Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net RDC: ONU isaba reta kugiranira ibiganiro n'abatavugarumwe nayo http://mail.igihe.bi/RDC-ONU-isaba-reta-kugiranira.html http://mail.igihe.bi/RDC-ONU-isaba-reta-kugiranira.html 2018-10-08T17:01:46Z text/html en vianney HomeNews
Abagize umurwi w'ishirahamwe mpuzamakungu ujejwe amahoro kw'isi bari mu rugendo mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo basavye reta y'ico gihugu gutegura ibiganiro bijanye n'ikibazo c'imashini nyabwonko izokoreshwa mu matora yimirije.
- Muri Afrika / HomeNews Zambiya: Umutamakazi w'imyaka 73 yaronkejwe urupapuro rw'umutsindo http://mail.igihe.bi/Zambiya-Umutamakazi-w-imyaka-73.html http://mail.igihe.bi/Zambiya-Umutamakazi-w-imyaka-73.html 2018-10-06T16:45:01Z text/html en vianney HomeNews
Umutamakazi w'imyaka 73 yitwa Tangu Mhlanga MAZABA wo mu gihugu ca Zambiya yaronkejwe urupapuro rw'umutsindo rwa kaminuza mu gisata c'ubutunzi.
- Muri Afrika / HomeNews RDC: Abakozi 2 bavura ingwara ya Ebola bakomeretse batewe n'abanyagihugu http://mail.igihe.bi/RDC-Abakozi-2-bavura-ingwara-ya.html http://mail.igihe.bi/RDC-Abakozi-2-bavura-ingwara-ya.html 2018-10-04T12:56:46Z text/html en vianney HomeNews
Abakozi 2 barangura igikorwa co kuvura ingwara ya Ebola mu karere ka Butembo mu gihugu ca Repuburika Iharanira intwaro Rusangi ya Kongo, bakomeretse bimwe bikomeye inyuma yaho abanyagihugu babagavyeko igitero bagiye gushingura abahitanywe na Ebola.
- Muri Afrika / HomeNews Uganda :Igiporisi cankiye Bobi WINE kwijana muhira avuye ku kibuga c'indege http://mail.igihe.bi/Uganda-Igiporisi-cankiye-Bobi-WINE.html http://mail.igihe.bi/Uganda-Igiporisi-cankiye-Bobi-WINE.html 2018-09-21T08:34:33Z text/html en Jean De Dieu HomeNews
Umushingamateka atavugarumwe n'ubutegetsi bw'igihugu ca Uganda Bobi WINE yaherekejwe n'igiporisi gushika imuhira iwe avuye ku kibuga c'indege inyuma yaho avuye mu gihugu ca Amerika iyo yaramaze imisi ariko arivuza.
- Muri Afrika / HomeNews Zambiya: Ubwongereza bwahagaritse imfashanyo bwaronsa ico gihugu http://mail.igihe.bi/Zambiya-Ubwongereza-bwahagaritse.html http://mail.igihe.bi/Zambiya-Ubwongereza-bwahagaritse.html 2018-09-19T07:40:06Z text/html en vianney HomeNews
Igihugu c'Ubwongereza cahagaritse imfashanyo cahora kironsa igihugu ca Zambiya,iyo ngingo ikaba ifashwe inyuma yaho reta ya zambiya yemeje ko amadorare angana imiriyoni 4 n'ibice 3 yaragenewe abatishoboye yanyurujwe.
- Muri Afrika / HomeNews Umukuru wa Ekereziya Katorika Pape Francois aritezwe mu gihugu ca Mozambique http://mail.igihe.bi/Umukuru-wa-Ekereziya-Katorika-Pape.html http://mail.igihe.bi/Umukuru-wa-Ekereziya-Katorika-Pape.html 2018-09-17T08:42:39Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'igihugu ca Mozambique Firipo NYUSI yameyesheje ko umukuru wa Ekereziya Katorika Papa Francois agiye kuzogendera igihugu ciwe mu mwaka uza wa 2019.
- Muri Afrika / HomeNews Afirika y'Epfo :Umugore yibungenze yavyaye abana 5 http://mail.igihe.bi/Afirika-y-Epfo-Umugore-y-ibungenze.html http://mail.igihe.bi/Afirika-y-Epfo-Umugore-y-ibungenze.html 2018-09-14T10:37:50Z text/html en vianney HomeNews
Umugore yavyaye abana 5 mu bitaro vyitwa Clinix Botshelong Empilwe biri hafi y'igisagara ca Johannesburg mu gihugu ca Afirika y'Epfo.
- Muri Afrika / HomeNews Sudani: Umukuru w'igihugu yahinduye abagize reta bose http://mail.igihe.bi/Sudani-Umukuru-w-igihugu-yahinduye.html http://mail.igihe.bi/Sudani-Umukuru-w-igihugu-yahinduye.html 2018-09-10T13:09:29Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'igihugu ca Sudani Omar Al-BASHIR yahinduye Reta yiwe aho yirukanye abagize reta yiwe bashika 31 harimwo n'umushikirnganji wiwe wa mbere mu ntumbero yo kurondera abamufasha guhangana n'ikibazo c'ubutunzi.
- Muri Afrika / HomeNews RDC:Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu buvuga ko igisagara ca Butembo catandukiwe na Ebola http://mail.igihe.bi/RDC-Ubushikiranganji-bw-amagara-y.html http://mail.igihe.bi/RDC-Ubushikiranganji-bw-amagara-y.html 2018-09-06T18:14:47Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu mu gihugu ca Repuburuka iharanira intwaro rusangi ya Kongo bumenyeshako igisagara ca Butembo cabonetsemwo umuntu arwaye ingwara ya Ebola.
- Muri Afrika / HomeNews RDC: Jean Pierre BEMBA yankiwe kwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu http://mail.igihe.bi/RDC-Jean-Pierre-BEMBA-yankiwe.html http://mail.igihe.bi/RDC-Jean-Pierre-BEMBA-yankiwe.html 2018-09-04T19:24:40Z text/html en vianney HomeNews
Sentare Nkuru yo mu gihugu ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo yankiye uwutavugarmwe na Reta Jean Pierre BEMBA kwiyamamariza hamwe no kwitoza mu matora y'umukuru w'igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa Kigarama mu mpera z'uyu mwaka wa 2018.
- Muri Afrika / HomeNews