IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Pacifique Ninihazwe asaba CENI guha agaciro ibishikirizwa n’impande (...)

Pacifique Ninihazwe asaba CENI guha agaciro ibishikirizwa n’impande zose

mardi 2 Ruheshi 2015

Pacifique Nininahazwe arongoye ishirahamwe FOCODE aributsa akamaro k’amatora ,akavuga ko amatora ari ikintu gihambaye,ko agateka ko gutora kari mu mateka nyamukuru y’umunyagihugu wese.

Mu kiganiro yahaye ikinyamakuru IWACU,Pacifique Nininahazwe yavuze yavuze ko amashirahamwe adaharanira inyungu za politike yamaze kwerekana ko umurwi ujejwe gutegura amatora CENI utariko uraha agaciro akamo gaterwa n’abegwa bose n’amatora mu Burundi.

Pacifique Nininahazwe asaba ko CENI yoha agaciro ibishikirizwa kandi ikumviriza amakenga ashikirizwa ku bijanye n’amatora,ivyo navyo vyokwerekana ko amatora atunganijwe mu muco.

Uwo arongoye FOCODE amenyeshako hari abamaze igihe bamutera ubwoba ngo ntasubire kugira ico ashikirije ku kiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.Avuga ko atarota ahagarika kugira ico ashikirije,ariko ko ategerezwa kubibandanya.

Mu gihe vyokenerw ko yitura ubutungane Pacifique Ninihazwe amenyesha ko azosaba ubutungane bw’Uburundi kumutunganiriza ,vyanse naho avuga ko amakungu azoba abibona.

Messages

  • komerera kwibanga kuko ivyo uvuga bituraba twese.

  • Hari amakuru avuga ko uyu Pacifique atera umwaku. Kureba ifote ye yonyine urabwirirwa. Twiyamye abanyamakuru bakomeje kwerekana ifoto yiwe ku igihe.com kuko uwo mwaku tutawukeneye. Kandi numwe ukomoka mumuryango wiwe yiyemereye ko Pacifique atera umwaku. Abamukunda ndabakebuye nimwibagirwe uwo mukoshi alias Pacifique.

  • Turagusavy ukure abo washiz mu mabarabara kuko urabonako ivyo wipfuza siko vyagenz. waruziko nibaza mû mabarabara bashika bafat igihugu teshwute igihugu si icana.kirimwo abagabo ntamyirekano imara ukwezi mû àmweshuw ntayindi nzira atari amatora.

  • Uhay ukanura;coup d’etat iragushibuye,amatora musavye ngoyuruzwe.Rahira ko akajari ugahevye,tumenye kubaye umuntu.

  • uwo mukungu ni nde yababwiy kumugarukana ko yagiy mwibarabar avuga yamuhe ubu aracafis ivyasaba ceni iyo mbwa nagume mwibarabar azogaruke ashinga ceni yiwe muri ya transition aronder nabo batutsi biwe.

  • Guteranya vyo arabizi! ariko gusa ntantambwe abari mwibarabara mukiduterana! canke mutubwire natwe duheguruke tubereke ko twihoreye turi beshi!

  • MUTABAZI uvuzeukuri kukoiyondayibonye iyofoto canke nkamubona uwomusi muvyonkoravyose ntibigendaneza ayomakuru yobaariyo100%

  • waratumye mukuru wanje bamwica sinzovyibagira kugeza npfuye! Imana izomporera ndavyizigiye.

  • nakunde hanugwe kuko kananira abagabo ntiyimye!niyumvire impanuro tumuha areke kwigira kabizi.

  • Uyu mugabo nintwari cini nuyirinde kwicamatwi mbere vyiza ikwiriye kuvaho hagatorwa iyindi cank basubirize abahavuye bumvikanyweko nabo se bagashiraho abant ubifata nka Ngaramb. Ndayicariye yirinde gushakakuvyikorana kuko yotigihugu muka ga. Kumuzivya navyo babireke igihuguturagi sangiye kandizontere rano zubaka zirakene we. Murakoz

  • Uyo mugabi pacifique atabaye president azokwiyahura

  • ninde yababwiy gusubir kuvugisha uwo muyobe? uwo aracafis ivyo asaba ceni? ko yasutse abatutsi bintumva bakaja mwibarabar bagaturira abantu, imiduga, amazu ni bikoresho vya ceni ntibogumayo ubwo butegetsi bwa empire hima bukabasangayo (mon oeil). ceni nayivek kk we yatorany gukurir umukuru w’igihugu mw’ibarabara bimwankiye nagende kwa nyina

  • Pacifique ntaramenya uwo ariko agwanya uwariwe.Arabaza Sawuri canke Hamani.Azoharure abasoda bakuru bari murirya Coup d’Etat yari yateguye,azoharure ningabo zahenzwe zikagwa muri coup.Kuneza yiwe yobiheba akagaruka kuri Data wa twese akihana maze agahigwa naho atabihevye azuhurira na Nyeningabo Imana yo mwijuru.

  • Nivyo uyo pacifique atera umwaku....Narabigendeje narabibonye.Gutegeka CENI ngo nibumve ibimuvuye mukanwa!!!!Warahenze america warahenze UE warahenze UA ntibagiye abo ba jeunes desoeuvres ....Akanwa ka Pacifique Nininahazwe gasohoka mwo udushetani dusa nimiriro ntavuzwe utwa noirs dukunda akamoto ka pneus aturiwe.Mana rungika aba malayika bijuru baturire utwo dushetani twuzuye muri Pacifique maze azohore aku Ninahaza.En attendant raba aho umubika kure y abantu bazima areke gu contamina abantu bazima.Musenyeri mukuru wa burundi tabaranya imisa izamara umushamvu pour delivrer Pacifique..Ngo amashetani ntakeneye abatamakazi barya ou abana akeneye kutwara imishaha yabo...tabara tabara
    uwufise ingabirano wese yo ku delivra , garukira pacifique
    ngo kugira aje mu bantu amenera mu maso ikilo c indimu.Murumva ko tutojanwa kandi turi abana b imana

  • Gutora Ni Droit Yumunyagihugu Wese,ceni Rero Itegerezwa Kwumvira Aberwa N’amatora N’ukuvuga Les Leaders De Tous Les Partis Politique,les Leaders De La Société Civile,les Prêtres Et Pasteurs Des Différents Eglises Kugra Amatora Ategurwe Neza,hama Mutama Pacifique Tekana Ntiwumvire Abagutera Ubwoba Ngo Bazokugirira Nabi Kuko Ntuzopfa Imana Itaragukurako Amaboko Kandi Vaut Mieux Mourir Débout Que Vivre À Génoux.

  • Birambabaje kubona Pacific ariko arashaka kwiha gukomanda abajaguturira abarundi nokuzibira amabarabara nogukora ibibivyose bishobika mu Burundi , akabashatse nogukomanda urwego rukomeye rujejwe amatora CENI! Rekambwire ibanga abarundi namakungu kubimazimisi bikorwa naboba Pasifique: Barasimvye batuma intumwa zijagusaba umukuru wa CENI ngwave muribirya vyokuba umukuru wa CENI ngomaze bacebamugurira inzu mu Bufransa ngokandi tucatukuronderera ahoucubanzakuja muri Embass imwe muziringaha Bujumbura imbereyuko usohoka igihugu ngokandi siwewe wambere tuzobatubigiriye ngotunazimisi tubikorerabeshi bagasohoka igihugu baciye kubuserukizi bwibihugu bimwebimwe burihano Buja. Uwomukuru wa CENI yaraye abarahiye mberenubu afise ubwobako bashobora kumugiriranabi. Pasifike gendawaravumwe, arikocambu cawuraho kubera abarundi twateyimbere nugukomeza duha Imana iryosina Pasifike kugira imukuremwo uwomucafu Satani yamushizemwo kuko aramaze kuduhumirira abantubeshi bingirakamaro murikigihugu cacu abategetsi bakonege ba ba cvl ,abumutekano, nabandimurazikovyakwezi gutuma abenegihugu bashika ibihumbi 100 batizabo bagahungira hanze yigihugu abandi bakava ahobaba mugihugu bakajahandi mugihugunyene. Babangushi Rwagasore yavuga Pasifike numwe muribo. Murumvarero sinavuze ibihuguyahenze ukobingana. Ariko turakomeza gushimira Imana Rwasa Agathon yamuhinyuye yase kwongera kumukirisha nkomumwaka wa 2010

  • mwabantu mugwanya umushingantahe wijunja nka pacifique.aruta cane aba dd mwese. sindababona igihagararo muga nababonye mumitwe vide tous!murababaje mbega abavyeyi banyu indero babahaye nugutukana?mwebwe mwaramaze kugaragarako mwisengera bayari mayimuna. mbega uwusenga shetani atari kunwamaraso yabantu harikind mushoboye?erega mwebwe murateye isoni!ukondababonye uwurusha ubuhutu mbonimpa,gwasa.leonce,nyangoma,nditije,minani ndayizeye naband beshi ninde murimwebwe?nkurunziza yarabaroze amacakubiri mugabo vyose bizobagarukako bibahame mwebwe abana banyu eka nimiryango yanyu muragowe yezu agiyekuzo yomore amashetani kubutegetsi bwamacakubiri.by by

  • bagabo nubwo ibihagararo
    byanyu arishushozabaga
    bo Mumitima yanyu imiri
    mo ivamo ikagaragara ni
    ya satani,pe gushakisha
    ibyinda nta bwo biborohe
    ye,tu, ese mwagiye muma
    tora ko ariyo nzira,buriya
    mwicabana banyu,kubwak
    o gasuzuguro mwerekana
    ubu mubona mwahangra
    So wanyu ngo vaho agahi
    tavaho? yego kubwuko
    ukuri kwabihishe mura
    byubahuka,ariko muravu
    nika,sha ari njyewe ume
    ze nkawe nahita muha,um
    ceri mwinshi akiriramaze,
    kumpamvu zuko ,umuntu
    utezamahoromake, abaho
    kubwuwuyashaka.muribu
    byumve se?ndumva naba
    bwira byinshi none numva
    ibitotsi byishi,ushakakot
    wa vugana ngiyi namba ni
    0728293729,ok

  • Birateye Isoni Kubona Intwaro Igira Imana Ikaronka Incabwabwenge Nk,umushingantahe Pacifique Ikamugira Umwansi.Igashira Imbere Ibigugu.Ndateyeye Intege Iyontwari.Umwanya W,ibigugu Urimuguhera

  • Uwo mugabo atwiciye ari mubantu batwiciye abana baheze mu mazu batiga barara inzara arakwiye gusaba ikigogwe Imana na abarundi

  • Ndajakaye Ndavye Pacifique Mu Gitondo Ndababaye Kuko Uyo Atera Imikoshi Yapanze Leta Ko Azoba Prezida Icegera Sinduhije Icegera Ca2 Mbonimpa Ya Ntumva Y,umutama Nshimirimana Mini Wa Interieur Samanta Pawa .....Turabiretse Kubivuga Aho Yanka Kuva Mw,ibarabara Nibimaramare Afise

  • Nagira. Mbwire abantu barwanya pacifique ko bavyita kwibarabara, mbega aho mutabaza musenyeri mukuru nawe mwaraye mushatse ku mwica!!!! Reka sindumuja urahindura iryo zina upfume witwa nyamitwe niryo rikubereye. Uvyanka uvyemera amatora azoba meza cane.

  • Nagira. Mbwire abantu barwanya pacifique ko bavyita kwibarabara, mbega aho mutabaza musenyeri mukuru nawe mwaraye mushatse ku mwica!!!! Reka sindumuja urahindura iryo zina upfume witwa nyamitwe niryo rikubereye. Uvyanka uvyemera amatora azoba meza cane.

  • Kwiyamiriza pacifique nininahazwe novyita kwidigadiga, kko nu mugabo wijambo, mutabaza musenyeri mukuru nawe mwagomvye ku mugandagura! NNE abihebeye Imana mureke baze baradusabira ikigongwe, nne bodusabira gte baguma bafise ubwoba ko umanya uwariwo wose mubica, kuwa mungu vyaragaragaye.Pacifique komera kwibanga hama Imana ibane nawe ikiganza c’Imana came kuri wewe n’abarundi banyotewe ukuri Mu Burundi.

  • uwakwise pacifique yarakudendereje!uri ntukamazina pe!akazina kakubereye ni TROUBLEs!nayo kuri nininahazwe iyo bakwita Mukoshi!aho rero nguharanira agateka kazina muntu!ihibambewe!ahubwo urimubagasubiza inyuma!mbe sha ko amakungu wari wizigiye yagukuyeko amaboko,ukaba usigaranye urwanda gusa!!uragowe sha!!nimugende mutubise mugihugu cacu mwa bononyi mwe!!!igihugu ntaco twoguha!!irementanya riraheze,none ubu usigaranye iterabwoba ryo kumunwa!emera ko watsinzwe,kandi ntacuzoba!wibazisha ngo mbe ari nyamitwe na president ninde atwara!mbe weho ni wewe utwara opposition yose na societe civil zose kuguma ariwewe wivugisha?twaraguhinyuye!!ubuho ubutungane bw’uburundi uremeyeko uzobwitura!!maramara neza!

  • Mwe mwabarundi mutubaha Imana:Ibibi vyibera mumazu iwanyu,Kuvuga nabi nizo ndya mwirira non muzoba aband?Igihugu dutuyemwo kirimwo indyane.Muziko twabaj Imana aho guhindura imyifato ngo twihan tuguma duterana amajambo?Mbega umunwa,ubweng n’umutima mukoresha nimw mwavyihay?Mumenyko aho Imana izozira si isi gusa izobona ibara.Mukabona ihaguruts kuntebe yayo y’imbbazi uguterna amajabo bizohagarra.mb mwabagaratiya b’ibigugu nind yabaroz?Uko mutazi ukuremwa kwanyu niho mwokwigenza neza.Mb iyisi niyo kwand?Uburundi n’ubwo kwand?Mb bubamwo umuntu umw?Nimba ubrundi atari ubwumw si uko vyari kugenda.’’Ubweng si ubwumw!’’murica,muriba,murabesha,murarengana,muhahaza ingenzi,abo mutavugarumw,murara kumugono abo mutaremy muragow nimutigarura.Ntaco mvuzeeeeeh!!!!???...,,,---?!.,-’’’

  • Inkuru nshasha, benshi mubahora muri manif pacifique yabarungise mu Rwanda kwiga ikiroberi ngo bazoze gutera igihugu bavuye mu Rwanda, aba jeunes benshi bariko baragenda.
    Abavyeyi b’abana muragabe, murazi mu cibitoke ingene vyagenze?mwavyibagiye?
    Ararungitse abandi!!!!!!!!!

  • mbega sha kuguma uturira uzobivanamwo iki? WEWE URIKO URURYA amahera y’abazungu ukaguma uhenda abandi barya biyushe akuya??? Guma ubahende, ubukene n’inzara bizobasubiza àla raison.

  • hahahaha!!! ewe pacifique urumuja! ubu uramaze kubona kubutungane bwuburundi wobwitura? genda urakagenda warabuze ahufatwa nkumwana ahiye mukwaha, ariko ubutungane bukureke twebwe abene igihugu wicishije inzara ntituzogenda tutakunize urakavumwa!!! naho atoba twebwe imana irakubona

  • umusi muri cndd fdd hoboneka umushingantahe numwe gusa wijambo nka nyakubahwa pacifique uburundi bwoba burose amahoro. mon frér pacifique ntucike intege turagushigikiye izombonerakure zigutuka zireke niyondero zahawe.na yezu hariho abataramwemera gushika nubu.wewe bareke nakare urabaruta% ntamunt yarezwe yokwandika ibitutsi kuri internet ikibabaje nuko batukisha abavyey babibarutse. imana irakubona nyakubahwa.

  • Jewe nasoooomye aya ma commentaires ari kuri iyi article, nasanze abenshi ari bamwe banyegewe n’amacakubiri y’amoko; ari za nkandagirabitabo zo mw’iperereza, zitinya kubona intwaro ihindutse kuko ivyazo bizoca bija ahabona,.....rero ndababwire mwese mwatutse Pacific Nininahazwe, UMUSHINGANTAHE W’IJUNJA N’IJAMBO, mwibuke ko isi yama iriko irazunguruka, Imana iriko irakora kugirango Uburundi n’Abarundi tuve mu buja bw’abicanyi, abasuma n’abambuzi. Ejo haza bigahinduka, mbega muzonyikira he? Muzosubira mw’ishamba? Kirabagiye! Ni mwitonde kuko IMANA NTIGOMBA Y’UKO UBU BURUNDI BUHINDUKA IKIBUGA C’ABADAYIMONI !!!!!

  • pacifique komera uzonesha ntaho amacakubiri yatsinze raba havyarimana nabiwe ayo babonye uce uraba itreli nabiwe nahanura peter areke kudukwegera

  • ICOMP PACIFIQUE NO MURIHISHA IMIDUGA YANJE YATURUYE KIMWE GUSA NIYIGUMIRE AHO MU RWANDA AZOTINDA AGARUKE GUSA VOITURE YANJE ATAYINSUBUJE NTAZOKWIRIRWE ARAGARUKA...ARABA YUMVA CANKE UMURYANGO WIWE UMPEREZE UTWANJE....NDASUBIYEMWO.

  • Umuntu ashikirije iciiyumviro akwiye kubahirizwa.

  • sha mwebwe nimumaramare mandant yanyu ntiragera

  • Erega paciphic siwe Ni D N yarazwe na sekuru,None mwibagiye ayo badukoreye kuva 68 Ariko rero so akwanka akuraga ivya munaniye.Yibuke ko ivyakora kwabikorera nabagizwe impfuvyi naba segekuru n.Irambire sha pacifique gusa wibuke ko naho twangajwe kuva 72 nawee izuru riraba hasi.

  • akagohe kubantu murongoye uru rubuga.murakwiye kuraba ivyotwandika imbere yokubishira kumuhora wanyu kuko muri twebwe twandika harimwo abantu bataye indero,nurupfasoni. ivyiyumviro biteye kubiri nimico yabarundi mubikuremwo. mutabigize muzohava musanga urubuga gwanyu gwahindutse iciro ryumugani ko arurubuga gwibitandero (IBISHEGU) murakoze yarimpanuro natanga

  • akagohe kubarongoye ururubuga.imbereyo gushira ivyiyumviro vyacu kururu rubuga murabe harimw muritwebwe twandika abataye indero nurupfasoni ibiteye kubiri nimico yabarundi nikirundi nkogutukana mubikur kumbuga zanyu ahandiho mugiyekuba iciro ryumugani ko arurubuga gwibitandero (IBISHEGU) murakoze yarimpanuro

  • ewe ndabakebure urikijuju! uvuga reroko abagize ukuri bavuga baba ari abo mwiperereza? ariko nka pacifiqu womushigikira udasarankawe? gendiyamwava muri bambubusi

  • Babwire Nuko Ubwira Intumva Ariko Bagiy Kumva Bidatevye Kuko Ugutwi Kwimpene Kwama Kumva Iyo Kwokeje!Iyo C.E.N.I Izodukwegera Nukuri!P6

  • Kubutumwa Nandika Ntibushike Bigenda Gut?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.