IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatoreye mu ntara ya Ngozi

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatoreye mu ntara ya Ngozi

lundi 29 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yatoreye mu ntara ya Ngozi, muri Komine ya Mwumba.


IGIHE

Messages

  • Denisa arihe ga nkurunziza?

  • Abanyagihugu batorera ahabona none!!!!! Kubera iki batashatse icumba cihishe ngo bagitoreremo? Ayo s’amatora vraiment

  • ni vyiza can!Tugre cndd-fdd?

  • Mbatora atoriki vyaramuhinyukany ngowanka kugarurimpena ikirihafi ngo yamsrarakurengumutumba ukabira nkayo numtambukanyi wiw yabimutany haruwubona barikumw????

  • Ivyo bidayimoni vyamwinjiyemwo biramuhenda. ntarusha ubukomezi ba osama ,ba sadamu, ba bagibo, ba mugabe n’abandi.nasesagure amatungo ya leta ngo ariko agira amatora, ahubwo nadutorere twebwe tutagiye nayo gutorera ingozi nibisanzwe

  • Haaaa Ushaka chambre nkirya uryama mwo? Canke none ubona hari uwobona ico atoye?

  • Mbega ibintu biteye isoni!Genda nkurunziza wanditse amateka agayitse abazayiga mubihe biri imbere ntibaziyumvisha ingeni wiyumviraga!reka nkugire inama abajanama bawe bafunge bose ubundi usabe imbabazi abarundi namakungu,usezere kubutegetsi kuko ntabwo abantu batwagwa nkibitungwa.

  • ahantu umutekano wizigiwe singombwa ko baja muvyumba, uzarabe niyo zaburaya uko babigenza. vive le burundi vive l’independance.

  • tukuri inyuma mutama wacu

  • Noneko akoresheje amatora ku nguvu ziwe azotwarirahe!!!

  • Muze mwibuka ko turi abarundi mubire icomwubaha.nkawe wiyumviragute kumubaza ico kibazo?irambire mutama.mutegure nayandi matora tuzoyitaba.gushika 2025

  • Ayo ntibayita amatora. Ni coup d’État ya Nkurunziza.

  • jewe denisa ndiyamirije peter ndiyamirije peter nasazanze nabanye numusazi nico gituma ntaje gutoka

  • REKA MUMARAMARE MWIKURAMWO MWIBAZA NGO NTABA

  • Atiko dudu nawe nfabona uri numunyarwanda iwanyu mutoreta munzu? Canke wumva ngo ibiro vyitora ukagira ngo nahantu umuntu yinjira amugara utwo nutuntu bakingiriza kugirango uwutora ntibabone ivyo yatoye nayo amasandugu aba ahabona niko bimeze imyaka yose.

  • Uwukwanka Yangangare N,impfupfu Y,umutsama

  • AYAMATOR SIY WARABONYE AMATORA ABA BAMWE.BARAHUNZE ABINDI BAGUMA BAPFA IMBONERAKURE ZITER UBWOBA ABANYAGUHUGU NGO BADATOYE KARYA GAKARATA KARIKO KAZOHINDUKA KAKABA IVYANGOMBWA AHANTU ABAGORE BABATERA UBWOBA KO NIBAJAKUVYARA BATAGAFIS KO BATAZOBAKIRA?SIYOAMATORA NAYAMANYANG NAYUBUSUMA P! AHANTU NABATATOYE IFISHE BAJAGUTORA BATWAYE KAMWEBABAHA UBWARE BIYANDIKIRISHAKO BAGATORA MUNTARA YAMUYINGA NUKOBIMEZE? NI CARORI>

  • AYAMATOR SIY WARABONYE AMATORA ABA BAMWE.BARAHUNZE ABINDI BAGUMA BAPFA IMBONERAKURE ZITER UBWOBA ABANYAGUHUGU NGO BADATOYE KARYA GAKARATA KARIKO KAZOHINDUKA KAKABA IVYANGOMBWA AHANTU ABAGORE BABATERA UBWOBA KO NIBAJAKUVYARA BATAGAFIS KO BATAZOBAKIRA?SIYOAMATORA NAYAMANYANG NAYUBUSUMA P! AHANTU NABATATOYE IFISHE BAJAGUTORA BATWAYE KAMWEBABAHA UBWARE BIYANDIKIRISHAKO BAGATORA MUNTARA YAMUYINGA NUKOBIMEZE? NI CARORI>

  • iyo nkinamico yiwe twarayihinyuye uburundi duheruka amatora yi 1993 naya 2005 ubundi ayaba siyo bashikiriza abanyagihugu akarorero 2010 ivyegeranyo ntivyigeze bisohoka ubu naho batanze sede yamatora ya 2015 bazi ko batanze iya 2010 ntayo tuzemera samatora

  • NKURUNZIZA NUMUGABO ATATINYA URUKANVYE. NUMUSHINGANTAHEPEE!

  • Ko Peter yihungisha?kwari umugabo ntabe yatorera ngaha i BUJA tukamwereka ico imbwa yaboneye kumugezi,ivyo bijuju reka bimutore mugabo i kilos c’isukali kizoguma kuri 2000.

  • komera mutama! abanka amatora nabo ,turazi kobadakunda abenegihugu guko bipfuza intwaro z’agahotoro aho bipfuza gutwara bidaciye mumatora,arko twe abenegihugu twazindukiye gutora kubwinshi nahobaribatubujije ukamengo s’uburenganzira bwacu.mbega ibutegetsi bipfuza bazoburonka bidaciye mumatora? abenegihugu ntitugihendwa twatoye kandi mumutekano!ahubwo bararaba basabe ikigongw abenegihugu n’amakungu babesha mukuvuga ibitandukanye n’ishaka ry’abenegihugu ngo nuko bashitsa ijwi kure!nagomba gusaba amakungu katoza arafatira kubihuha bishikirizwa n’abarondera inyungu zabo canke z’akagwi k’abantu bakeya bagaheba abenegihugu benshi bipfuza amahoro n’indongozi zivuye mumatora! bavuga ngo n’ayinkina mico arko ivyobavuga sivyo guko yabavyarivyo abenegihugu ntibarikuyitaba nkuko nabibonye ,ahubwo nikubera babonye ataco bohanoba bacabahitamwo kureka kuyitaba! twikebuke rero tuze twemera k’abenegihugu aribo batanga ubutegetsi!

  • AYOMATORA BATOREYE AHABONA
    HARIGIHE BENSHI BIYUMVIRANYE

  • Nimutore Mutama uwubanka abandureko natwe twahejeje

  • mwarekanye niyo DAYIMONI akazi kiwe kwarukwica

  • AYASI AMATORA AHUBWO NICISHIMIKIZO.JEWE UKONABIBONYE EKA NTAVYO.MBERE RERO NKURUNZIZA NTAHEJEJE GUTORA AHUBWO ASUTSE ABARUNDI MUMANGA.JEWE NKAHO NATOREYE ABANTU BARI MURI SALLE BASHOBORA KUBWIRANA UWO UMUNTUATORA.

  • kora mutama maze abavuga bavuge ivyabo biherera mukuvuga gusa nomuvyo bandika ngaha mubimenyesha makuru,facebook,whatsap no kumaradio muza makungu,ariko ibikogwa vyabo tukabibura,ubu abarundi insinzi baramenye icabagirira akamaro ko atari amajambo gusa.

  • jewe ndafise umubabaro ntagere kubera Rwasa bahora bahenda kumunota wanyuma,none amajwiye tukabatuyihereye CNDD.

  • Ayo matora ndayacishije umurongo utukura, ndayafuse mw’izina rya Yesu.

  • ko nunvise mwiradiyo bavuga ko amatora ahagarikiwe na senidede na iprona harimigambwe ibirigusa muburundi ndabona siheza murikino gihe bokwikebuka

  • ko nunvise mwiradiyo bavuga ko amatora ahagarikiwe na senidede na iprona harimigambwe ibirigusa muburundi ndabona siheza murikino gihe bokwikebuka

  • Haraheze amasaha abiri mvuyegutora, mbere nanyuma yogutorakwanje nabanje kuzunguka kugira ndabemuyindimicungararo yahano Bujumbura kwabantu biteguriye gutora nkanje, ivyorero vyatunye nibanda kuriyamabarabara amazemwo imisi imigumuko ivyorero vyatumye mbonako abarimurariya mabarabara harimwo imigumuko hamwe hamwe babarondereye ibindibibanza bazagutoreramwo, uburero sindanenya ukomugihugu vyagenze ariko hano Buja dutoye mumutekano ntangere ubonako abajejwe umutekano buburyobutandukanye baribagerageje kutatubakurecane egonivyo abapolisi nibobarihafiyabenegihugu cane ariko ndevye ahonagiyembona abasirikare vyabobekanyeko mugihe vyarikubangombwa kobakenerwa ntaminuta 5-10 yarikurenga batatabaye. Kanyusha

  • birababaje,kubona,abantu,bapfa,burimusi,ntihagire,gitabara,uwomugabo,abarundi,bariko,baramutora,barapfuye,nkuko,yapfuye,atazi,kubahiriza,ubuzima,bwabarundi,buriko,burangirika,abarundi,nibijuju,uzobona,bongeye,kumutora,batumye,bashiraho,uwo,bishakiye,akabapfiranabi,bamubona,usivye,nkurumbi,ahasigaye,amahoro,agataha,uburundi.jebajeba,muzikebuka,mwasheshe.

  • Bite be bitebuke Cndd FDD tuzowufuta.sinzirero about batoteza a anti iyo bazokwigwa isi izo babera into.nama ndabivuga landi sinzigera ndaninuma kugira nivyabashikira blaze bicuze.bazicuza bidatevye.I yo mubona biryoherabantu nivyo bizohinduka bibabere umururazi.

  • nagiranishure uyoyavuze ivyigicirocisukari womenyako itanzania ari 2500 ww ugumawicangaho ukagira ngonahaiwacugusa kandi ntahonumva bagumuka

  • None ga aho mubona akomeye. Akinda agaramye, canke yicaye ico gihugu ntaco azotwara

  • NKURUZIZA NIYOVA AMATORA ATARIMO ABAROREZI UN NINKINAMICO ARIKO ARAKINA ATABAYIRORERA NKURUZIZA

  • verema twebwe ayamatora nayuburofa niko ndayabona ok mwirabire mwe mutazi icomutoye

  • Kuwavuze ngo umukuruwigihugu ngoyatinye gutorera Bujumbura ngokubera yariguca amuhonda agatwe wiyandurije ubusa hagatiyawe n’Imana kuko burigihe habaye amatora umukuruwigihugu Nkurunziza asanzwe ajagutorera muntara yamavuko i Ngozi.

  • NKURUZIZA NIYOVA AMATORA ATARIMO ABAROREZI UN NINKINAMICO ARIKO ARAKINA ATABAYIRORERA NKURUZIZA

  • Abatavuga Rumwe Na Leta Bavuga Ngo Uburundi Bwose Ntamutekano Bufise Turavye Ivyabaye Unomusi Mugihugucose .Igihuha Nticubaka Kirasambura

  • Hariho abantu baza kuri iyi site umengo baborewe!!Muriko murabaza aho Denise Nkuru ari ngo ntiyaje kandi ku maphotos mwamubonye bari kumwe numugabo wiwe nimurabe neza ugurure amaso hahah erega nico gituma babacamwo ntimubona kweli!!Abandi murabaza igituma yatoreye i Ngozi!?None iwabo si i Ngozi aho adatorerayo?None circonscription yiwe si hariya nyene iNgozi?Ishavu ryababoreye hahah

  • This is a joke and an insult to the sovereign country of Burundi,how can a person force to rule the people who don’t want him and does it with pride is beyond thinking ,Africans are really shameless!

  • Uburundi ni agahugu aho umwana arira nyina ntiyumve bivuga ko Nkurunziza azosubira kubutwara iyindi myaka 5 nkuko yabisavye abarundi bamushigikiye. Avuga ko yatowe rimwe gusa n’abanyagihugu ko ubu hari hageze ko atogwa ubugira kabiri nkuko Constitution y’Igihugu ibivuga. Nibamushirirako embargo naho, abamushigikiye bazosangira nawe ubugari n’amazi arimwo agapiripiri kuko ata munyu uzoba ukiboneka. Barayamaze ngo ahari amahoro urushato rw’urukwavu rwisasira batanu. A suivre...

  • uwagutoye nu’wutagutoye Bose uzobatwara.uwanka.ahunge.

  • komera kwisonga nyakubahwa jw turikumwe

  • Mbega mwomenya Denise barikumwe?Canke yarakuye meza nawe?

  • Ukondabibona amaheradukomeje gutanga yokugira dukoneze guhangana niyi reta ya Nkuru ndushobora kuzobihomberamwo ubonako abotuyaha batadusobanuriraneza ukobazosubirira DD ivyorero binteramakenga kuko nibazako harinigihe tuzosanga amahera dutanga yobariyo akoreshwa mugutera amagrenade abenegihugu nabobakaba arabavukanyibacu. Iconarinamenye nubwonaconyene jitarucanezerejecane nukonuvyobatubwira harimwoko bagiyekuzunguruka mubihuguvyincutizuburundi vyose ngobavyankanishe nu Burundi jewererontanguye gusanuwicuza nibwiranti none uburundibwaswe nihotuzobadukoze politike nyiza ifasha abarundi?.

  • Namba godefroid ariko arakora iki murwanda?nanyaruke aze dukureho uy’umukinzi ngo ni president. Ariko abiyemeje gukubita coup d’etat barabihevye? Jewe ndayishigikiye nahandi baratumaze ntagupfa dukoma amashi tuzopfira kukivi turwana.

  • Amatora turazi ko yagiye muri computer kera!!hama uwo muhimbiri ngo ni Peter,ndamuhaye umwaka akazoba agitywara tuzoca tumuraga igihugu c’Uburundi.murakoze!

  • Scott
    aho abatutsi mwagiye ngaho murekura iminengo ngo ni amazur ngomurindiriye umuhutu àla tete d’une rebellion?Vraiment mwaramenyereya kurya ivyo mutabiriye akuya,mbe iyo rebellion azoyicana hehe?Umututsi nayitike nyabuna tubanze tubereke mwa mihimbiri mwe,amatora yabaye kandi ntaco muzohindura,niyombare nasabe imbabazi n’umwana wacu nimbamutamaze kumucurika ubwonko na vya birozi vyanyu

  • sindayigaya arabesha ndimuyinga icagakori uwo numwangushi ashaka kubesha je nashaka kubeshuza ivyoyanditse nazazavugisha ukuri

  • uyu mutipe yavamo umuraperi wa karahabutaka. naho ibya politike ntabyo yishoboreye pe hahahahahah akumiro ni amavunja

  • hew ntiyobura kuja gutora kuko arakunda kurya amafarukoni.nubu ntabuze uco azocisha kumunwa ko yigumije kubutegetsi.

  • Ingabo Kurugamba ni Iyo Natwe Mu Kirundo Twatoye Ata Mwikomo

  • nimuzemurasoma nibindibimenyeshamakuru nagirambwireuyo ahayeabaza kodenise barikumwe narabekurigahuzamiryango bobo basiguyeneza kobarikumwe kanastinda ufiseamasoabona nahokumafoto araboneka. CNDD FDD rambaaaaa bacemwo ntibabona

  • "la vie est belle malgre ses regles"

  • nimwicare Nkurunziza abatware naho ubundi abamurwanya murafise akajagari mumitwe,ikindi nabonye namwe ubwanyu murahendana hagati yanyu ntimufite meme objectif murahuzagurika nkutwana duto. mwatesheje agaciro abanywanyi banyu baribiteguye kubahunda amajwi,biriwe barajuragira ,nimutangire mutegure neza 2020 ububwo vyaheze,muraduhemukiye.muceneye umuntu abanza koza mumitwe yanyu kugira mubashe gukura CNDD.

  • Nononubuntimuranyugwa.nimbamwambayamafime.murasubiramuturire.yamapine.nihonzocampebura

  • Impunzizirarutana, jewe ndimpunzi muri TZD ariko mumwaramo uheze naganiriye niyindi mpunzi nkanje iri Rwanda naciyenumvandayigiriye ikigongwe! Umvanamubwiyati jewembanitahiye atariko hariho ahantunakotesheje nateyeho itomate atirerosinozita ninzizacane. Yambwiye ati’ hanotwebweturi Rwanda nubwowobufise amahera yogukotesha ahurima uturengarenga ntakoworonka nubwoyoba imetro 1 sindabashayaravuzeko aribwobwambere abonye icobita ingoranezirenze kuvabayeho, jewe narahevye nibazako arukubera ataribwahunge ariko nibajije ukuntuyambiye ko ntanahantu bashobora gutera urubogarumwe rwirengarenga navuzeko bagowevyukuri. Ikindinasanze tubasumvya nukotwebwengaha Nyarugufu uwuhisemwo kwisubirira burundi ntawumubuza, ariko yambwiyati twembwe inyuma yabapolisi twebwenyene turacungana ngokugira ntihagire uwitahira Burundi yarambwiyengo amakorwa ararutana yavuzayindogadusezeranango: bavugango harabaho ababohoza abagowe nibazebatubohoze turabeko abashaka kwisubirira mu Burundi boronka ubwoburenganzira.

  • nahora nibaz ngwarafit ubweng wapi !!!

  • TURASABA NTITWISHURWE KUBERA DUSABANABI.
    KURUYU W’IMANA KWIGENEKEREZO RYA 27/06/2015 HARISENGERO RIMWE RISANIRYABARUNDI RIRIMUGIHUGU KITARI U BURUNDI, NONEHO UMUKOZI W’IMANA ATANGUMANYA WOKUGIRA ABANTU BASENGE NUMWIDEGEMVYO ,NUKORERO UKOBIMEZE ABA KIRISTO BARABIZIKO UWARIWEWESE ACATANGURA KWIHEREZA IMANA AKAYIBWIRA IVYASHAKA KUYIBWIRA VYOSE ARIKO HAKABAHO UMWE ARANGURURA IJWI. MURIBESBIRERO BASENZE BARANGURUYE IJWI REKA NDABABWIRE AMASENGESHO YABANTUBABIRI GUSA MUNCAMAKE YUKUNTU BASENZE BAVUGA,KURIKURA: UMWERERO YARASENZE AVUGATI: MANA MUSHOBORAVYOSE NIWEWE USHIBOYEVYOSE TURAGUSAVYE EJOHOBUKERA ABARIHARIYA BURUNDI MUGIHUGU CAMAVUKIRO BAKABA BAZINDUKIRA MUGIKORWA CABATORA UZOBAZIGAME UBARINDE UMURWANIZI WIMANA NABANTU ARIWE SATANI NUKOWA MANAWE VYOSE BIZOBECANECANE UKWUGOMBA..........UWO ARANGIJE HARUYUNDI YASENZE AVUGATI: MANA MUSHOBORAVYOSE DAGUSAVYE UZIGAME ABARUNDI KANDI UBIYEREKE BAMENYEKO ATAMATORA ASHOBOKA MWAKINOGIHE KUBERA ABANTU BAKONEJE KWICWA NA FARAWO NGONUMUKURU WIGIHUGU NKURUNZIZA...........

    NDABABAZE NAMWEBASOMWI BENE DATA ABABANTU BOBA BOSE AMASENGESHOYABO HOBAHARIMWO GUSABA NABI BIGATUMA BATOKWISHURWA?

  • ramba mutama incinzi nikashi twatoy inkona bapacific bamaramar hamw nagwasa ata abanywanyi murudubi ramba nkurunziza babatutsi biyahur

  • ubu ntimmubonako opposition hari icintu ubura koko, nabahunze batanguye gucanamwo bapfa ivyamoko,banwe batanguye gucika bagaruka biruka. ahubwo na Niyombare bazamugandagura vubaha.

  • Mutama wakoz kuja mumatora kand natw twayitavy twebw abenegihugu turanka intwaro yimfata kibanza nn bapacific ntibatangay kubona aben gihugu ahubwo bwa pacific hamw na leonc usanga bafis ubwoko bumw mutama gum kwi vola abanka bamaramar iyonger intsinzi

  • ikinamico hamwe nukwidigadiga mumvugo yico twokwita genetation

  • we wiyita impunzi gabanya amatiku nurwango warahunze cyangwa wagiye gushaka amatongo yo kurima? urashira imbere amatongo ukibagirwa colera .

  • Ariko abarundi koko mwananiwe kwicara hamwe ngo mucyemure ibibazo vyanyu!!? gusa ndiyumvira Ko n’ivyp muriko murakora vyo kugumuka no gutera ama grenades ataco bimariye abarundi ahubwo muriko murica bene wanyu!! Imana itabare u Burundi

  • Nagomba mbasabe gato muntize amatwi yanyu.Batutsi batutsikazi munyumva,Bahutu bahutukazi muri n’ubwenge,mwoba mwibuka ayo mwabonye since 1972,1990,1993 until 2001???? Ntimusubire rero kuko icatumye tujya hamwe tukagera kuri objectives,n’ubu turimaso kuko we need to protect our stolen country by Tutsi’s for centuries and don’t be ashamed!! That’s the way it is!!!

  • Mbega nyakubagwa Pierre Nkurunziza yoba yaratoye uwundi mugambwe atari uwo aturukamwo CNDD-FDD?Ivyo koko vyoshoboka?

  • nibareke.pite.yitoze.ntibagire.ubwo.nkarwasa.iyoyitoza.yotsinze.amatora.ariko.acaarasoko.mubona.abiwiwe.adasa.nuwabagurishije?niyitoze.azotsinda.amatora.abarundi.turamukunda.agatinya.kwitoza

  • Kagame avuga ibihe uburundi bwaciyemwo guhera 1972-2001 yibagiye inyuma yaho imiryango yahekuwe n’ubu bikiriko na cane cane abahutu bagandaguye abandi mu myaka irenga cumi sinziko bahejeje kubarira ivyimburwa vyabo ko kubica arikwo kubahabuza bari babemereye. Ababuze kuva muri iyo myaka yose turahoze nawe ni yidagurire. Ico yomenyaco n’uko UPRONA iri kumwe na CNDD-FDD bagiye barakurikirana mu bukozi bw’ikibi gusa

  • @impunzi, nkawe ufite ubwenge? Impunzi zigendera kumategeko ya HCR gusa icyo impunzi ishaka ikigeza kuri CR hama ikakironka, police icunga umutekano nkuko icunga nuwabandi baturajye. Ninde wagutumye kwangisha abarundi igihugu cy’urwanda? Tanzania ushaka kuvuga ko babayeho neza kurusha murwanda? Uzabaze HCR

  • Nkurunziza Nintwari Yerekakarorerokeza Abanyagihugu Kogukundana,kubahana,gukundigihugu,kwantwaro Twasezereye,kurimakijambere Nibind...... Mbabobavuga Ngontacoyatumariy Unomusi Kumwenegihuguwes Igiricakoze Ngwatezimberigihugu Uwumusi Ahoturumva Rwasa Harinabana Bomwibarabara Bashika5 Yoba Afasha Ataraboyigihsakwica.Nubu Turamwongera.Nimwimen.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.