Isanamu y’ururirimbo "Sana Tu" rwa Lolilo yagiye ku mugaragaro. Iyo yashizwe ahabona na African Sound Records, inzu y’ubuhinyanyuzi ifitaniye amasezerano n’uwo muririmvyi.
Hari haheze amezi abiri aburamwo iminsi mike uririmbo "Sana tu" rusohotse. Twarababwiye ko ururirimbo ruvuga ahanini ibijanye n’ubuzima bwiwe. Urwo ruririmbo rusa no gusubiza uririmbo "Niko sawa" rwa Fariouz.
Umviriza wongere urabe aha munsi "Sana Tu" na (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > Amasanamu
Amasanamu
-
Isanamu y’ururirimbo "Me and you" rwa 2 boys ft lolilo yasohotse
8 May 2018, by Jean De Dieu -
Isanamu y’ururirimbo "Sana Tu" rwa Lolilo yasohotse
16 Ntwarante 2015 -
Lolilo yasohoye amasanamu y’indirimbo nshasha (Video)
5 Nzero 2015 -
Mw’isanamu nshasha, Lolilo aboneka ariko ararizwa n’indwara y’urukundo
24 Gitugutu 2014Isanamu y’ururirimbo "Akarwa k’Urukundo" rwa Lolilo yashizwe ku mugaragaro. Lolilo ariririmbana intimba avuga ingorane ziri hagati yo gukunda umuntu no kugira ubwoba bwo kubimubwira.
Igitero ca mbere c’ururirimbo "Akarwa k’urukundo" ryasohorewe isanamu, kirimwo amajambo akwirikira:" Ese gukunda umuntu utari bumushikire ni nko kuririmbira igiti kitumva, nakunze umurondo kubera ubwiza bwiwe, sinashobora kuvuga ikiri mu mutima wanje. Naca iwabo iminsi yose yicaye munsi y’igiti ari kumwe (...)