Umuririmvyi OP1 Pierre Nkurikiye yasohoye isanamu y’ururirimbo "IYO NKINZO"
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > OP1 Nkurikiye Pierre > amasanamu
amasanamu
-
Umuririmvyi OP1 Pierre Nkurikiye yasohoye isanamu yururirimbo "AMAREMBO ARUGURUYE"
28 Gitugutu 2016, par Jean De Dieu -
Umuririmvyi OP1 Pierre Nkurikiye yasohoye isanamu yururirimbo "IYO NKINZO"
23 Nyakanga 2016, par Jean De Dieu -
Intwazangabo mu giporisi c’Uburundi yasohoye isanamu y’ururirimbo rukurikira "Cinjire"
10 Nyakanga 2014Umuririmvyi OP1 Pierre Nkurikiye yasohoye isanamu ije yunganire "Cinjire". Iyo ntwazangabo mu gipolisi c’Uburundi akaba n’umuririmvyi, yasohoye isanamu y’ururirimbo "Ni Bwiza". Muri urwo ruririmbo, ashimagiza ubwiza bw’Uburundi.
OP1 Nkurikiye aririmba kw’izina rya N Peter yasohoye isanamu ije yuhirira iyaheruka y’ururirimbo"Cinjire". Iyo nshasha ni iy’ururirimbo "Ni Bwiza", N Peter avuga ko yashatse kuririmba ubwiza bw’Uburundi, ivyo bibonekera cane cane mu mashusho no mu majambo. Muri " Cinjire" (...)