Accueil > Amakuru > Poritike > Ban Ki-Moon yashitse i Bujumbura
Ban Ki-Moon yashitse i Bujumbura
lundi 22 Ruhuhuma 2016, par
Umunyamabanga mukuru wa ONU Ban Ki-moon yatanguye urugenzo rw’imisi ibiri i Burundi.
Mu rugendo rwiwe, bitegekanijwe ko Ban Ki-moon azobonana n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Alain Aime Nyamitwe, abanyepolitike batandukanye n’abaserukira amashirahamwe y’ukugarukira ku bari mu ngorane.
IGIHE
Messages
22 Ruhuhuma 2016, 19:50, par Barutwanayo Pascal
Naze yirabire ivyiza vy’i Burundi aho bakamuhendeye nimkra!!
22 Ruhuhuma 2016, 20:48, par luhongo
Shika muta wibonere ivyiza imana yaduhaye m uburundi yaduhaye igihugu camata nubuki mutama nkurunziza natwe tuguma twamuza
22 Ruhuhuma 2016, 21:08, par zabulon
aho bamuhendey zirya ntumva,narabe ingen mu hatekanye?bamw birirwa baramuhenda hanz,bazoca bamaramara
22 Ruhuhuma 2016, 21:26, par Dismas
Naze Yirabire Amaso Muyandi Inkuru Wiboneye Isumba Iyo Wumvise Amahoro Aruzuye Muburundi
22 Ruhuhuma 2016, 23:38, par Haringabire David
Nanyaruke Yihwez Uburundi Bwacu Hanyum adukureko Buyoya Na Kagame Baruswe Ninda Zab Atakindi Kibaraj Ishing atarigushaka Guses amaraso Ya Nkurunziz Umuziranenge.Gutwara Biva Kumana Nibavyumve.Knd Bavyemere.
23 Ruhuhuma 2016, 03:24, par ernest
Muramujane muri vyabinogo rusangi muhambamwo abo mwagandaguye mumujane nomuri ya makontineri nomubusho buzwi nubutazwi mumwereke Arabe Ayo mwirirwa murakorera benewanyu mumwereke nazanterahamwe hamwe nazambonerakure muraba mwateguye nabo mucagagura amazosi uyumusi kugira mumwereke uburyo mwakaririye incuri mukugandagura benewanyu nayamigumuko ntimuyisige inyuma mube muramuririmbira ingene muzomesa kagame
23 Ruhuhuma 2016, 06:48, par Zoe
Ibyo byiza byuburundi mubara harimwo nama grenade mwirirwa muratera inzirakarengane mudashaka?
23 Ruhuhuma 2016, 09:25, par Mukobwajana
Twizere ko uyu Piter amenya agahugu kacu kagendera kuri les traditionnels bayeurs vouloir ou pas...EU zifise fmi na bank mondiale .;amerika ..ni cooperation zihagarara burundi tuzopfa n abahutu benshi yizera bazomuvako ngo nta "je t aime inzara igutema amara.."Umunyarwanda yarayamaze..
23 Ruhuhuma 2016, 13:04, par ioz
Mwese aho mwavugiye, ntamuti w’ugukiza uburundi urimwo reka abarundi twese duhindukirire Imana Niyo ishoboye kumenagura imitima y’ abakomantaza imitima b’inyanka burundi. Twamye tubana neza ata wanka wangura, dusabirana abageni dusabana agacanywa ,mbe harico mwibagira ninde azomara imyaka 100 ????? Tell me reka turondere imana ditegure iherezo ryiza , kuberiki abicana bariko birondera umuriro bazame basha ibihe bidashira ni mwiyumvire jewe biransiga. Reka rero duhitemwo neza God bless you