Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Ikigo ARFIC kivuga ko amashirahamwe atazohemba abarimyi mu kiringo c'indwi 2 azofatirwa ingingo http://mail.igihe.bi/Ikigo-ARFIC-kivuga-ko.html http://mail.igihe.bi/Ikigo-ARFIC-kivuga-ko.html 2018-10-03T12:27:25Z text/html en vianney HomeNews
Umuyobozi mukuru ajejwe urwego rwa Reta rukwirikiranira hafi igiterwa c'ikawa ARFIC(Agence de Regulation de la Filiere Café) Emamnuel NIYUNGEKO amenyeshako amashirahamwe akorera murico giterwa azoba atarariha amafaranga abarimyi mu kiringo c'indwi zibiri uhereye kw'igenekerezo rya 1 Gitugutu 2018 azoca afatirwa ingingo.
- Amatongo / HomeNews Umushikiranganji w'ibikorwa vya Reta yasavye ko ingingo yo kwaka ibibanza abataravyubaka ihagarara http://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-w-ibikorwa-vya.html http://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-w-ibikorwa-vya.html 2018-06-13T08:32:53Z text/html fr HomeNews
Umushikiranganji w'ibikorwa vya Reta, kwunguruza abantu n'ibintu no gutunganya ibisagara, asaba umuyobozi mukuru ajejwe gutunganya ibisagara guhagarika ingingo isaba abafise ibibanza bitubatse mu gisagara ca Bujumbura kuba bavyubatse mu kiringo c'ukwezi bitabaye ukwo bagaca bakwa ivyo bibanza.
- Amatongo / HomeNews Bujumbura : Abafise ibibanza vyo kwubakamwo bahawe ukwezi kwo kuvyubaka http://mail.igihe.bi/Bujumbura-Abafise-ibibanza-vyo.html http://mail.igihe.bi/Bujumbura-Abafise-ibibanza-vyo.html 2018-05-30T09:43:08Z text/html fr HomeNews
Ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara n'uburaro, bumenyesha ko abantu baronkejwe ibibanza vyo kwubakamwo mu gisagara ca Bujumbura bahawe ukwezi kumwe kugira ivyo bibanza bibe vyubatswe.
- Amatongo / HomeNews Umushingamateka Pamphile MALAYIKA yerekanye icokorwa kugira ikibazo kiri mu Carama gitorerwe inyishu http://mail.igihe.bi/Umushingamateka-Pamphile-MALAYIKA.html http://mail.igihe.bi/Umushingamateka-Pamphile-MALAYIKA.html 2018-04-24T11:49:03Z text/html fr HomeNews
Mu gihe haheze iminsi hibonekeza imyuzurira muri quartier ya Carama iri muri zone Kinama, komine Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura, umushingamateka akaba n'umuhinga mu bijanye no kwubaka Pamphile MALAYIKA, amanyesha ko ingorane itava ahanini ko akarere ka Carama kari ahantu hateze, ariko iva ku mazi ava mu misozi iri haruguru y'ico gice.
- Amatongo / HomeNews "Itoni 18232 z'umwavu w'ikizungu ziramaze gutangwa ku barimyi" - Deo Guide RUREMA http://mail.igihe.bi/Itoni-18232-z-umwavu-w-ikizungu.html http://mail.igihe.bi/Itoni-18232-z-umwavu-w-ikizungu.html 2018-04-09T12:00:19Z text/html fr HomeNews
Umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi Deo Guide RUREMA amenyesha ko mu mezi atatu ya mbere y'umwaka wa 2018, ihangiro bari bihaye barishitseko ku rugero rushimishije. Avuga ko itoni zirenga 18000 z'amase y'ikizungu arizo zatanzwe mu gihugu, ku giciro kitavuna.
- Amatongo / HomeNews Umunsi wahariwe ikigazi mu Burundi ugiye guhimbazwa http://mail.igihe.bi/Umunsi-wahariwe-ikigazi-mu-Burundi.html http://mail.igihe.bi/Umunsi-wahariwe-ikigazi-mu-Burundi.html 2017-12-01T12:53:48Z text/html fr HomeNews
Mu gihe kur'uyu wa kane igenekerezo rya 30 Munyonyo 2017, hatangujwe ihimbazwa ry'umunsi wahariwe ikigazi mu Burundi,abarima ico giterwa basaba ko cofatwa nk'igiterwa njabukamazi.
- Amatongo / HomeNews CNTB ivuga ko amadosiye ari mu gisata c'iyungururizo azoherana n'umwaka wa 2018 http://mail.igihe.bi/CNTB-ivugako-amadosiye-ari-mu.html http://mail.igihe.bi/CNTB-ivugako-amadosiye-ari-mu.html 2017-11-09T10:42:48Z text/html fr HomeNews
Umugwi w'igihugu ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matunga (CNTB:Commisson Nationale des Terres et autres biens) umenyesha ko ugiye guhindura uko wahora ukora kugira amadosiye ibihumbi 2 y'abantu bituye igisata c'iyungururizo bashobore gutunganirizwa bose gushika mu mpera z'umwaka wa 2018.
- Amatongo / HomeNews Ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi buremeza ubukene bw'ahaterwa ipampa http://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-uburimyi-n-19734.html http://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-uburimyi-n-19734.html 2017-10-05T07:49:31Z text/html rn HomeNews
Ubushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi bumenyesha ko buriko burakora ibishoboka vyose kugira igiterwa c'ipampa gisanzwe kiri mu biterwa njabukamazi gisubire gutezwa imbere mu Burundi.
- Amatongo / HomeNews Bujumbura:Abakuwe ahariko hubakwa ibiro vy'umukuru w'igihugu basaba umuzibukiro http://mail.igihe.bi/Bujumbura-Abakuwe-ahariko-hubakwa.html http://mail.igihe.bi/Bujumbura-Abakuwe-ahariko-hubakwa.html 2017-05-26T09:51:38Z text/html rn HomeNews
Bamwe mu bakuwe mu Gasenyi hafi y'ikibanza kiriko cubakwamwo ibiro vy'umukuru w'igihugu basaba kuronswa imizibukiro kugira bashobore kuja kurondera ahandi bubaka.
- Amatongo / HomeNews Abafise amatongo ahariko hubakwa ibiro vy'umukuru w'igihugu basaba umuzibukiro imbere yo kuhava http://mail.igihe.bi/Abafise-amatongo-ahariko-hubakwa.html http://mail.igihe.bi/Abafise-amatongo-ahariko-hubakwa.html 2017-03-22T07:02:50Z text/html rn HomeNews
Abafise inzu n'ibibanza hafi y'ahazokwubakwa ibiro vy'umukuru w'igihugu mu Gasenyi, Komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura Rural basaba guhabwa umuzibukiro imbere y'uko bava muri ico kibanza.
Bamwe muri abo bavuga ko batigeze babona umutegetsi n'umwe aza kubamenyesha ko hari umugambi wo kubirukana mu matongo yabo,kandi ibiri mu matongo bifise agaciro kanini batoshobora kubisiga ata muzibukiro.
Abo banyagihugu bamenyesha ko bagiye hamwe bagerageza kwandikira umukuru w'igihugu bamusigurira (...)
- Amatongo / HomeNews