Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abafata urugendo Bujumbura-Gitega basaba ko ibiciro ku modoka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abafata urugendo Bujumbura-Gitega basaba ko ibiciro ku modoka (...)

Abafata urugendo Bujumbura-Gitega basaba ko ibiciro ku modoka vyubahirizwa

mardi 17 Nzero 2017

Abafata urugendo bava mu gisagara ca Bujumbura baja mu ntara ya Gitega basaba ko iduzwa ry’igiciro co kwiyunguruza ryokwubahirizwa,kuko hari ababunguruza bikika mu kiza.

Mu gihe abajejwe igisata co kwunguruza abantu n’ibintu bari bumvikanye ko ibiciro vyo kuduga hagati mu gihugu biduzwa ku bice 11 kw’ijana,abiyunguruza baja mu ntara ya Gitega bavuga ko amafaranga yadugijwe ku rugero runini.

Abiyunguruza baduga mu ntara ya Gitega bavuga ko basigaye barihishwa amafaranga 6000 y’amarundi,mu gihe ingingo yo kuduza ibiciro itarafatwa bahora barihishwa amafaranga 4000 mu modoka zo mu bwoko bwa Hiace.

Abiyunguruza basaba ko abafashe ingingo yo kuduza ibiciro boguma hafi kugira bakurikirane n’ishirwa mu ngiro ryavyo.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.