IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwatswe uburenganzira bwo gutora muri ONU

Uburundi bwatswe uburenganzira bwo gutora muri ONU

mercredi 27 Nzero 2016

Uburundi bwatswe uburenganzira bwo gutora mu nama nkuru y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU kubera hari amafaranga busabwa gutanga muri iryo shirahamwe butaratanga.

Vyose hamwe ni ibihugu 9 kw’isi vyatswe ubwo burenganzira bwo gutora mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU,ariko ku mugabane wa Afrika ni 3,navyo ni Uburundi,Mali na Libiya.

Umuvugizi w’umukuru w’igihugu muri Mali yavuze ko ivyo bishobora gushikira igihugu icarico cose kandi ko bariko barakora kugira ibintu bije mu buryo.

Ku ruhande rw’abatavuga rumwe na Reta muri Mali bavuga ko ari ibiterasoni ku gihugu,kandi ko bikura icubahiro ku gihugu.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.