IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge: Abasuma babiri bafatanywe Inkoho

Rumonge: Abasuma babiri bafatanywe Inkoho

mercredi 13 Ntwarante 2013

Kumuhingamo wo kuruyu wa mbere igenekerezo rya 11 ntwarante uno mwaka turimwo harafashwe inkoho yo mubwoko bwa kalachnikov n’igi polisi c’igendereza muri karitiye ya Kanyenkoko komine ya Rumonge intara ya Bururi .Hakaba havugwa ko harinizindi nkoho batashoboye gutora.

Nkuko bivugwa ngo abasuma babiri bari bateguye kuja kwiba umudandaza wo ngaho mu RUMONGE bakoresheje iyo nkoho .Inkuru ziva aho mu Rumonge bikavugwa ko boba bafashwe kumpanvu za politike.

Ubu abo basuma bakaba barafashwe ubu bakaba bafungiwe mugasho ko ngaho mu RUMONGE


Alexandrine Keza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.