IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Urwanda rwasavye Uburundi kurekura abanyarwanda bapfunzwe

Urwanda rwasavye Uburundi kurekura abanyarwanda bapfunzwe

dimanche 23 Myandagaro 2015

Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu, Louise Mushikiwabo, yemeje ko Reta y’Urwanda yamaze kumenya amakuru y’abanyarwanda batawe muri yompi mu Burundi kandi ko yatanguye gukurikirana ico kibazo.

Abicishije ku murongo wiwe wa Twitter, Mushikiwabo, yavuze ko bamaze kubimenyesha Uburundi biciye mu biro vy’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi,n’ubuserukizi bw’Uburundi mu Rwanda hAmbasade yabwo mu Rwanda, Ambasade y’u Rwanda hamwe no mu bushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu.

Abanyarwanda bashika 30 bapfungiwe mu Burundi nyuma y’aho bakuriwe mu modoka bahejeje gusakwa bakajanwa ahantu n’ubu hataramenyekana.

Ayo makuru yemejwe kandi n’uwiserukira Urwanda mu Burundi Amb. Amandin Rugira mu kiganiro yagirinye n’ikinyamakuru The New Times,ariko yavuze ko ata vyinshi yobivugako kandi ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi bubandanya gukurikirana ico kibazo.

Yavuze ati “Twamaze kwandika inyandiko tuvyamirira kure ku mazina y’abantu 12 twamaze kumenya. Turacarondera n’amazina y’abandi ndetse n’aho bapfungiwe.”

Yavuze ko ubuyobozi bw’ubuserukizi bw’Urwanda mu Burundi buriko bukorana n’ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu kugira ico kibazo gitorerwe umuti.

Amakuru y’ifatwa ry’abanyarwanda bagapfungirwa ahantu hatazwi aje akurikira ayandi yamenyeshejwe mu minsi mike iheze, aho bamwe mu banyarwanda bakorera ubudandaji mu gisagara ca Bujumbura bahisemwo guhagarika ibikorwa vyabo,inyuma yaho hari abafatwa bakajanwa mu biro bidasanzwe vy’igendereza bakabazwa ibibazo


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ubwo bwoko bw’abicanyi bari bagarutse kunywa amasaso y’Abarundi nko mu 72 n’imbere yaho aho bagandangura ministre wa mbere nyakwigendera Ngendumwe. Baribaje kumaririza akasigaye muri kaminuza.Ntawuzokwibagira ikibi cabo. Ahubwo umunyarwanda wese ari i Burundi asubire iwabo.

  • Tuzofashanya kureba mubitabo vyandikwamwo abinjira mugihugu koboba barinjiye koko mu Burundi niyaba barinjiye batiyandikishije mubitabo bigenga abinjira mu Burundi bizobagora kubabona harigihe mbere bobabarihungiye bakigira mubindibihungu, nayokwikanuza amaso mwitonde.

  • Bakwirikiranire Hafi Kuko Leta Yibaza Namwe Ko Muca Mushavura Mupfunga Impunzi Z’ Abarundi Ziri Mu Rwanda. Murahagabira

  • Banyarwanda mumenye ko Uburundi bwa none atari ubwa 72 kandi atari Congo mwagize akarumba.

    Umuhunda ahoroshe.

  • Mbega Babahora Iki Kobariko Bahiga Ubuzima ;aho Usanga Bashaka Amahera Erega Ubu Ntaho Basoroma

  • mugerageze mubakurikirane nayo ahandi barabica!! nayo abarundi twhoo ntakidukurikirana umuntu yicwa nkimbeba agafungwa atacamira!!! dukeney abayobozi bitaho abene gihugu bose nkuko!!!

  • Akajagari muri guteza muburundi banyarwanda benewecu muzaba mumbarira katarangiriye iwacu.ubwo uburundi turabushakaho iki ?turakabije natwe.kuki abategetsi bacu bari gushaka kwiziza amacakubiri babibye mumiywe y’abanyarwanda mugihugu cy’uburundi?ahaaaaa nzabandore

  • Muriko murondera ahomukura abarundi .ubumurahevye kutwagiriza ko twahaye indaro Interahamwe.Ariko nu Burundi ntabwari RDC.muraza neza

  • emma

    mushikiwabo reka kwikanuza amaso ngo barekure abanya rwanda, canke muriko muradusotora? rwanda uraza neza canke nabaringaha dutangure kubirukana, kuko ahomwaduhereye nikera. Mbega hamweboba baciyaha barengana muca mubasaba uburundi? murabe neza.

  • bashaka ikori ererega ubu habababanye kuko ntaho bagisoroma

  • MBEGA MANA AHO NTIBOREKA IZO NGENZI BAKANIGAGURA ABARUNDI NKUKO BABIGIZE UMUGAMBI!LOUISE KEREBUKA NTAWUZI KOBAKIRIHO.

  • Ariko abanyarwanda murasetsa! ngo babarekure? Nimwandike amazina yabo n’ibagenza. Wosanga bigiriye kwa KAYUMBA bahunze KAGAME! Ariko mu Rwanda n’abagome wosanga baje kwica abarundi nk’uko bishe NGENDANDUMWE na RWAGASORE kuko na genocide barayishoye ngo no 1994 KAGAME yemeye kwica abatutsi kugira ashike ku butegetsi.

  • Ndi umurundi ariko numva binteye isoni ivyo Leta uburundi iriko iragira mu gutoteza abanyarwanda ibahora ubusa . Leta yuburundi yategerezwa ahubwo kwirukana interahamwe ziri mu gipolisi cuburundi igaheza ikareka abandandaza bariko bikorera ivyabo.

  • Ngo ubwoko bw’abicanyi, ngo umunyarwanda asubire iwabo, imvugo nk’izi ni akamaramaza! Mobutu yatanguye afunga abanyarwanda birangira bamutekeje ahunze, barundi nta mpamvu yo kwigenza nk’abana turakeneraniye n’abanyarwanda, reka tubane naho ubundi murabasotora muzobabona!!!

  • AKA NAKAGAYE NA PROVOCATION Y’UBURUNDI URWANDA RWARI RUKWIYE KUBUZA ABANYARWANDA KUBANDANYA KUJA I BURUNDI NAKARE NTANICO UBURUNDI BAFISE MBONARI ABAKENE NYAKUJA HAWA UBURUNDI BWANSE KUBAREKURA URWANDA RUGAHEZA RUKAZA KUBIBOHOREZA PAR LA FORCE.

  • Nkuyumuntu yiyita" none?" ndumva yaranyuzwe nagatima k’ amacakubiri. mbega ayo moko yawe azokugeza he kwari vyabindi abantu bama bapfa umukeko bazira abandi? ubu nkivyo Nkurunziza ariko arakora bice bija kumutwe wabahutu bose b’ iburundi? Mbega uzokumva amahoro aruko urangije kira mututsi wes cank urwanda rwimutse rutacitwa Urwanda? Mbega ayo maraso yinzira karengane inyungu uyafisemwo nizihe? Namba uri taxi velo ntuzova kwiryo kinga ngo nuko abantu bapfuy. aho wosanga uvuga ivyo ni vya 93 atavyo uzi upfa kwasama uko ukinda kumivyimba y’ abantu. Yesu akugirire imbabazi ntuzi ivyuvuga.

  • Ntangezi ziza kuneka igihugu cacu dushaka,ahubwo. Mwebwe mwa banyarwanda mwitonde cane kuko uburundi si congo.

  • BOBANYAGWANDA NIBABABOHE MPAKA BARYA BATER IGIHUGU BAVUY EMUGWANDA KAGAME ABANZABIRUKANE IYOMIKANGO NAYO BARAZA KUBAPFUNGUZA KUNGUVU TUBAKOREREKO KANDI NIBATABIRUKANA TUZOZA KUBIHIGIRA TUBAKUBITANE NINKOTANYI IGIPORISI NACO NDAGITEY INTEGE NIKIBANDANYE BAHIGE NABANDI MPAKA TUBATUZE

  • Iyo ni provocation, barondera Gen Kagam nayo abo bagwa mu mporero. Muragaba imitego

  • Abanyarwanda ndabahayepore muzoshimamubabonye

  • mbega abarundi turahevye twizirireko, none natwe mushaka dufatirwe ibihano vyokutarenga imbibe z’uburundi, nimureke abanyamahanga bidevye mugihugu, muhagarike uwomwiketse kwari inkoziyikibi biciye mumategeko kandi agireko abarizwe ivyo yagiriwza mukibanza kizwi kandi gitekanye

  • Wamukecu.Winjebege.Ugombakurira. Kuburundi?Urabaza Elechababu.Murisomarie.Mwetangure.Ukuruhuka Nikigari!Goriyati Yihaze Yasomboye.Dawidi.Yamubwiye Ngwiki?Ingorero

  • huuuu ngo ngwiki ngwabafunzwe!sha genda kagome urakabije wafashe uhungabanya umutekano wacu ukoresha imburakimaza urungika inkotanyi ziduturirira abacu, mufatanya ikinyoma nakarwi ntutsi ngo interahamwe muburundi dore ngwaho ubunaho ngwabafunzwe barekurwe! uribesha rwose rwose watwizenzako wareka turagutegere,akogakezuru kawe ngonimushikiwabo gende hiyo bafungiwehe?twarinumiye mufunze abatutsi mubahenda ngo nimpunzi kugira ubakoreshe imirwano ?!ushake ubice canke ubareke twetuzi aho tugutegnye kirundo zishobora kuba ebyiri kandi vuba.kandi tuzasubira inyuma dusizeho umuyobozi musha mu rwanda mwe murindi gusa.

  • inzu yumuturanyi iyo ihiye nawe arawota abo baza muburundi gukoriki nimurabeneza abobacangero banyangoma bariko baza kunigagura barundi bashaka kutuziza nikel yacu basahure uburundi nkuko basahuye kongo abo twarabamenye kanura barundi nabakozi ba america bifuza gusahura ubutare bwuburundi nibatureke tubuhe abo dushaka nuburenganzira bwacu rwanda nimwawucana nanyu muzowota turazi ko ama kariye yagumutse harimwo abacangero babanyarwanda bizohinyuka

  • barundi turapfa iki koturibamwe. utazi umunyarwanda azamubona’

  • HAHAHAHA IMBWA MUKUJA GUPFA IGIRAGUTE GA WEWE INTAGOHEKA? BURYA IYO LETA YUBURUNDI YOSHOBORA URWANDA HAHAHA BURYA NGWAMENYO ARAGUTWENGARI RWAWE BASI! NARIRYA NA ARMEE YUBURUNDI MURI 50% ABA FDD SHA MURAZOGEZA KURASA NAGASASE NAKAMWE NAKA PISTOLET MU RWANDA HAMA MUZE MURABE ICO NYAKUBAHWA GENERAL MAJOR KAGAME AZOBAKORERA HAMA NTANUMWE MUBAHUNGIYE MU RWANDA KAGAME AZORUNGIKA I BURUNDI AHUBWO MUMISI MIKEYI MUZA KUBONG IBARA NUYO PETER WANYU!

  • nimureke kwiyahuriraho imiriro mucokoza abanyarwanda hagire numwe azobura mutubone..ibibazo n ivyanyu Ni mushake uko muvyikemurira ata ntambara ibaye..twe Nta mwanya dufise wo guta

  • Emw ntimwitegeko uburundi bubarekura mbona ubutungane bwiburundi atawobuvugako vyinshi ariko nimba atakibi bakoz kibagira nibarekugw

  • @ Jean, subirinyuma urabeneza urazagusanga wangitiranije nuyundimuntu kuko ivyonanditse ntabobihuriye nivyumvuzeko, ekanahandihose nakagiyentangira ivyiyumvirovyanje ntahuzosanga ivyuvuze jewebifata, nimbagusaba imbabazi bikibaho wonzinsaba right now.

  • Fyurira amaso hiyo shaa twe nitwe turabungere babanyarwanda banyu?abategetsi biburundi nimwinumire hama niyo bagomba intambara barayisaba badukure urwamo mumatwi twebwe abarundi ntidutinya urukamvye nimwadutera tuzobereka kotutize hamwe.

  • mbega uyu muntu yitwa gasongo arakomey cg arrwaye?rya bike uryame kare

  • Vyukuri ni vyagara gara ko abo banya rwanda bafunzwe kubo amakosa hama uburundi bukarekura abo banyarwanda kubwo igicure c’urwanda Ntantwaro twoba dufise mu burundi, ahubwo abarundi dusaba twereke u rwanda ko dufite ububasha bubarengeye nejo nejo bundi batazosubira gukina k’uburundi.

  • Yabaumunyrwanda,yabumurndi,nibubhiriz amategko yighugu bashtsemwo.nn bac babreka ngo nuko arabnyarwanda?iwabo ho nihobkunda akajgari?kki baryherwa numutkano muk uri muburundi?acwutra bo bavahe?nkigihugu kibanyi mufashiki?ahubwo banz mutohze neza ico baftiwe.ntikbe icitwazo.

  • Ndatangajwe cane nibyo #intagoheka ivuze. Nukuri jewe ndahamyako abo banyarwanda basanzwe bakorera ubucuruzi ibujumbura, ko ntaho bahuriye nabo bateye uburundi. Nnese ko bahunze igihugu cyabo bagahungira murwanda, nnese nibo babatumye guhunga ? Cyangwase nibo babatumye gutera uburundi? Nnese nkumunyarwanda amaze imyaka hafi nkicumi cyangwase irenga, ahuriyehe nuwateye uburundi mumisi mike ishize? Ahubwo nihakurikirinwe kagame uhaye indaro abicanyi aribo bateye uburundi. Niwe ukwiye kubibazwa ubwe. Jye mbona bareka abo bikorera ubucuruzi bwabo bakikomereza imirimo yabo.

  • NAKAGA GAKOMEYE KUBONA MU BURUNDI HARABA PAGANI BACIYUMVIRA KUNW,AMALASO YABO BADASANGIY,UBWOKO.NTAKINTU NAKIMWE CAREMWE N,IMANA KIZOHEZWA N UMUNNTU,NAHOYOBAYIYITA,IGIHANGANGE MUKWIC,ABANDI.UWO,AZOPFA IMBERE,YABAGENDARAHIGIRA KWICA IMANA IMUTABARE YUZUYE ABADAYIMONI BIBINWAMALASO.

  • HAHAHA ASHA UBUSIGO BUHUMA BURYA NGO NTIBUBA BUNINI NTA PETER YOGENDA AHANGAYE NYAKUBAHWA GENERAL MAJOR KAGAME MBE AHO MWIHAGARARAKO MWAMBUNUZAMWE ZIMBONERAKURE HAMWE INDEGE ZA MUTAMA KAGAME ZAGURUKA MPAKA INGOZI PETER BAKAMUSANGA YAMBAYE UBUSA NUMUGORE WIWE KO WEWE ATANARASHE NISASE RYA MUGOBORE NGO YEREKANE YUKWARUMUGABO WAMAVYA 2 KAGAME AZOBESA NIMWIHENDASHA!

  • rwanda,, uwusha urupfu asoma ingwe,,kand’igiti kigukora mujisho rimwe

  • Abanyarwanda birazwi kw’isi nzima ko ari abicanyi, nta nkeka ko batagenzwa n’ineza iyo bariko bigenza ku Burundi. Imbere y’uko isi abamenya muri 1994 , Abarundi twari tubizi kuva kera.

  • Rwose mushikiki wacu abanyarwanda turakwemera.Rwose biravugwa ko abahyatse gihirika ubutegetsi i Burundi mwabahaye icyumbi.Nibyo cyange gwa sibyo? Mwaraba neza abavandimwe batababaye nuko muriko mubyifatamwo hama abaruvukiyemo bakagira ibibazo i burundi?

  • UBRUNDI BUSIGAYE ARIKBUGA C’ABAGIZI BANABI BAPFUNGA NABANYAMAHANGA HAAAA NDUMIWE

  • NDABABAZWA NABARUNDI BADAKUNDA IGIHUGU CABO MUGUSHIGIKIRA URWANDA,MWIBUKE IVYO KAGAME AKORERA CONGO

  • iburundi hasigaye ali nka somaliya kabisa ibiberayo byerekanako ntabuyobozi ntamutekano bibayo. abo banyarwanda bajyayo sinzi nicyo baba bagiye gukorayo kuko ni mumwanda wibibazo byarabarenze. niyo ureba ibyo bandika bikwereka ko mumitwe yabo ali zero.

  • abarundi mujye mubihorera kuko nabo sibo. ibyo bakora babiterwa nibibazo balimo. ikibazo nuko mbona bitazashira.

  • kumunsi murwanda hinjira abarundi ijana baza gushaka akazi kububoyi cyagwa manganabili bashaka akazi ko guhinga none bafashe abanyarwanda icumi . abarundi muragana he ?

  • Abanyagwanda bapfunzwe, bafashwe n’abashinzwe umutekano hanyuma bashikirizwa inzego zishinzwe ubutungane kubera hariho igituma. Abatwara u Rwanda rero ntibategerezwa kwisuka mu biraba ubutungane bw’u Bururundi kuko burishira bukizana si nk’ubwo mu Rwanda. Ni mureke ubutungane bukore mu mwidegemvyo. Niyo bambikwa izera, bazorekugwa, nayo kiyo bakutwa intahe mu gahanga, bozokwishura. Ntibari hejuru y’amategeko ngo n’uko ari abanyagwanda!

  • Nyakubahwa mutama KAGAME ingo ubohoze abantu bawe,dufashe udukureko ibi binywamaraso vyaba DD,niwaza gutera tuzogusasira kabisa,udukuyeko NKURUMBI uzoba ubaye incungu y’uburundi nka rwagasore,komera mutama kagame.

  • Ewe abanyarwanda ntim8shira hejuru!ntukavyine ururirimbo utarumva.intambara yo ntaco mvuze!m8baza k’uburundi ari congo?erega ntimurabhinga gose?nimutkereze rero.

  • ARIKO UBWO NTASONI?ESE IVYO MUBIVUGA MURI MUBURUNDI?ESE NTAMUGABO AHARI?

  • ariko uburundi bwari bukwiye gushishoza nkabantu bibera iburundi bafite ibyo bahakora badandaza canke abaje bagatura bakarongora abarundi kazi bazire ibyo batazi kweli si none ko no murwanda hari abarundi isinzi none nabo babizire sibyiza ukoze ikosa arihanirwe ariko umuntu ntiyazira aho ava nizo politique atazirimo bakoreshe ubushishozi mu kazi kabo kuko nibaza ko kw isi uburundi bufite abantu benshi hanze kandi nabo batwara siko bose bakuriye mu burundi

  • iryo n ishari gusa mudufitiye Kubera ataco mugerako mw iterambere nkiryo tugezeho..ninde munyarwanda afise umwanya wo kuja guta mur ako kajagari kanyu ngo turashaka nickel Hahahaha irabanza ibakize namwe..UN conseil muve Mu macakubiri mwubake igihugu canyu mureke kugendera Ku kahise ngo muriko murihora n umuvumo mwishirako mumena amaraso ya bene wanyu

  • Ariko ga mwangegeramwe mwibaza ko urwanda rubashaste rwababura? Ariko mubona twicecekeye mukagira ngo ibyo murimwo ntitubibona? Sasa ni mushaka mwaduha amahoro kuko ntabwo twabuze ibyo gukora nkamwe naho abo bavuga ngo uburundi si congo ndahamya ko nubwenge bwabo butekereza uko nta nu wabarenganya kuko nti wanjya rimwe ku munsi nabwo bikugoye maze uzatekereze ibyiza gusa mbagiriye inama mwatwibagirwa kuko rimwe mwazicuza icyabibateraga iwacu baca umugani ngo akagabo gahimba akandi kataraza kandi ngo akabaye icwende ntikoga niyo koze ntigacya

  • kuki uburundi butirukana abanya Rwanda Bose baba iburundi,ako kanyaro kurwanda kuburundi kava kuki?nuko abahutu bibagiye ico bagwaniye ntivyari bikwiye KO ubututsi buke butugenderako,ariko umwaka utaruyu tuzikosora kandi bazotora indero

  • Njye ndi umunyarwanda gusa leta yacu wagira ngo iyobowe n’ibyihebe. Iyo batari gupanga kwica baba bari guhungabanya umutekano w"abaturanyi. None izi nkoramaraso zibasiye uburundi. Njye nasaba abarundi kuba maso bakazikubita nkuko babigenje muri Kibitoke hanyuma zigahahamuka. Twe abanyarwanda biratubabaza kuko niyi leta y’agatsiko yacu abenshi ntituyemera kandi turayirambiwe

  • mutama kagame nukuri ndakwemera ntakuntu wokuraho iyombwa nkurumbi maze ugafata uburundi ukabufatanya nurwanda tukaraba ko twotera imbere natwe erega iyombwa yarananiranye warabonye umuntu yiteranya numubanyi

  • @kagame. Kuvuga ngo mwafata uburundi ni indoto. None wibagiwe
    Ikiboko mwakubitiwe kongo izamarere ubu zahindutse izamabinga zigata Toni 300 z’intwaro!!! Byaba byiza muteye uburundi
    Hanyuma bakabarasa iyo midigi bakayimena. None uragira ngo abantu nka kabarebe na kariya kada kameze nk’ako umuntu urwaye urushwima aribo barwana. Genda uri umupfayongo amateka ntacyo yakwigishije

  • ariko nk’abavuga ngo u Burundi si Congo bibaza ko u Burundi harico burusha Congo? Ikibabaje abo banyarwanda mutoteza benshi barahavukiye barahakurira yaco rero murempentanya! Kuba u Rwanda rwarakiriye impunzi z’abarundi ntabwo bikwiye kuba icaha kuko nta wirukana uwumuhungiyeko. Barundi mwakiriye interahamwe kandi ico ni ikizira mu Rwanda no mu makungu hose babita aba terroristes, rero ntimubone abanyarwanda babihorera ngo mwibaze ko muri mukuri, canke ko muteye ubwoba cane, nimureke gukina n’umucanwa mutazoshobora kwota. ni mushire imbere ubwumvikane no kwubahana.

  • @ Nyamijiso, karyakanditse kiyita Kadame nakarundi kagahutu kaba muri Canada icogutangaza abavyeyibako bobabagahubganye kafise nkimyaka 2-5 kugeranunomusi ntikigeze gasubirayo, nsinzibintuvyagafashe haraho ugira uracasoma ivyonanditse nkokuri Fcbook yako ukumvakaradutse kavuzengo; naganiruye nabarundi barimu Burundi nkobose baranka reta yuburundi, kandimuvyukuri numuryango wiwe ndavuga wiwabowase cankenyina ntabavugisha, ariko icontaramenya sinziko yobaganira nabiwabo wumugore kuko abiwabo wumugore nimuyindi ntara kandi akokagabo kifitiye umugore wumurutsi kazi ivyontakibazo cakirimwo igijurunukokoreka kwisuka muvyokatazi.

  • Agatok Kamenyey Gukomba Kama Gahes.Kagam Yamazabahtu Bomurwanda,non Ashakabo Muburundi Nabo?Nicogitum acumbikirabashats Gutembagazubutegetsi,yarafatanij Nabo,kugirango Bkund Amar Abahtu Bomu Burundi?Ububasha Abagabo Barahabona.Sinkamber.Nabo Mu Rwanda Bazotba Bivyukirany.Ubwoko Imana Yahzagiy Ntibuherengtera!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.