IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Uburundi burabuze Intwari, umugabo w’ijunja n’ijambo (Video)

Uburundi burabuze Intwari, umugabo w’ijunja n’ijambo (Video)

mardi 26 Ndamukiza 2016, par Jean De Dieu

IGIHE

Messages

  • Ariko ndagukunda ga Nyakubahwa, ukuntu uheza kubamesa, ugaca usimbira kw’ iradiyo ngo urababaye... Naguheruka igihe ca ca gikoko kigenzi cawe Rudolufu...

  • Nukuri Imana Iguharire Ukora Ivyutazi Ubizigute Kwariwe Abamesa Sha Ariwe Atariwe Bizomenyekana

  • Ivyobavyita kukina kumuvyimba wewe ugire abo wishe wongere uze kubahoza aho nubwo witine agasoni kutavuze kwari kagame yamwishe nkuko wabingeje kuri dolph

  • Abakwita ikigugu baragenda bige kwiyumvira!!

  • Jewe Kabisa Ico Noguhanura Bamese Bose Ariko Nawe Uzorubona.

  • Oya sha guheza,habyalimana iyo abimenya,gupfa nk’akabwa si vyiza

  • NYENICUBAHIRO KOMERA ABARUNDI TURAGUSHIGIKIYE.MWEREKANYE UMUBABARO ABARUNDI TWAGIZE MUGUCA MUDUHUMURIZA

  • Nyakwubahwa, son excellence le president de la Republique du Burundi, uri imfura y,uburundi bavyanka bavyemera . Uhari canke utakihari iri zina tuzoguma turikwita kuko niwewe mu president wa mbere mu burundi watowe urarangiza ikiringo . Aho uwagomba abe imfura nyakwigendera Melchior Ndadaye yaciye agandagurwa, uri imfura y,uburundi kandi urumugabo w,ijambo n,ijunja.kuko ugumye uhagarariye abarundi kanatsinda uribuka agasuzuguro gahitiye aho umuntu yarenguzwa kuri zone canke commune ntagaruke.ikibazo si mandat ahubwo n,uwuserukira igihugu kuko ni imbonekarimwe mu Burundi, ariko barihenda Imana yemeye ntawuhindura.

  • Irambire mukuru w,igihugu. Uri imfura y,uburundi kuko ntawundi mu President yigeze gutorwa mu burundi ngo amare mandat, warihaye izina ritazozimangana, abahungu bawe tuzoguma tuvyibuka ibihe vyose . Ibiri muburundi navyo ikibazo si mandat ahubwo n,uwutwara uburundi , ariko Imana niyo yagushizeho kandi niyabona hageze izoguhindura kuko yo imbere yayo twese turangana. Irambire nyakwubahwa

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.