Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Umusi mpuzamakungu wahariwe kugwanya igisukari wahimbajwe mu gihugu http://mail.igihe.bi/Umusi-mpuzamakungu-wahariwe-22726.html http://mail.igihe.bi/Umusi-mpuzamakungu-wahariwe-22726.html 2018-11-14T12:47:39Z text/html en vianney HomeNews
Umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe kugwanya ingwara y'igisukari wahimbajwe kuruno wa kane igenekerezo rya 14 Munyonyo umwaka wa 2018 mu Gatabo muri komine Kiganda intara ya Muramvya.
- Amagara y'abantu / HomeNews Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu bwashikirije ibigiye gukorwa mu gice ca kabiri c'umwaka wa 2018 ushira 2019 http://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-amagara-y-22712.html http://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-amagara-y-22712.html 2018-11-08T16:45:04Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganni bw'amagara y'abantu no kugwanya Sida bumenyeshako mu gice ca kabiri c'umwaka wa 2018 ushira umwaka wa 2019 bugiye gutanguza isekeza ryo gucandaga kugira bakinge ingwara ya Mugiga yo mu murwi witwa A ( Méningite de serogroupe mu gifaransa).
- Amagara y'abantu / HomeNews Prosper MUYUKU:“ ibice 14 kw'ijana vy'abana barapfa kubera kudakaraba amaboko n'isabuni.” http://mail.igihe.bi/Prosper-MUYUKU-ibice-14-kw-ijana.html http://mail.igihe.bi/Prosper-MUYUKU-ibice-14-kw-ijana.html 2018-10-26T17:23:13Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'igisata kijejwe isuku n'amazi meza mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu no kugwanya Sida ,Prosper MUYUKU amenyeshako ibice 14 kw'ijana vy'abana aribo bapfa bivuye ku ngwara zitumwe no kukudakaraba amaboko n'isabuni.
- Amagara y'abantu / HomeNews Umushikiranganji Thaddée NDIKUMANA aremeza ko hari ibura ry'imiti imwimwe http://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-Thadee-NDIKUMANA.html http://mail.igihe.bi/Umushikiranganji-Thadee-NDIKUMANA.html 2018-07-14T13:18:08Z text/html en vianney HomeNews
Umushikiranganji w'amagara y'abantu no kugwanya Sida ,Thaddée NDIKUMANA amenyeshako naho hibonekeza ibura ry'imiti imwimwe mu gihugu bafashe ingingo hamwe n'intumbero kugira imiti nkenerwa igume iboneka k'urugero rukwiye.
- Amagara y'abantu / HomeNews Thaddée NDIKUMANA : Mu mezi atatu aheze twashoboye kuronsa abana barenga imiriyoni 4 umuti uvura ingwara zo mu nda “Albendazole” http://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-amagara-y-22389.html http://mail.igihe.bi/Ubushikiranganji-bw-amagara-y-22389.html 2018-07-13T14:14:48Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kugwanya ingwara ya Sida bumenyeshako mu mezi atatu aheze bwashoboye kuronsa abana barenga imiriyoni 4 umuti uvura ingwara zo mu nda “Albendazole”.
- Amagara y'abantu / HomeNews Abanywa itabi batera akamo abatarinywa kutarikoza mu kanwa http://mail.igihe.bi/Abanywa-itabi-batera-akamo.html http://mail.igihe.bi/Abanywa-itabi-batera-akamo.html 2018-05-31T09:43:14Z text/html fr HomeNews
Bamwe mu basanzwe banywa itabi, bamenyesha ko bipfuza kuriheba ariko bibagora kuvavanura naryo kuko uwumaze kurinywa bitamworohera kugira arihebe. Bagasaba ko uwutaratangura kurinwa, atobikora kuko ari ribi kandi rigoye guheba.
- Amagara y'abantu / HomeNews ''Ikiza ca Ebola ntikirashika mu Burundi''-Thadée NDIKUMANA http://mail.igihe.bi/Ikiza-ca-Ebola-ntikirashika-mu.html http://mail.igihe.bi/Ikiza-ca-Ebola-ntikirashika-mu.html 2018-05-12T06:35:18Z text/html fr HomeNews
Inyuma yaho ishirahamwe OMS ritaho amagara y'abantu kw'isi rimenyesheje ko indwara ya Ebola yasubiriye kwibonekeza mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, umushikiranganji w'amagara y'abantu no kurwanya Sida, amenyesha ko iyo ndwara atayirashika mu Burundi.
- Ibiza / HomeNews Abantu benshi barihenda ku bijanye n'ibitera vy'ukuri ingwara ya "Cancer" http://mail.igihe.bi/Abantu-benshi-barihenda-ku-bijanye.html http://mail.igihe.bi/Abantu-benshi-barihenda-ku-bijanye.html 2018-04-29T08:07:00Z text/html rn Egide NDUWIMANA HomeNews
Abantu benshi barihenda ku bijanye n'ibitera vy'ukuri ingwara ya cancer. Nk'akarorero ka hafi, kubw' ivyirwa vyagiye birakorwa n'abahinga, vyerekana ko abantu benshi bazi ko kunywera mw'icupa rya "plastique", gushusha ivyo gufungura muri ca cuma gikoreshwa n'umuyagankuba "mirco-onde" biri mubitera ingwara ya cancer ariko sivyo.
- Amagara y'abantu / HomeNews Hagiye gutunganywa isekeza ryo kuvura indwara yo mu kigo mu bushikiranganji bw'amagara y'abantu. http://mail.igihe.bi/Hagiye-gutunganywa-isekeza-ryo.html http://mail.igihe.bi/Hagiye-gutunganywa-isekeza-ryo.html 2018-04-27T09:51:12Z text/html fr HomeNews
Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko bwashoboye gukinga ingwara ya Marariya hakoreshejwe uburyo bwo gupompa mu burere bw'ubuvuzi bwa Ryansoro na Kiganda ,gushiraho umugambi wo kwigisha ivyerekeye ingwara ya Cancer yo mu giterereko hamwe no kwigisha abajejwe kuvura ibijanye n'ubuhinga bwo gutandukanya imvyaro.
- Ibiza / HomeNews Ishirahamwe OMS riragabisha ko marariya itariko irarwanywa ku rugero rushimishije http://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-OMS-riragabisha-ko.html http://mail.igihe.bi/Ishirahamwe-OMS-riragabisha-ko.html 2018-04-25T14:08:38Z text/html fr HomeNews
Ishirahamwe mouzamakungu ryitaho amagara y'abantu kw'isi OMS, riragabisha ko, ibihugu vyagabanuye urugero vyarwanyako Marariya, bafatiye mu myaka 10 iheze.
- Ibiza / HomeNews