IGIHE Burundi http://igihe.bi/ Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise...... rn SPIP - www.spip.net Intamba mu rugamba zirahiye umurwi nserukiragihugu wa Sudani y'Epfo http://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-zirahiye-umurwi.html http://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-zirahiye-umurwi.html 2018-11-16T18:53:11Z text/html en vianney HomeNews
Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu Rugamba uhejeje kuronka amanota 3 inyuma yo kwirahira umurwi nserukiragihugu wa Sudani y'Epfo mu kuwutsinda ibitsindo 5 kuri 2 vya Sudani y'Epfo mu nkino zo kurondera itike yo gukina ihiganwa rihuza imirwi nserukirabihugu yo k'umugabane wa Afrika zizobera mu gihugu ca Cameroun mu mwaka uza wa 2019.
- FOOTBALL / HomeNews Urunani ASSUR ruvuga ko abitura amashirahamwe yarwo bari musi y'igice kimwe kw'ijana http://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-abitura.html http://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-ruvuga-ko-abitura.html 2018-11-16T15:06:18Z text/html en vianney HomeNews
Umukuru w'urunani rw'amashirahamwe y'ubwishingizi kubijanye no kuriha abashikiwe n'amasanganya ASSUR(Association des Assureurs du Burundi) ,Trinitas GIRUKWISHAKA amenyeshako ayo mashirahamwe atarashika kubiharuro bishimishije kuko abanyagihugu bamaze kuyitura mu gihugu bashika ibice biri musi ya 1 kw'ijana (0,75 ).
- Annonce / HomeNews Rumonge: Inzu 31 zasambutse ,umuntu umwe arakomereka inyuma y'imvura yaguye http://mail.igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html http://mail.igihe.bi/Rumonge-Inzu-31-zasamutse-umuntu.html 2018-11-16T14:53:17Z text/html en vianney HomeNews
Inzu 31 nizo zasambutse muri komine Rumonge mu ntara ya Rumonge umuntu 1 nawe arakomereka inyuma y'imvura yaguye ku magenekerezo rya 14 na 15 Munyonyo umwaka wa 2018.
- umutekano / HomeNews Urunani ASSUR rwatunganije inama rukokoma ihuza amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha http://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html http://mail.igihe.bi/Urunani-ASSUR-rwatunganije-inama.html 2018-11-15T11:39:27Z text/html en vianney HomeHighlights1 MainSlideNews
Urunani rw'amashirahamwe ategekaniriza gushumbusha mu gihe c'impanuka ASSUR(Association des Societes d'assurance du Burundi) rwatunganije kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Munyonyo 2018 inama ya mbere rukokoma ihuza abantu bose begwa n'ico gisata mu ntumbero yo kurabira hamwe uko ico gisata cifashe,guhimiriza abantu bose gutahura akamaro k'ayo mashirahamwe hamwe no kurabira hamwe uko boduza umwimbu.
- Amakuru / HomeHighlights1, MainSlideNews Intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 23 zatsinze Tanzaniya ibitsindo bibiri ku busa http://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-z-abatarenza-22727.html http://mail.igihe.bi/Intamba-mu-rugamba-z-abatarenza-22727.html 2018-11-15T07:54:51Z text/html en vianney HomeNews
Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi Intamba mu Rugamba z'abatarenza imyaka 23 zaraye zironse amanota 3 inyuma yo gutsinda ibitsindo 2 mu rukino rwazihuje n'umurwi nserukiragihugu wa Tanzaniya « Taifa Stars » w'abatarenza imyaka 23 mu nkino zo gukuranamwo, barondera itike yo gukina ihiganwa rihuza imirwi nserukirabihugu vy'abatarenza imyaka 23 vyo ku mugabane wa Afrika rizobera mu gihugu ca Misiri mu mwaka uza wa 2019.
- FOOTBALL / HomeNews Umusi mpuzamakungu wahariwe kugwanya igisukari wahimbajwe mu gihugu http://mail.igihe.bi/Umusi-mpuzamakungu-wahariwe-22726.html http://mail.igihe.bi/Umusi-mpuzamakungu-wahariwe-22726.html 2018-11-14T12:47:39Z text/html en vianney HomeNews
Umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe kugwanya ingwara y'igisukari wahimbajwe kuruno wa kane igenekerezo rya 14 Munyonyo umwaka wa 2018 mu Gatabo muri komine Kiganda intara ya Muramvya.
- Amagara y'abantu / HomeNews Inama nshingamateka na nkenguzametaka vyaronkejwe imfashanyo na ABEF http://mail.igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html http://mail.igihe.bi/Inama-nshingamateka-na-22725.html 2018-11-14T12:34:27Z text/html en vianney HomeHighlights MainSlideNews
Ishirahamwe rihurikiyemwo amabanki akorera mu BURUNDI ABEF (Association de Banques et Etablissements financiers) ryaronkeje inama nshingamateka na nkenguzamateka vy'Uburundi imfashanyo y'amafaranga angana imiriyoni 23 y'amafaranga y'amarundi azofasha mu gikorwa co kwakira inkino zihuza amanama nshingamateka na nkenguzamateka yo mu bihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko.
- Amakuru / HomeHighlights, MainSlideNews Umumenyereza w'intamba z'abatarenza imyaka 23 avuga ko biteguriye neza urukino ruzobahuza n'igihugu ca Tanzaniya http://mail.igihe.bi/Umumenyreza-w-intamba-z.html http://mail.igihe.bi/Umumenyreza-w-intamba-z.html 2018-11-14T07:26:34Z text/html en vianney HomeNews
Umumenyereza w'umurwi w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 23 (U23 :Under 23)amenyeshako abakinyi bameze neza bose bakomeye ata numwe afise ikibazo kandi bizeye ko urukino ruzobahuza n'umurwi nserukira gihugu w'igihugu ca Tanzaniya k'umunsi wa gatatu igenekerezo rya 14 Munyonyo 2018 ruzogenda neza.
- FOOTBALL / HomeNews Abantu 10 bagize umurwi w'ishirwaho ry'abakomiseri ba CVR bashizweho http://mail.igihe.bi/Abantu-10-bagize-umurwi-w.html http://mail.igihe.bi/Abantu-10-bagize-umurwi-w.html 2018-11-14T07:11:35Z text/html en vianney HomeNews
Abantu 10 bagize umurwi ujejwe ishirwaho ry'abakomiseri 13 bo mu murwi ujejwe ukuri no kurekuriranira CVR washizweho n'inama nshingamateka hamwe n'inama nkenguzamateka aho urongowe n'umukuru wayo,icegera c'umukuru w'uyo murwi hamwe n'umunyamabanga.
- Amakuru / HomeNews Igitabo ngenderwako mu gutanga amakuru cemejwe n'ubushikiranganji bw'agateka ka zina muntu http://mail.igihe.bi/Igitabo-ngenderwako-mu-gutanga.html http://mail.igihe.bi/Igitabo-ngenderwako-mu-gutanga.html 2018-11-13T16:51:23Z text/html en vianney HomeNews
Ubushikiranganji bw'agateka ka zina muntu,imibano hamwe n'iterambere ridakumira bwemeje igitabo kizofasha kugira kibe igikoresho ubwo bushikiranganji buzokoresha mu gutanga amakuru atomoye yo murubwo bushikiranganji.
- Amakuru / HomeNews