IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Reta y’u Burundi yahaye ubwato 12 kubahungutse bo mu kizuka mu (...)

Reta y’u Burundi yahaye ubwato 12 kubahungutse bo mu kizuka mu Rumonge

vendredi 8 Ruhuhuma 2013

Reta y’u Burundi yahaye ubwato bw’imoteri bwo kuroba 12,ibikoresho vyo kuroba,amatara yo kumurika,bikaba vyahawe abahungutse bo mu kizuka muri komine Rumonge

Ivyo bikoresho bikaba vyatwaye amafranga y’amarundi agera k’umiriyoni 140 z’amafranga y’amarundi.

Umuyobozi mukuru ajejwe abahungutse yaramenyesheje ko iyo mfashanyo yatanzwe mu ntumbero yo gufasha abahungutse kugira bashobore gushikama mungo zabo.
Arongera akamenyesha ko ubushikiranganji bwo gushigikiranira no gufatana munda bukora uko bushoboye kugira bufashe abagowe gusumba abandi.

Abo baronkenjwe iyo mfashanyo barashimira cane Reta ariko barongera bakayisaba kubaronswa igitoro kugira batangure ivyo bikorwa.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.