Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Itarike 13 Munyonyo http://mail.igihe.bi/itarike-13-munyonyo.html http://mail.igihe.bi/itarike-13-munyonyo.html 2018-11-12T10:59:07Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 13 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1312: Edouard wa 3, umwami w'Ubwongereza.
1848: Albert wa 1, umuganwa wa Monaco.
1850: Robert Louis Stevenson, umwanditsi w'umwongereza.
Abazwi cane bitavyimana kw'igenekerezo nkiri
1093: Malcom wa 3, umwami wo muri Ecosse.
2001: Frédéric Pottecher, umukinyi w'ivyese akaba n'umwanditsi w'umufaransa.
2002: Juan Alberto Schiaffino, umukinyi w'umupira w'amaguru wo muri Uruguay.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 2 Munyonyo http://mail.igihe.bi/itarike-2-munyonyo.html http://mail.igihe.bi/itarike-2-munyonyo.html 2018-11-02T09:25:19Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 02 Munyonyo.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1930: Hailé Sélassié aba ico bita “négus w'i Abyssinie.
1963 : Muri Viêt Nam, Ngô Dình Diêm arakomborwa biciye mw'ihirikwa ry'ubutegetsi, ndetse aca aragandagurwa. 1964: Fayçal ben Abdelaziz Al Saoud aba umwami wa Arabiya Saoudite.
1976 : Jimmy Carter atorwa kuba umukuru w'igihugu ca Leta Zunzubumwe z'Amerika. 2004 : George W.Bush aratorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w'igihugu ca Leta Zunzubumwe z'Amerika.
Abazwi cane bavutse (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 25 Gitugutu http://mail.igihe.bi/itarike-25-gitugutu.html http://mail.igihe.bi/itarike-25-gitugutu.html 2018-10-25T09:20:34Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 25 Gitugutu.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1555: Umwami Charles Quint aratanga.
1971: Ubushinwa winjira mu murwi w'ibihugu ntayegayezwa mu nama nkuru y'umutekano yo muri ONU.
1983: Leta Zunzubumwe z'Amerika zitera izinga rya Grenade.
1997: Denis Sassou-Nguesso yongera kuba umukuru w'igihugu ca Congo Brazzaville.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1881: Pablo Picasso, umuhinga mu gucapa no gusiga amabara y'ibisharizo. Yakomoka muri Espagne.
1984: Katy (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 20 Gitugutu http://mail.igihe.bi/itarike-20-gitugutu.html http://mail.igihe.bi/itarike-20-gitugutu.html 2018-10-21T14:16:54Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 20 Gitugutu.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1944: Abanyamerika bashwara mu gihugu ca Philippines.
2011: Umurwi urwana wo muri Espagne, ETA, utangaza ko uhagaritse ukurwana.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1854: Arthur Rimbaud, umwanditsi w'ivyivugo w'umufaransa.
1859: John Dewey, umu philosophe w'umunyamerika.
1894: Jomo Kenyatta, ummunyapolitike wo muri Kenya.
1971: Snoop Dogg, umuririmvyi w'umunyamerika.
1985: Jennifer Nicole Freeman, umukinyi (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 10 Gitugutu http://mail.igihe.bi/itarike-10-gitugutu.html http://mail.igihe.bi/itarike-10-gitugutu.html 2018-10-09T04:58:09Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 10 Gitugutu .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1868: Indwano y'imyaka 10 iratangura muri Cuba.
1970: Amazinga ya Fidji aronka intahe yo kwikukira.
Abazwi cane bavutse w'igenekerezo nkiri
1913: Claude Simon, umwanditsi w'umufaransa yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1985.
1960: Eric Martin, umuririmvyi akaba n'umucuraranzi w'umunyamerika.
Abazwi cane bitavyimana kw'igenekerezo nkiri
2005: Milton Obote, uwabaye umukuru w'igihugu c'Ubuganda kuva 1980 (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 1 Gitugutu http://mail.igihe.bi/itarike-1-gitugutu.html http://mail.igihe.bi/itarike-1-gitugutu.html 2018-10-01T08:28:03Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 01 Gitugutu
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1960: Igihugu ca Nigéria kirikukira. 1961: Hatanguzwa ikigo c'igendereza no kwivuna abansi muri Leta Zunzubumwe z'Amerika. 1970: Haba amaziko y'umuririmvyi Jimi Hendrix mu gisagara ca Seattle yavukamwo.
1999: Hatangura indwano ya kabiri yo muri Tchétchénie. 2001: Papa Yohani Paulo wa 2 yuguruza inama y'abasenyeri bita Synode.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1881: William Edward Boeing, umuhinga mu gukora indege (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 27 Myandagaro http://mail.igihe.bi/itarike-27-myandagaro.html http://mail.igihe.bi/itarike-27-myandagaro.html 2018-09-25T07:06:42Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 27 Myandagaro .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1991: Igihugu ca Modalvie kironka ukwikukira.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1770: Georg Wilhelm Friedrich Hegel, umuhinga muri philosophie w'umudagi.
1884: Vincent Auriol, uwabaye umukuru w'igihugu c'Ubufaransa.
1941: Cesária Évora, umuririmvyikazi wo muri Cap- Vert.
Abazwi cane bitavyimana kw'igenekerezo nkiri
1958: Georges Lecomte, umwanditsi w'umufaransa.
2005: Antoine Gissinger, umunyapolitike (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 20 Nyakanga http://mail.igihe.bi/itarike-20-nyakanga.html http://mail.igihe.bi/itarike-20-nyakanga.html 2018-09-19T04:38:19Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 20 Nyakanga .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1946: Hatangura isabukuru ry'amasinema ry'i Cannes mu Bufaransa.
1960: Ibihugu bikurikiravyinjira mu muryango wa ONU: Bénin, Burkina Faso, Cameroun, République Centrafriaine, Chypre, Congo Kinshasa, Congo Brazzavillle, Côte d'Ivoire, Gabon, Madagascar, Niger, Somalie, Tchad hamwe na Togo. 1977: Ibihugu Djibouti na Viêt Nam vyinjira mu muryango w'igihugu bigize ONU.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1853: Rama wa 5, (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 14 Myandagaro http://mail.igihe.bi/itarike-14-myandagaro.html http://mail.igihe.bi/itarike-14-myandagaro.html 2018-09-14T07:23:23Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 14 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1284: Ubugeni bwa Philippe IV de France na Jeanne I de Navarre.
1832: Igihugu ca Equateur kirikukira. 1947: Igihugu ca Pakistan kirikukira. 1971: Igihugu ca Bahreïn kirikukira.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1947: Danielle Steel, umugore w'umwanditsi azwi cane ku bitabo vyiwe bivuga urukundo. Izina ryiwe ryose akaba ari Danielle Fernande Dominique Schuelein-Steel. yavukiye i New York muri Leta Zunzubumwe (...)
- Akahise / HomeAmateka Itarike 13 Nyakanga http://mail.igihe.bi/itarike-12-nyakanga.html http://mail.igihe.bi/itarike-12-nyakanga.html 2018-09-12T05:03:27Z text/html rn HomeAmateka
Igenekerezo rya 13 Nyakanga.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1276: Hatorwa papa Yohani wa 21.
1923: Primo de Rivera atembagaza ubutegetsi muri Espagne.
Abazwi cane bavutse kw'igenekerezo nkiri
1475: César Borgia, umusirikare yabaye n'umukuru w'igihugu c'Ubutariyano.
1886: Robert Robinson, umuhinga muri chimie w'umwongereza yaronse agasimwe kitiriwe Nobel muri Chimie mu 1947.
1967: Michael Johnson, umunonotsi w'umunyamerika.
1973: Fabio Cannavaro, umukinyi w'umupira w'amaguru wo (...)
- Akahise / HomeAmateka