisha Mukuki Rya Batora Indosho Bakagisekura Kugira Kiribwe "nkurunziza Numuga Bo Adaterwa Ubwoba Yarababwiye Ati Akabwa Kumusega Kagukanze Ufise Inyama Ukiruka Ukazita Kaca Kazirya " Wewe Yararinze Akoka Bwa Aranagatuza Umuzigo Winya Ma Nubu Ashaka Awugumana Kumanda Igira Gatatu , Ivyo Ntibi Tangaje Kuriwe Nimvugo Akoresha Ndabona Kumva Impanuro Bigoye Cane Ahubwo Nabamuhanura Mwokwikebuka Muguharanira Ibwirizwa Shingiro Kuko Ariwo Musingi Wigihugu N’abanyagihugu Nibihugu Bibanyi Ntibibatereranye,

  • Ramba ramba mutama wacu nyenicubahiro BURUNDI president LEONARD NYANGOMA,wewe niwe wagarukanye agateka kacu ka bahutu,ivyo binywamaraso bagenda bakwiyitirira,yanse kuvaho kuneza tuzomukuraho nka KADAFFI.

  • Ramba ramba mutama wacu nyenicubahiro BURUNDI president LEONARD NYANGOMA,wewe niwe wagarukanye agateka kacu ka bahutu,ivyo binywamaraso bagenda bakwiyitirira,yanse kuvaho kuneza tuzomukuraho nka KADAFFI.

  • Ramba ramba mutama wacu nyenicubahiro BURUNDI president LEONARD NYANGOMA,wewe niwe wagarukanye agateka kacu ka bahutu,ivyo binywamaraso bagenda bakwiyitirira,yanse kuvaho kuneza tuzomukuraho nka KADAFFI.

  • Ushaka kwishira kubutegetsi? Mbega naho uvyanka mumatora yose woba wemera yabaye warose amajwi angahe?iyo havuga nabandi gusa niwaba wibwira koubutegetsi bugiye gusubira ibururi urarota mbega mubo muvyumva kumwe niwewe basanze usumvya ubutwari abandi urusha iki abategetsi bandi ? Nawe usa nabobose wishira hejuru yabi ariko Nkurunziza we ntumwipimeko ntimureha teshwa ute nivyaba ngombwa kuktanuka.

  • ["Our president LEONARD NYANGOMA oyeeeeeeh welcome our president we love u very much"]@%%%NKURUMBI mother fuck u.%%

  • Mureke Muutama, Barayamaze Ngo, Akagamira K’ Umwungu Katumye Ujana Uruguma Munkono.

  • NAREKURE NTADUSUBIZE MUKAGA KUBARIKUNTWARO NTIBISIGURAKO YAVUTSATWARA KUBERIKI ATOREKURA

  • Birashushe reka turindire

  • mutama ! ntiwumviriz ivyanyangoma rabintumberoyawe. naweniyarukarisha ruzomumwa!. ikibabaje nabahenda bakirigwabarahasigubuzima.Natwabarundi 80-0.Turinyumayawe.

  • politik yakunaniy iy uburundi bibarizwa muburundi apana inyuma yabwo. ukaguma ufyina tuzokumesa

  • Nkurunziza twebwe abanyagihugu turamusavyentadukwegera akarambaraye ivyakahisetwabonyebirakwiye

  • Ariko nyangoma aratwenza kweli canke yarasaze? Abagiye gutora Bose twabonye kuri France 24 name VOA ikabivuga si abanyagihugu? Akinjure kubera akarwi kabantu badashyika 10000 mu ma quartier atanu yo mu gace kamwe ka Bujumbura gusa? Araje arahire ubundiabereke icigwa hamwe nibihugu biri kubahenda. ESE nyangoma urazi gusoma? Soma article 96 y ibwiriza shingiro ryanyu uraraba ko nkurunziza nta tegeko ahonyanga ahubwo mwagize ubujuju mwemera ko iyo ngingo ijamo kandi mwari arusha Muri no mubashizeko ibwiriza shingiro. Azabatwara kuko we ntiyahinduye ibwiriza shingiro nkabandi ba presidents ba Africa. Ikiringo aracemerewe. Naho USA nabo bafatikanyije bironderera nickel ejo nkurunziza azabahako hama musigare muyangara

  • Nyagoma sinarinzi ko asigaye acoma?niyiyahure none tumugire incungu yaharanira intwaro fata kibaza

  • Mama Nyangowe Ubwo Uzobishora ? Gerageza Turabe Koharintabwe Muzogeraho Yaba Waruzi Twebwe Tuba Mumitumba Imwimwe Ukuntu Akarwi Kimbonerakure Katoteza Abantu? Kandi Ntabiganiro Bizogiricobitanga Muburundi Namasase Azovuga

  • Nyangoma Subirayo Bagusengere Nturaki Ntabwoba Ubivuna ?

  • nukuri tewebwe abanyagihagu twarabiwe mana dufasha iyi ntwaro yaturabiye

  • ikigitama gishaj atabweng bukwiy gifit twaramutoy cank wiyahur ntagihug uzotwara nkihem abarund nkurunziza turamukund nyamburimwitir ntitwamutoy ubon nyarahiy mutama komer ahubwo hatevyekugera abagunyabanga cndd fdd songambere

  • Dans Tout,que Chacun Soit Juste,Realiste Et Evite De Faire Du Mal Car Tout Aura Sa Fin.Dieu Est Juste.

  • KOMUTUKINIRAKONIMUBIVUGAEMWEMWEMUFISECOMUNVA

  • mutama nyangoma komera gumakumugambi twebwe abanyagihugu turikumwe

  • ABANYAGIHUGU TUTEMERA AMATORA KAND YABAYE ATAGAHATO MBERE YARI ACUNGEREWE BIKWIYE.AHUBWO NIMUREKE INYUNGU ZANYU MUH AMAHORO ABARUNDI.

  • Nuwotwara Siwewe Nyangoma Weee!!!!! Uriko Uraruhira Rwasa

  • Iyomburu. ivuga ivyo arihe? twe muburundi dufise amahoro, NYANGOMA bitebe bitebuke azotaha, umuntu nka NYANGOMA arakwiye gufatwa iyari hose bakamushikiriza ubutungane bw’i BURUNDI, abo bagabo bagomba ko abarundi dusubira muntambara ntayo babonye, NYANGOMA yari mumahanga.Mbe arazi ukuntu abarundi twakubititse? Ayo macandya ya NYANGOMA nabandanye qui vivra verra @

  • NYANGOMA YAHIVYE UMUDRIGI

  • NYANGOMA YAHIVYE UMUDRIGI

  • NYANGOMA YAHIVYE UMUDRIGI

  • mutama nyangoma ntiwogenda kwa rujanti!!

  • emma
    nyangoma warose upfa canke? hewe nkurunziza ararahira hama wiyahure, ivyonavyo wabariye iyoradiyo yamerika ntibitangaje turazi amakuru aca kuriyo radiyo yanyu, ariko umenye ko uburundi bugona bukanura. Icomushaka nintambara twaramaze kubabona.

  • Ndabashimiye Mutama Nyangoma Ijambo Avuze Ngo Ntahirahire ....Ibivyose Birko Biraba Biva Kwiyi Manda Ya Gatatu.

  • nyangoma icokijuju kigomba kudusubiza muntambara!nikuki ashingwa nibitahanze abanyagihugu bose twebwe turamutey ivyatsi ntantambara dukeneye ahubwo akayitanguza itangurira mumuryango wiwe nanyene imuhitane!abanyagihugu twarushe!mbega yananiwe nokwitoza arondera ubwo kunguvu?nateshwe ate ntantambwe azoduterana kandi natwe abenegihugu turagavye ntitwicaye!

  • Iyo Nkuru Ya Nyangoma Sinziko Izoshoboka Na Burirya Bo Batari Mugihugu Hagati .None Botegeka Batabonekana?Emwe Nzoza Mbona!Imana Nitabare Uburundi N’abarundi Nayahandi Turahera Pe!Newton Commune Kabezi

  • uyo nyangoma nabobarikumwe bomukibiri barat ayumutwe kubera ivyobavuga bisa nivyumwan akirikwibere nkiyavuze ngo nkurunziza ntiyatowe abavuziki ? twebwe abamutoye nawe nabo bahunganye batigeze bajagutora umunyagihugu wukuri ninde? ninyangoma yahunze?oya numurundi akundigihugu apan ivyitso

  • Wowe nkubwiye nk’umunyarwanda uzi inzira mbi uganamo.Nyangoma =Twagiramungu"ngo Habyarimana ngo navaho impundu zizavuga.
    Niyombare=Kanyarengwe cg Rizinde.

    Uri impumyi nta nicyo history nka politicien yagusigiye.

    Rwasa akurusha ubwenge

  • Nyangoma nikijuju nave aho akundinda ntiyariyaramarishije abagwanyi akirongoye umuhari mwishanba ubuniho yovugukuri ataruguteranya gusa

  • Nyangoma nikijuju nave aho akundinda ntiyariyaramarishije abagwanyi akirongoye umuhari mwishanba ubuniho yovugukuri ataruguteranya gusa

  • Ok Natwe Abanyagihugu Turinyuma Yanyu Turabashigikiye.Komera.

  • Wewe Nyangoma niryari wigeze wemera Ko Prezida Nkurunziza yemerewe gutwara igihugu nkuwatowe nabenegihugu? Rekandakwibutse mumatora yomuri 2010 wavuzeko amatora yibwe kokubwivyo Nkurunziza atemerewe kurahirira kubumukuru wigihugu ahubwo hakenewe ibiganiro, nonebigenzegute kuvugako ikiringo yatorewe kubumukuru wigihugu mumwaka 2010 kizorangira le26/08/2015 mugihe atanahamwe wigeze umukeza koyatsinze amatora muricagihe yatorwa? Nashaka kukubwirako arikowamye ivyuvuze ntagishasha kirimwo nakare ivyawe ntawovyohangayikisha kuko sivyavuba watanguye urwanko rwokwanka Nkurunziza kera kuvahobakwakiye ubutegetsi bwikiroberi warirongoye. Wewe rero genda ubwire ayonakunguwavuze agende akwereke itebe yomugihugucayo akwicarikeko nuwomurongo winjavyi waraye utondesheje ngoniza reta cankengo ni reta yinjavyi nayo ivyovuze ngontarahira nyakwubahwa president Nkurunziza kuvuga mugihe ca democratie biroroshe. Ndashaka kugusubiriramwo kubera ivyomumazimisimwikoza vyatumye turushaho gukunda nyecubahiro umukuru wigihugu cu Burundi prezida Pierre Nkurunziza.

  • nyangoma ugizeneza kuba wakaravye mukanwa ariko naho abanya merica wari kubasaba vissa yokujayo utavuze nabi barikuyiguha kuko bobo barize ntabwo arinkawe ayo wize abarundi bayanegurira muvyo uvuga burakeye inkoko niyongoma arahire izuba riva turabe wewe na nyakwubahwa se barundi peter nkurunziza uwukinjura uwariwe.

  • YAHEJEJEKURAHIRA GOMATIRAHIVYA

  • Turasavye ntihagire amaraso asubira guseseka. Abemera tugume ku mavi IMANA ikore ico ishaka iduhe amahoro ibicishije mu nzira ishaka.

  • ubwose uyu mutama arakanga nde?? wewe nuwaguha gutwra igihugu boca bacikwiba mundwi zi 2.

  • UKWO GUTUKANA NTIKUBEREYE!REKA ABANYEPOLITIKE BAVUGE IVYABO NATWE DUSENGERE IGIHUGU NABATEGETSI NABANYEPOLITIKE BOSE KUGIRA NGO IMANA ITABARE UBURUNDI.

  • Mana dukingire intambara, ndagusavye uzibire imitego ya shetani inzira yose yoba izananye.ndabigusavye ndakwizeye kuri Imana ishoboye Amen Amen Amen

  • Uyo Mugabo Ahaze Ntacoyimena!! Mbega Nyangoma Ntasoni Urashobora Kwubahuka Ukavuga Nyenicubahiro Nkurunziza Ngo Atange Imihoho? Wewe Ubona Woshobora Kumusubirira?Reka Guhenda Abantu Nikowamye Ukonyene Jewe Ndakuzineza Imyaka Nimyishi Tugendana Nawe.

  • Mbep Muk Yokinjur Vyob Bivuy Guk?Yooo!Vyabananiy,ahubw Nibemer Nyen Abatwar Kuk Nitw Twamwitorey,ahubw Nomubwir Uw Nyangom At Maramarir Hiy.

  • Umuntuwese ahinve avugivyagonvye nimureke gutumunwa muvugakumakungu muribuka ivyabaye Coted’ivoir cankemuri Libia nahandi nimurekekwitwenga nkurunziza numugabo ekananyangomanumugabo nabandibensi ariko cabananiye nukwicarahamwe ngozinamaningingo ntamuntunumwe azotwaraharibamweyomoye kukomuzobamuhamagaye ayamakungumwiyoriza namwe atahomurigeza mbega uburundimurizi ukobungana harinabatarasimbanurwanda canke tanzanie na congo bagacabatagurakuvuga ayamuhe rindiramuzobibona

  • NYAGOMA IS A COWARD MEN AND STUPID !!! ALIMO GUHURAGURA IBIGAMBO YARAHUNZE , ARASHAKA KUZAZA ATEGEKERA HEJURU YAMARASO AZABA YARAMENETSE YABARUNDI !!!!! NIBA ALI UMUGABO NAZE MUBURUNDI , CG ABAZE GEN NIYOMBARE INGUFU ZA NKURUNZIZA UKO ZINGANA ???

  • jewe nshima kurumugabo wijambo uvuye iyubunze uka kudedembera ahabona petero nkurunziza naramwitoreye kandi ategerezwa kuntwara

  • EWE HABUMUGISHA SHA KURAHIRA NIKIMWE GUTWARA NIKINDI.AHUBWO REKA UWO MUTAMA AMUBWIRE AREKURE ATARAFATA IMBWA AMABERE. NIMBA AZOTWARA WEWE NA NURUGO RWIWANYU

  • Nibarabe ukuntu bojahamwe bakaganira ahandi ho imana nitugarukire.

  • REKA GUTUKANA, ABO BATUKANA NIBABANDI BATAGIRA IVYIYUMVIRO VYUBAKA, IYO MUFUMA MUVUGA KO BOSE ARI ABAGABO. NDABASABE MUREKE KWIZERA BIRENZE ISI. UZOTANGARA NDAKURAHIYE. NIWITONDE, UTEKEREZE. UZOBA UGIZE NEZA.

  • aba dd reka ndabamenerinda kurukumu mwebwemwebwe ntacomwanzeNB:inzira president yahoracamwo mukujikuzimu IMANA yarayugaye ubu ntabushobozi president agifise mwemukirinyuma yiwe munteyikigongwe cane gose ewe ewe nkurunziza uragowe uragowe kumbe wahendabantu kurikusengIMANA? kumbe ufise imana yawe wisangije bantu biburundi dusenge cane twiyeze cane abatukana ntibambaze tugeze mubihe bibi cane gose

  • EWE HABUMUGISHA SHA KURAHIRA NIKIMWE GUTWARA NIKINDI.AHUBWO REKA UWO MUTAMA AMUBWIRE AREKURE ATARAFATA IMBWA AMABERE. NIMBA AZOTWARA WEWE NA NURUGO RWIWANYU

  • wahimvye nabi.muking mwarek Nkurunziz azobatwar.izontwar zimfatakibanz mwazihiz kera mugab ntimuzorica.

  • Uhoraho fasha uburund ntitugw mukaga uturind intambara kuk ariww uz igihugu aho kigez.

  • Mushishikare Kubimwumvisha Uwo Mugabo Yananiranye Kugira Akinjure Vyase Mukoreshe Inguvunuabwenge Imana Yabahaye

  • mutama nyangoma!rekeraho ivyomakozeturabizi.mission wagiyukinira abomuri nord muza 95;96;97;wibazako tutakwibuka rekakwigirumwere nawe urakwiyekujimbere y’ubutungane.

  • si seulement vous pouviez prendre conscience que le Burundi a enfin besoin de la paix et non des politiciens tellement avides du pouvoir qu’ils ne voient aucune autre sortie de la crise que de manifester et semer la pagaille dans le pays. SI SEULEMENT LES JEUNES POUVAIENT SE TENIR A L’ECART DE TOUTE MANIPULATION POLITIQUE!!!!

  • Nyakubahwa NYANGOMA,2005 wari umushingamateka,ntategeko nar1 wigeze wemeza kandi waserukira abanyagihugu,ariko hageze gutora itegeko ritekere abashingamateka ryo wararitoye none ka Nyakubahwa ubaye umukuru w’igihugu vyogenda gute?

  • hoooo!!!!uburundi buraryoshe pe!t

  • MANA YOMWIJURU TURAGUSAVYE AMAHORO MU BURUNDI BWACU ARIBWOBWAWE UBURINDE INTAMBARA UBURINDE INDYANE UZOBA UKOZE MANA USHOBORA VYOSE

  • None Vyagenze guteko Yarahiye Unomusi?

  • komera kungoma mutama imana igufashe gutwara no guhasha abo bohaye gusesa amaraso yabarundi ataco bazira

  • ubuho mugenzi uraguy mubana h!

  • noneho yamaze nyangoma nimwemere numkuru wigihugu 69% mubarundi twaramutoye wewe woronka bangahe?

  • NYANGOMA GIRICUKORA NIHO TURI TURABE UBWO BUGABO BWAWE YARAHIYE NTIWISHINGE UMARAMARA ATANAKIMWE WOKORA

  • Kuva mukwa4 muvuza induru ubu arabemeje mwatumariyiki canke ubu mutumariyiki ninguvu zacu twatangiye mwibarabara dukeneye kubona ibikorwa vyanyu ubunwa bunwa mubuhagarike

  • Jewe nzoshigikira umuntu azoza avuga ko agomba amurwanye apana abaza bavuga kumunwa aho mwahereye muvuga ubu niho mubona ko muvuze yobumva? Mwarabuze ico mukora jewe nuwombarira ati intererano yo kumurwanya ndayifise noyitanga nayo amajambo gusa namba na Godefroid bagiye hehe? Jewe barambabaje cane kubona biyemeza intambara hama bakayiheba,abavugango imana ibarinde intambara, ntagihugu kizogira amateka kumana kizobaho nka ISLAEL mugabo nanuyumusi intambara ntihera rero reka abantu b igira utumana twabandi babahonye

  • Nzovyemera Ndabibony Iyo Mana Yoba Ivuye He!

  • simbon ico yibabariz kuvah bavugiy twarabahinyuy nibaturek twibereh nayibind nukurimarim

  • Ariko Nyangoma Nakumiza,mbega Nuwuhe Mugabo Atwarira Mu Rugo Rwuwundi Mugabo?Sha Naburaze Ashaka Gupfa Ayerera Kweri?Niba Yarabaye Umufa Wo Kurujo.

  • Ariko Nyangoma Nakumiza,mbega Nuwuhe Mugabo Atwarira Mu Rugo Rwuwundi Mugabo?Sha Naburaze Ashaka Gupfa Ayerera Kweri?Niba Yarabaye Umufa Wo Kurujo.

  • Abarundi turazi iyotwavuye naduhe amahoro ntagusubira inyuma Mana fasha igihu c’uburundi.

  • Abarundi turazi iyotwavuye naduhe amahoro ntagusubira inyuma Mana fasha igihu c’uburundi.

  • Nibigir Amabuye birabasha Jewe Imana Ya Eliya niyo nzokwambaza

  • NIBAZE TUMESE IYO MIHIMBIRI

  • imana niyoyavuze mugabanye amagambo nyangoma nyakubahwa ubwami nubwawe kuko imana yaguhisemwo mubandi

  • imana niyoyavuze mugabanye amagambo nyangoma nyakubahwa ubwami nubwawe kuko imana yaguhisemwo mubandi

  • NUTUVIREKUMUTAMANTASONINYANGOMAWEEE!!!_.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.