IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Nyangoma:"Tuzobandanya kwumvisha amakungu ikibazo c’Uburundi"

Nyangoma:"Tuzobandanya kwumvisha amakungu ikibazo c’Uburundi"

lundi 3 Myandagaro 2015

Leonard Nyangoma arongoye arongoye umugambwe CNDD akaba kandi aheruka gutorwa ngo arongore umurwi w’igihugu ujejwe kwubahiriza amasezerano ya Arusha,no gushiraho Reta ishingiye ku mategeko CNARED amenyesha ko inyuma yo kwihweza ibibazo Uburundi burimwo, biyemeje kubandanya kuvyumvisha amakungu.

Leonard Nyangoma yavuze ko ku ntambwe abona igihugu kirimwo muri kino gihe agereranije no mu 1993 aho yashinga umuhari CNDD inyuma y’urupfu rw’umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye, ibihe bisa ariko bitangana.

Umukuru wa CNARED yemeza ko hatewe intambwe mu kurwanya umugera w’amoko, ariko inda ndende ijana nawo iracariho mu gihugu.

Ku ruhande rwa Reta y’Uburundi ,umuhanuzi mukuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe kumenyesha amakuru Willy Nyamitwe avuga ko urunani CNARED atari urwego bazi canke boganira.

willy Nyamitwe, yavuze ko ata rwo bemera kuko, abo bishize hamwe ata kindi bifuza atari ukubangamira umutekano w’igihugu.


Van Naris Mugisha

Messages

  • we nyamitwe tekereza nyangoma aragukurira azibintu nibindi kovya mutama turinyuma yanyu abarinyuma yamasiha ntibambaze ndabyahomba democratie barimwo nkacaniyumvira uburundi ahobugeze cankorora amosozi

  • Iyonkuru ntabirebire noyivugako ivyiza abarundi dukeneye amahoro

  • Nitwa Mwana, ndashaka kubabwirako uwomugabo Nyangoma ngonuzabakuru bumurwi winjavyi, hazigera mukwezi nkujubamutoreyemwo uwomurwiwabo winjavyi umazekumanyukamwo ibimanyuvyishi mberebazobanza guhagarika ikitaraganye uwonyene Nyangoma. Nububigitangura bamwebashavuye ngokuko barashizeho uwahoze aricegera cakabiri ca prezida Nkurunziza uwitwa Gervais Ruyfikiri nababirigi bishakira Ruyfikiri ntibinezeneza bashobora nogutangura kwicanira mwivyobihugu birigwa barayereramwo, uburero hadutse nijambongo mukomeje gurtyo nditahira kwa Nkurunziza.

  • willy, ako karimi kawe nta ndwi zibiri gasigaje kakivugira sobuja.ivyo wakabeshe ushatse wogezaho.

  • IYONKURU ICONOYIVUGAKO YABA NYAGOMA CANKE WILI NYAMITWE UWUZODUHAMAHORO NIWETUZOKWEMERA.MUGABO NITEGEREJE RETA YA NKURUNZIZA VYABANANIYE KUDUHA AMAHORO.KUBONA ATAMUSIWIJANA ATAMUNTU YISHWE MANA TABARA UBURUNDI.

  • NYANGOMA KOMERA TURABASHIGIKIYE MUTERIMBERE BURYA IMPONGO IHOTORA IHIRWA.NKURUNZIZA NAWE BACIYUMUGANI KIDAHANURWA YARIBONEYEKO INTABARIRWA IBARIRWA KWAMASO ATUKUYE.

  • barundi barundikazi ni mwame musengera igihungu canyu Leta ya peter inteye isoni,mumakugu mbega asobanurira bene gihugu gute ngo arungika abasoda gucungera umutekano mumakugu ni gihugu ciwe nta mutekano gifinse ndavye mbona yironderera amahera,ni cubahiro ngo afinse ingabo zicugera umutekano mumakugu,mbega abarira abarundi gute LT GENERAL yicwirwa muri capital nta rwano ihari mugihugu umu oficies wigeza kuba icegera cintwaramiheto zi gihugu cose ngwee mbiravye bigomba gusa numurwanda mbere ya genocide 1993 ndavye ingorane uburundi bufinse nta musi urengana handapfuye umuntu

  • Wa mwana utarezwe NYAMITWE wahejeje humanite bawitonda,ahantu mutama NYANGOMA yohonyora ntuzopfa uhashitse,iyo mitwe yanyu yaba CNDD-FDD yuzuyemwo amazi,komera nyakubahwa mutama wacu NYANGOMA.

  • we nyangoma amahoro y uburundi ntarondererwa mwivyo bisigo vy abazungu nibo baducanishijemwo. tahataha tw ubak uburundi turi muribwo tw ko tukiri mugihugu.

  • Nyangoma ntaciza comuvako yarahemukiye abo yakwegeye mw’ishamba muri 1994, abata mu nzara n’izuba aja kwirira amafaranga y’abazungu n’ubu ni bavyitehe ntiyahindutse

  • Sinkurunziza,sinyanitwe ,sinyangoma Ntanumwe Azotangamahoro Kiretse Uwiteka Imana!Hanga Maso Yezu Azodutabara Ntabwo Azigera Atureka Mumibabaro Yacu Yose!Ni Rukundo Ni Mugiraneza Ni Mahoro Kdi Ni Ntahemuka!Amen

  • Ego iyo cnared yanyu izomarra iki abarundi urets kubsubiza mumagnya namarira?vuga ko muriko murondrera inda zanyu mukugrisha ighugu canyu.mbe kom8gira abhinga ninde yagirny’amasezrano nisi kazyigumako?ejo hahse mwaharnira uk8kukra,kndi ngo turarnganywa,ubunaho?ntimunaniw uk8kukra mukrirmba?izonda zanyu!oya turarshe ingo murwanir agatka kafrika,intwari zafrika ntizrirwa zicwa nabo mukrera mufashiki?

  • IVYO WIRRYNYAMITWE YAVUZENIVYO

  • yeemwee!! yab nyangoma yaba na bandi ntanumwe nizey,narwasa twaha icizere bukebuke rebibyo yagize yadusize mumazabira ninacogituma kwizera abanyaporitike biruhanije ninacogitama twihenda uwokwizerwa ni ALLAHU "IMANA"2na ngirambaze nyenicubahiro p.p.nkurunziza koyavuga kwiradiyo yiw ko muburundi haramahoro vyabegenzegute, kugira bice nzombike wiwe?inyishu ndayikeneye!

  • mutama nyangoma impunzi zose turi muri tanzanie turagushigikiye kandi turakeneye kubohora igihugu cacu kive mubuja kirimwo abo nabo bigira ngobatowe nabenegihugu aramajwi bari bifitiye muma mashine turasavye amakungu adufashe bomoke hakirikare

  • uburundi burakeneye umuntu wumuhinyanyuzi aciye ubwenge kugira asubiz ibintu kumurongo abene burundi benshi barahunz ubu ntamusi numwe wijana tanzani itakiriye impunzi zirenga ibihumbi 2000 ntabasubire guhenda amakungu ngwimpunzi ziriko zirahunguka ntiturota duhunguka nkurunziza atarafungwa canke ngwapfe nabava murwanda muburundi bahaca barengana binjira tanzanie tuzogaruka uburundi bwabohotse canke tuje kububohora vyanke bikunde buzobohoka

  • Nyangoma Akazotwara Igihugu Nabo Barikumwe Tuzomurasa Uwo Mutwa

  • Mutama nyangoma ivyiwaw bisigubweng.nabagutoy barihenz

  • jewe nababajwe n,urupfu rwa adolfe kuko twashaka ko azohamagarwa irahe akabanza akabazwa ubwicanyi yakoreye abarundi imutabila hamwe munkambi yamuyovozi nubwicanyi yabandanije amaze gushika muburundi kuko abamwishe batunyegejevyinshi ariko ko yapfuye nagende nakare yohava atumarira impunzii ziri munkambii kuko uko twari tumuzi yari muri vyavyihebe bikomeye muri afrika nkaba nasaba uwoba afita email ko yondungikira iyi nkuru ndi umurundi ndi icalgary alberta canada . murakoze.

  • MWIZERA LA PROPHETIE ARIK IBIBAZ TURIMW TWAMAZ KUBONA KO BIFIS IYIND NTUMBERO SI MANDAT,RIEN DU TOUT.

  • ewe muntu ushima nyangoma urikintazi nuwamutoye nukwo nxangoma umunya bururi?sha bamureka kwitwenga nyangoma ivyiwe ni birebire wewe afatanije na banya bururi biwabo baragerageje gusambura cndd fdd kuvakera biramunanira nubundi urwo rugamba yatanguje ntazorutsinda aragacindwa

  • uwo ni mawonyesho, inyumaye hari abandi bahari ,niyomara kurangiza mission arikubakorera,ikiziga ce bazogitoragura mugisagara ca bujumbura mugatondo canke mwi hotel azoba yarayemo hanze yigihugu.

  • Ahokuba Nyangoma uri Nyangoti, uri ikijuju cambere c’umuhutu kandi warize.

  • Peter Naje Mu Biganiro Kugira akinjure yaturambiye nukuri

  • mbe abarundi muzokura uburengeti ryari kumaso. kuki mutinya ukuri! kuki mushaka kwama mumwijima. ntagihugu dushobora guteza imbere mugihe turongorwa nabatabona kuko ukurikira impumyi ukarwa iyo iguye. rero ni twemere dushigikire abantu babona kure bashobora gukura iki gihugu muri uyu mucafu iyi systeme dd yadushizemwo.
    kuba rero uwo mutama yizewe na bose abamwemera nabatamwemera nuko bamuzi kandi bamufitiye icizere, kandi ndavye uko abandi bakora ntakibuza ko ikigihugu yogikura murubu buja kirimwo. rero jijuka mumushigikire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.