IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umurwi w’umutekano wa ONU wemeje kurungika abahinga mu Burundi

Umurwi w’umutekano wa ONU wemeje kurungika abahinga mu Burundi

mercredi 12 Myandagaro 2015

Umurwi w’umutekano w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU wemeje kurungika umurwi w’abahinga barurangiranwa bofasha mu nzira yo gutorera inyishu ikibazo ca politike kiri mu Burundi.

Ivan Simonovic icegera c’umukuru w’umurwi ujejwe agateka ka zina muntu mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU,avuga ko vuba mu Burundi,ibintu biriko biraba nabi cane,mu gihe atacokorwa mu maguru masha.

Ivan Simonovic amenyesha ko kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ndamukiza abantu 94 bamaze kwicwa,abashika 60 bapfunzwe,abashika 40 nabo barahohotewe.Avuga ariko ko ico gitigiri gishobora kurenga kuko hari aho badashika.

Ku bijanye n’icokorwa kugira ibintu bisubire mu buryo,Ivan Simonovic avuga ko inzira ya mbere ari ugusubira mu biganiro vya politike,kwongereza umutekano w’abatavuga rumwe na Reta,uwo abarongoye amashirahamwe adaharanira inyungu za politike n’abamenyeshamakuru bakorera ibinyamakuru vyigenga.

Ivan Simonovic arangiza amenyesha ko,hakwiye ubutumwa mpuzamakungu bwokwumvisha abakora ivyaha ko bazohanwa.


IGIHE

Messages

  • Asha ndaremye Oyo kitumva nkurunziza na kagwi kiwe ntibarota bemera ko ibiganiro vyukuri bitangura ariko ndaha tuzoraba bazotwara ico gihugu

  • MWOGERAGZATUKARABANAYOTWEBWE URWARUKATWATUNTUYEKUBERA INDANDENDEYABARUNDI.

  • MWOGERAGZATUKARABANAYOTWEBWE URWARUKATWATUNTUYEKUBERA INDANDENDEYABARUNDI.

  • JEWE NDAKENGURUTSE INGENE AMAKUNGU YITWARARIKA AKA GAHUGU GATO KUZUYEMWO INDYANE NOVUGA KO ZIFATIYE KURI YANDA BAHOMORA ITUMA BAMWE BADASHAKA KUREKURA BAKEMERA GUSESA AMARASO.EGO NIBAZE BAGERAGEZ ARIKO AMAZI AGEZE KUNKOMBE.D’APRES GNLVTCHCHRBNBRGHT.

  • nyirabayazana arimuburundi abobahinga bazozane ningabozibarinda igiporisi kivanze nimbonerakure ntibazogera umutwe kuko ubwicanyi nibwinshi kandi subwamoko naho bavyitwaza nintwaro mbi ya cndd fdd yovaho amahoro azocagaruka

  • INZIRA YIBIGANIRO NINZIZA ARIKO ATARIBIGANIRO VYAMAGABURANYAMA UYOYIYITA MAZINDA ATAGIRINDERO,ATUKUMUKURU WIGIHUGU NGONTIYUNVA ,AMENYEKO NKURUNZIZA ATARINTIBANTUNGANYA, BATEY AMAZIRANTOKE

  • abo bahinga murazobarungika mubihugu batarimwo twebw turinabo kdi bari kubikorwa. ntabandi bakenew.

  • Ico uburundi bukeneye si onu kandi si gisoda kivuye hanze kandi ntabahuza bakenewe mubibazo biri mugihugu cacu hakenewe ikintu kimwe naco ni Ijambo ry’Imana.

  • Nibaze arik imitima mini yaramaze. Kwinjira mû barundi

  • Nibaze arik imitima mini yaramaze. Kwinjira mû barundi

  • Nibaze arik imitima mini yaramaze. Kwinjira mû barundi

  • eeeh nukuri ONU yoba ifashije ikintu kinini kuko nka jewe simbona ibihe igihugu kigezemwo aho bizoherera. murakoze

  • Mbe ko bibafata umwanya ni baze babwire ko Peter atarekuriwe 3 mandat c’est baramenya ko atakubicisha muri psychologie ntaniyo bize pita utavuze gezaho ntimuze mwitege ibiganiro. aho bariko bata umwanya gusa muga yibuke sadam adadaza yaruhiye gukwegwa kurinjanja. ndatangazwa no kubona mme denise yirigwa ariruka inyuma yiwe sinzi kwaho ariko zubakwa. turarusheeeeee ico gihugu nicabose worahejeje kuzuza i ngozi temba

  • Yemwe reka turore film iratangira vuba!Bazaza abarundi bahonye nubu bararemvy nibanyaruk ubutabazi nibwo bwobarokora nyen!

  • Nizereko ata muhutu yoba agisamazwa nayo ma blablabla,e mama ngo ba said djini,ba batili,ba museveni,ubu naho ngo onu,ntimuje ngaho ngo muryame ngo amakungu ariko arabakorera guma muyakanuye ntibaduteze abatutsi twishinze kubizera ,agateka n’umutekano ni twe tuzokiha si bo,mumenye ko tubana n’inzoka,ntizongere kudukomora ahica nkuko zaraye zitwiciye general wacu,bareke bi yajite mwe ntimubite mwo umwanya,mubandanye mwiraririye,urabona bose badusezeranya kutuvusha amaraso,natwe nukwiga kuyabavusha no kutayatinya bihere biheze uburundi buzosigaremwo uwo imana izi,nayo izo za za onu twaratikiye zihari ,vyose barabizi mais ils s’en fichent,kina diplomacie nkabo,sans se laisser endormir.

  • Ngirango twoha tukaja twumva kuko bitugora kumva hatarinze gufatwa ingingo ruhasha twebwe ha ewe nahimana icompa Uhoraho Imana akabashoboza abarundi nibashirwa mpfuye.

  • Boba Baj Hagez Twibaz Ko L’etat Nabatavuga Rumwe Na Politique Bazokwemera Bakajahamw Bakabumvikanish Kand Twosab L’etat Nabar Mur Opposition Hogir Entre Eux Ivyobaheberanir Kugir Bashik Kuntumber Irama Natw Benegihug Dugasubir Gusangir Akabis Nagahiy.Rer Abobahuz Nabaz Mumagur Masha Guk Uburund Bugez Aho Umwans Ashaka

  • Mbega ONU yama irungika abahinga ari uko ibiyangara vyangaye? nigerageze turabe yamara ntavyo izoshobora idakuyeho ingorane nyamukuru

  • Nukuri amakungu aritanga rwose je ndakenguruka kuko batirengagiza ivyo biyemeje erega nibadohoka kuco biyemeje bazoba bahemukiye africa yose kuko beshi barindiriye ko amakungu ananirwa kukibazo c uburundi bace babonako amakungu arakarimi gusa nicogituma bokaza cane mugukora ico biyemeje kiranoneho ahuca hose bigamba ngo rindira arahire urabekwa amakungu atazoca atangura kwikwega aza gusaba imbabazi uyu ariko aradukwegera twebwe turasavye dufashe mwanya kubahwa imana ibashoboze nkuko yahora ishoboza abangajwe mu bisirayeli bibiriya niyibitwereka.

  • Niyaba yavuze yuko hapfunzwe abantu mirongo itandatu gusa aracari le 26/04/2015 canke ni ikinyamakuru cihenze mu kwandika ibiharuro?

  • JEW ONU NAYO IRANTWENZA NON BAZOZA RYARI? BARINDIRIY KO TUZOHERA TWES KOTUGERAMIW NIBANYARUKE NAYAHANDI TURASHIRA.

  • kubwanje mvuze nti karibu kuko ivyiburundi bigeze ahatemba!!!

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • Vraiment nimwiyumvire iyindi nzira yosubiza ibintu mu buryo ariko atari ibiganiro,kuko ivyo biganiro iyo vyakabereye mu kwezi kumwe gusa hakaba abahuza 3 bose bikanka!N’UBU NI UGUTA UMWANYA.

  • ONU nigitangaza kwino Si yuburundi! Nezaneza nimwanyereka aho ONU yataye umutwe 93 hakicwa umukuruwigihugu nabobakorana abasirikare bagasohira ibirwanishorutura kurasa abenegihugu umusi ugahera , umwaramo ugahera, ukwezi kugahera, imyaka igahera! Iyo ONU ntirungike abahinga, mwibuke na Buyoya ukuntu yagumayisubiriza gutera amakudeta, ntimwibagire niterwa amazirantoke kumukuru wigihugu Ntibantunganya, ivyovyose nibindi vyagahomerabunwa vyakozwe kumutaga ruhangabagabo kugera uyumusi ONU ntiyigeze isabikigongwe ngwivugeko yarerekeye kugira ivyonavuzevyose bikorwe atacamira, kubetarero itigeze isabikigongwe abarundi ntimuzotangare nimwaguma mwumva abarundi baguma bavuga amajambo nkayamvuze. Ariko uyumusi kubera ngohabaye amatora ngomuburundi ibararyaguye kobatokwitwazango ubungobahagurutse kubera harihabantu baturiwe nabateguye imigumuko oya mu 93 nihohanaye imigumuko ikomeye kuva uburundi bwabaho, ariko ONU ntitahagurutse! Jewe rero mumfashe kukoharigihe ncanibazako mu 93 abaterurwamo ngoturashize barabahutu ko ONU yoba itemerewe kwemera ibivuzwe nabahutu!? Kuko ubu ibinyoma biriko biratangwa nakarwigatoya kabatutsi kabanje nokwiyegereza ibirandage vyabahuntu ivyokavuze ONU ibivivura ukovyakabaye! Nkokuvuga ngwimbonerakure ngozifise ibirwanisho ngwinterahamwe zashitse Burundi, ngwaba polisi baramaze abantu, etc. Ariko murabonako ibirwanisho birikobiratorwa kubwishi munciti zabamwebavugango imbonerakure ngozarahawe ibirwanisho! Ndababwirako uwutegereje ngwimbonerakure zizokoresha ibirwanisho mwibibintu vya politike azotegereza abure, ariko igihe hazobonekana ko harihihugu cateye icese uburundi muzoheza mubone ico Imbonerakure bisigura.

  • Karibu BATAMA mudukureko ibi binywamaraso kuko mukareka nibindi bihugu bizokwama mungorane,wewe mbonerakunya"FIDELITE"ivyo vyabahutu n’abatutsi bisigaye murugo iwanyu gusa,nivyo abatutsi baratwishe 1972,1993,mugabo vyari ivyabasokuru n’abasogokuruza,KIDUMU"YARAMENJE UWIHORA"wumvirize iyo ndirimbo uyumvishe na so wawe na nyoko wawe muhinduke.

  • BARUNDI BARUNDIKAZI NAMWE MWA NCUTI Z’UBURUNDI NAGIRA NDABABAZE IKINTU KANDI MUNYISHURE. MBEGA MURI 1962 IGIHE BICA RWAGASORE ONU NTIYARI IHARI? IVYABAYE MURI 1966’ 1969, 1972; 1988; 1991; BIKABANDANYA GUSHIKA NAHO BATWICIRA UMUKURU W’IGIHUGU TWARI TWITOREYE KU MUGARAGARO ONU NTIYARI IHARI? ABARUNDI B’ UMUTIMA KANDI BAZI AHO TWACIYE NAHO TUGEZE NTIMUREKE KUBANDANYA MUHAGARARIRA DEMOCRATIE YACU TWAROSE BITUGOYE KUKO NA ONU IRAFISE IVYO ISHOBOYE N’ IVYO IDASHOBOYE KUKO AMATWI ANSUMIRA UMENGO NA NDADAYE BAMWISHE YABATABAJE BAMURABA UTW’ ININGI. WOMENGO MBERE UGIYE KUBIRABA HARIHO ABO BAHAGARARIRA NABANDI BATABEREKEYE. TURAMAZE KUMENYA INZIRA ZOSE INYANKABURUNDI ZIRIKO ZIRAKORESHA KUGIRA NGO VYANKE BIKUNDE BASHIKE KU BUTEGETSI NK’UKO BABIMENYEREYE. ARIKO TUZOBANDANYA TWITANGA KUKO NIVYO MURI IYO MYAKA YOSE NAVUZE TWARABIRINZE KANDI IMABA IRI IMBERE.

  • EGO NDAKE! NGO DUSUBIRE MU NTWARO MFATAKIBANZA? SHA NI MUTESHWE MUTE KUKO TURACAHARI NAHO MWOKWICA NDADAYE NTIMUZIKWICA BA NDADAYE KANDI NA MWOKWICA UMUGUMYABANGA NTIMUZOMARA ABAGUMYABANGA NI NKUKO IMBONERAKURE MUTOZIMARA NAHO ZINUMIYE.

  • Ico Ciyumvoro Onu Ifise Nico Ariko Baratevye Ibintu Vyareze Inkobe,

  • wewe wiyita@farcon@ wiyita umuhutu reka kwibeshera nimvugo yawe irakuranga uri umututsi.gusa vugamake ntacuzoshikako uravyenabi uziyahura

  • Kurico natwe turashima iyo ngingo kuko abarundi batoya turarushe

  • Oya Kwl Onu Irakwiy Gushira Mwinguvu Nyn Kuk Ndaba Ivyo Muburund Vyananirany!

  • Kanyosha
    ivyo uvuze nivyo,ariko c’est domage ,vuga ibintu uko biri ,imbonerakure ni abahutu n’abatutsi soit sacrifiés ou baza kutwinyegezamwo pour leurs intérets,rero birababaje ko imbonerakure zitagira inkoho turiko turatega umutwe kandi ngo turindiriyee za onu,onu ntiyigeze idufasha,nimuzirondere nyabuna iyo ziva ,aba ba al chabab bo barazujuje,mbe ntimubona ko aba sans echecs n’aba sans defates ataho baroye,le meme mode operatoire,guturira abantu mu ma pines,gutoteza abahutu mu mazu,none tuzotega imitwe gushika ryari,ngo ni za ONU?ONU yireke ikore ivyayo natwe dukore ivyacu atagukubita urugohe,ntaco bariko baradufasha,bariko badusinziriza bongere batwicarike umututsi ku gakanu yongere aturye atwicayeko nk’ingurube,bakore natwe dukore,mwige kunywa café nta gusinzira ibintu birakomeye kurusha,nyamitwe tu as l’air fatigué ce qui est comprehensible,uracari muto nywa redbull,il en vaut pour l’avenir des burundais et de tes enfants ,tiens bon turagushigikiye,nukumenye nta wuryama akikijwe n’inzoka,izo ONU muzitabe mutazitayeko umwanya,ivyo gutako umwanya biri aha nyene mu gihugu,mukomere turabashigikiye.On est fier de vous nivyo mukorera abari baratotejwe,ne vous decouragez pas nico cadutunze kugera uno munsi,mushirire naho obstacles zihari!!!

  • ONU nirungike abobahinga mu gisirikare kandi dukeneye baba commando kugira batubohere babahutu baba dd batumaze bakabeshera abatutsi.ariko uruhigi rugiye guhindukira.

  • Wewe mbonerakunya wiyita "bongo"naho noba umututsi ntacaha kirimwo,gusa mwebwe mugomba kugarukana amoko muburundi ngo muyigishe urwaruka ntantambwe muzoduterana ndabarahiye,bahutu bumutima,batutsi bumutima,batwa bumutima tube maso.oya ntabwoko kandi ntamitumba ahubwo n’AMARONKO niyo atuma tumarana,iyo ndirimbo uzuyumvishe so na nyoko,wongere ubumvishe"KIDUMU"YARAMENJE"

  • HAHAHA ASHA MWANKA MWEMERA LETA NFATAKIBANZA NAMWE MUTAYEMEYE MURAKUBITWA AMASASE YO MUMATWI MUTANGARE MUBURE IMPENE N’IKAMBA MAMA YANGU! MBE BURYA MWAMA MWIHENDA YUKO MWAFASHE UBURUNDI MUBICISHIJE MUNKOHO? ASHA MURIHENDA CAR CETTE FOIS-CI AVEC LA COALITION DE l’OPPOSITION AINSI QUE DE FRONDEUR NTACO MUZOGENDA MUDUKORANYE MBERE SIKERA GUHERA LE 28/08/2015 LE BURUNDI SERA DANS UN VIDE iNSTITUTIONEL ET QUE PETER IL SERA CONSIDERE COE TOUT AUTRE BURUNDAIS CECI EST INEVITABLE VOULOIR OU PAS! AHA NTACO MUHINDURA NYAMBA MWAMA MWIHENDA YUKO PETER AKORA INKOHO HAHAHA POLE SANA.

  • Jewe N’ubundi Sinizera Ko Hari Ikizovamwo Kuko Hamaze Kunanirwa Benshi.Nagerageze Nawe Turabe Ikizovamwo.

  • Ico kigugu ciyita general de bujumbura
    Urazi combien de fois uvuga ngo ntitwafashe igihugu n’inkoho,none twashitse ku butegetsi gute inkoho itavuze kijuju,?Izo negociation mwazemeye kubera urukundo mudukunda,uritonda ubaze.Nta ntwaro mfatakibanza tuzobaha,izo mu matwi natwe tuzozibaha,wibaza iki,wewe uri ikirosi c’umututsi,umwanya wose ni asha asha pauvre debile urasesemye anta n’ikirundi uzi, iyo upomoka sinzi ko uzi époque turimwo,rero izo mu mburugutwi muzozidutera turi he?Giturubuzi bule,izo nkoho mwebwe muzoba mwazikuye?Aho bazikorera bakaoze izanyu gusa ,abo muri opposition mwebwe mufise industrie izikora ko peter atazikora,il faut apprendre àla fermer ubu inkoho zisohotse faits gafe nta negociations zizohaba et tu ne seras pas làpour voir que tuzobatsinda cette fois,ntimwihende,iryinyo ku rindi,igorofa ku yindi,ntimwibaze ngo muzotwononera ivyacu ngo ivyanyu bisigare,nimva mwihoro ko mwavyubatse mu vyo mwatunyaze vuga make sha ,ndakakwambura himba neza,ariko ukuvuga ntuhimvye uri indushi.

  • Ohoo!Nyangoma Nagire Anyaruts Turamuroreye

  • REKA TURINDIRE TURABE IKIZOVAMWO

  • REKA TURINDIRE TURABE IKIZOVAMWO

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.